<<@claverkabura9926 says : Maréchal,ndagushimiye uru muhing,big analyst>> <<@JoëlNsabiyumva-k9b says : Abarundi suko dukora rofa,,ico twanse turacanke ico twemeye turacemera ,kura amatiku ngaho>> <<@ShumbushoJake says : Marchal uvuze ukuli kumibanire ya abarundi na abanyarwanda>> <<@SHYAKAPacifique says : Long live ❤❤❤❤😂>> <<@anicetdoto6526 says : Mbabajwe nabanyamulenge bari kubirwamwo bazira ububeshi Abanyarwanda babashiyemwo>> <<@anicetdoto6526 says : Ko numva mufite ubwoba?>> <<@LeaIturonse says : Ewe marchall gushika ubu nturamenya aba dd?ivyo uvuga kobitekereza incabwenge, aba dd nibigugu mumitwe yabo namacakubiri gusa ntakintu kizima bopfa biyumviriye>> <<@ghyslainnduwimana4323 says : Manke mureke tuzobana turabavukana tuvuga ururimirumwemwashako mwohora tubaneneza>> <<@KaburiyembereJeanmarie says : ABA dd ntibashaka amahoro ku bacongomani babanyamurenge bafisikibazo co kubamara>> <<@mariairakore1805 says : Abarundi n' abanyarwanda, twonse ibere rimwe ntaho tuzoshirana !>> <<@MuhawenimanaJeanbosco-f2l says : Ndayishimiye nabwo ashobora kubyemera kubera kubana na m23 kuko nawe yamaze kwishyiramo ko arabanyarwanda ubworero azihanganire ibizamubaho mugihe azaba aturanye na m23.>> <<@MusoreAlex-d7v says : Gasaro we uzatubarize abasesenguzi ico babona kugirango aka karere kabone amahoro arambye ,njewe mbona idiologie genocidaire ariyo yatwiciye akarere pe>>
VideoPro
>>