<<@PerouthUwamahoro-p4n
says :
MAMA UWASE NTABWO ARUMUGORE WAWE UJYUMUHAMAHORO
>>
<<@esperancentaconayigize4517
says :
Umwana Nivyo yararengeranye kubana na nyina nabane na se
>>
<<@NinaMuscat
says :
Papa. Fisto. Urimbwa. Pe
>>
<<@amelienahimana3688
says :
Uyo si umugabo pe.Umuntu arananirwa gufata ingingo vyihuse kandi abona umwana atagira aho kuba? Aratinya umugore kubera ibinyoma vyiwe yamuhishije ukuri.Ewe Fiston warigorewe nta so ugira
>>
<<@AimeCarin
says :
Uwowe arakwica nneho wsabye imbabazi mamawae koyakurwanyeho
>>
<<@RukundoJeancloude-gy8bc
says :
Keza wasa ganirije mamuwase tukumva icobapfuye
>>
<<@بردا
says :
Urapfuye fiston ahubwo so nafume agu pangira inzu yawe nahandi uragiye maman fiston urahemutse pee ndakugaye ivyo ntivyakora umuvyeyi kawe mana yanje uzi ingene mwaruhanye na fiston kandi umwana ni nyina umwana ntabwo arise uce ubwenge utekereze kabiri ivyo wakoze sivyiza nkumuvyeyi peee
>>
<<@uwimanailluminee9509
says :
Papa fiston, Umwana ujya Kwa se ntatungurana,Akira umwana . Ninaho umenyera imico y'umugore wawe. Kuki utinya umugore murugo rwawe? None ikibazo ufite nikihe,yenda umugore arahita amwemera!!!
>>
<<@NyiraguhirwaJose
says :
Uyumugabo nimbwa nukuri p kuvuka nabi birihose kbx
>>
<<@NyiraguhirwaJose
says :
Aramwohereje bongere bamurogo Arik abagore mutekereza iki😢
>>
NEXT VIDEO
>>