<<@iribagizavenantie1295
says :
None se niba aho muri batabeshya, mwibagirwa ko muvuka muri Africa?
>>
<<@iribagizavenantie1295
says :
Sha haracyari ho impumyi koko, narinzi ko bahuha uwo barebana
>>
<<@VanessaMunezero-x7n
says :
🇧🇮 Rwanda oyeee muri mpole ❤❤
>>
<<@MUZUNGU-MU
says :
Nubundi uragaragara nk’umutesi kwibwa biroroshye
>>
<<@valeriemanirakiza3244
says :
Bjr Sabin. Danmark ni bwo Bulayi par rapport yu bundi Bulayi uzi. La qualitee de vie yi Danmark ni impecable. Vraiment!. Vyongeye les Danois na bantu bakunda igihugu cabo.. Aho ntaco ubonye. Umu Danois wese arunva ko Danmark ari iyiwe. Nta.kintu na kimwe;na kimwe umu Danois atokorera igihugu ciwe ;kuko nawe kiramukunda kabsaa. Tu ne peux pas comparer nahandi
>>
<<@MilimoRujumba
says :
Nibyo uyu mumama mwimurenganya abateka mutwe bazonze abantu kandi basa nabahubika umuntu Ukongera gutekereza byararangiye! Siwe bibaho wenyine.
>>
<<@TRACEMEMEDIA
says :
Ingano bazinkwa mugikoma gusa i🇷🇼?
>>
<<@lisanden7465
says :
Ariko umuntu yakoreye Documentation i Burundi ubu akaba ari Kigali akora amanyanga nkayo ngayo ubu murumva atari danger ku gihugu cy’Urwanda cyo??? RIB nimufate bagire ibyo bamubaza byinci.
>>
<<@victoirehagerimana6079
says :
Yooo pole sana warikumumaramaza ukamuvuga amazina kugira nabandi bamumenye 😢
>>
<<@KimereRukundo
says :
Polee saana
>>
<<@jeanclaudemuheto4906
says :
Birababaje. Ariko aba yamuvuze bakamumenya!
>>
<<@oliviernsavye9486
says :
Nangje ntuye Norway naguze inzu Kibagabaga cash 2017 nciye mumategeko kwa notaire ndiha muri Unguka Banque ,bansahuye amahera n'inzu naraburanye ndaruha na ambassade y'u Rwanda swede ntaco yanfashije canke urukikp mu Rwanda atari kumufunga imyaka 3 gusa.
>>
<<@xavkam
says :
Bitakorwa uribeshye
>>
<<@dicksonamza
says :
Uwo ni AFANDE MURI RED TABARA
>>
<<@RyangombeRyasendanga
says :
Uwomusuma nanjye twarahuye ahonyene kuri simba,ambwira ibyonyene yabwiye Danny,njye narabonyeko ari umujura,asubiye kumbona abwakabiri aho nyene yaciye ampunga,izina ryiwe ndarinzi peee.Umusuma mubi cyane kandi azi kubeshya neza umuntu peee.
>>
<<@EmeryNtirumera
says :
Pole madame Danny,abasuma baragwiriye n'aha i Bujumbura,aba escros baruzuye pé,courage.
>>
<<@EmeryNtirumera
says :
Ndakuramukije Danny Nzirorera,numvise ikiganiro waguranye n'umumenyeshamakuru Sabin,umunyarwanda. Numvise ko uhumuye,24ans au Danemark.Ndakwibuka ndakwigisha muri Lycée Mwaro.Ubu natwe turahumuye imyaka iriko iraturemera.
>>
<<@emerynkurunziza2951
says :
Bama bayabariye iyo uravye neza hari inzara I wacu.
>>
<<@HabicigombaEmelyne-vl2pj
says :
Uyu mu maman ndamuravye nshatse kumenya uwo muntu kuko ndamuravye arasa numwana yavyawe numuhungu ava i Burundi yahungiye mu Rwanda 2015 namb atar 2016 ahunze aba DD.kuvyiza yar kumuvuga izina nkr kuko mbona basa nakana k agahungu uwo muhungu yavyariye mu Rwanda
>>
<<@shyaka-xu5cv
says :
Kuba muburundi urumututsi biragoye
>>
<<@irakozebella1910
says :
Sabin nanje uzansure i Burundi🤲🙈ndagufan cane
>>
<<@irakozebella1910
says :
Sabin nanje uzansure i Burundi🤲🙈ndagufan cane
>>
<<@rwandanpeople1992
says :
❤❤❤❤
>>
<<@FelixNduwimana-y3o
says :
Wao so good !!
>>
<<@GiseleUwera-m6g
says :
Yahemukiye ubusa, none 3000 euros ubu ntiyayamaze? Ubu escroc ni akazi kabi.
>>
<<@pacifiqueinamahoro6387
says :
Dany Belyse Nz.❤
>>
<<@eliphazbahizi2144
says :
None se yari murisureté ya aba DD ahungira mu Rda akomeza kuba maneko? ibyo ko bitumvikana. Na we ahubwo ni umu DD barebe neza icyamuzanye mu Rda.
>>
<<@maeli6300
says :
Uyumuvyeyi ni innocente ntavyinshi yiyumviriye pe. Ubu bumba visas bazishira muri passports zatanzwe kuri whatspp .
>>
<<@leoniendabe7938
says :
Mpore mpore ariko naho utamuvuze uhishiye umurozi umusuma yanize beshi Nka preventif waba ufashije abakurikira Courage
>>
<<@speskeza749
says :
Nukuri murenganurwe, babumvirize.
>>
<<@OdetteNshimirimana-q6j
says :
Umuntu yokubesha nkuko kugeza ahumuha million nkizo
>>
<<@emelynetuyishime5435
says :
Ubwo uwo n'umuhimbazo ntago ari Misa kuko wo ushobora gusomwa n'umu umuntu usanzwe ariko wabihuguriwe umenya aribo bita abakatejisite muri Kiliziya.
>>
<<@TuyisengeRose-n7c
says :
Nanjye barantuburiye kurubwo buryo Ariko ndumva aruwo neza za
>>
<<@TMPJUMJUM
says :
Yoooooo!!! Mbegabugome
>>
<<@ntirenganyachristella6252
says :
Yemwe aba scammer ngira hari imiti baguhuha.barafise akarimi gasosa ico bakubwira cose usanga arico ukanagira confience totale,uza kumvyibuka bakumaze. mpore mama, niwiyakire naho bomufata amahera yo ntayo bazogusubiza
>>
<<@Passionateaboutagriculture
says :
Ndabasuhuje mwese ndi umu🇧🇮 ntuye muri Hongrie kubw'amashure mugubwe neza🦥
>>
<<@emerinenimpagariste7600
says :
Aba Diaspora ni aba generous . Madam nibaza ko wohagarika gukurikirana uyo mu scammer , ubwo warariwe nyene . Bizogutwara energy wokoresheje mu kurondera ayandi . Sorry
>>
<<@nadiavyukusenge4970
says :
Ndagukunze Muvyeyi ko utahevye I Kirundi ciza Cacu.nanje ndi hano New York 🇺🇸🇧🇮
>>
<<@nadiavyukusenge4970
says :
Sabin nanje uzansure I New York!!!
>>
<<@alinemunezero3227
says :
Ubwo mwagize umukoshi wo kwibwa na Hon. Kinyoma kuko ni we akunda kwiyita umu lawyer mu guscamminga abantu, ababwira ko ashoboye vyose muri immigration, my gihe na High school atayize ngo ayiheze 😢
>>
<<@ngendakumanawilly2159
says :
Sabin azi ikirundi 🇧🇮 umuyagankuba 😅
>>
<<@AdeKaginastories
says :
❤❤❤❤
>>
<<@ntayorwa7896
says :
Ariko se uretse ubujiji umuntu akubwira ko aguha viza ukemera😆 Viza zitangwa nambassade ibindi byose ni ubuscammers mubyirinde....
>>
<<@louiseniyonkuru1793
says :
Mpore mpore, natwe baradutu butiye uko nyene,, Twebwe twari $500 ku mumtu umwe,, Twebwe ica tumye tu mwizera nuko ari umuntu tu bana ino muri canada. Twibajije tuti umuntu wu mudame tu bana muri canada nti yoshobora ku tuzuruma. Twa ra mwishuje gushika aho duheba.
>>
<<@christinesemuto940
says :
Iyo uvuga amazina yuwo mu Escro ejo atazatuburira abandi
>>
<<@ingabireclementine4832
says :
Umucuti wajye Danny ❤❤❤
>>
<<@nsengiyumvaseraphin4731
says :
Ubwose murumva inzego zitarariye Koko kurekura ibandi nkiryo 😢 harimo akanu??
>>
<<@HogozaMugisha
says :
Impamvu utavuze umaze kumuha make nibura ukabaza utaramuha menshi
>>
<<@favchild0
says :
Company yiwe iri mumuji none RIB yaranse kumfasha ngo ansubize amafranga yanje pe
>>
<<@favchild0
says :
Yaduhay fake visa ya New Zealand numu nyarwanda yitwa ERIC afise company yitwa ELSA arondera fake visa
>>
NEXT VIDEO
>>