<<@RutayisireAloise
says :
Nigihugu pe kabisa
>>
<<@BoscoSebakambwe
says :
None se kiremewe.N igihugi mu kindi biba ho?
>>
<<@gilberthabarugira3517
says :
Wewe niho ubwenke bwawe bugarukura, Amacakubiri ntaho azokugeza. Ngo uri unusesenguzi😂 womara imyaka 10 ugwana ngo ntaho warwanye😊
>>
<<@claudemutore7904
says :
Kweri kabisa. Claude. 😅
>>
<<@AliceIrakoze-wt5rv
says :
Haha uvuga ivyo utazi
>>
<<@asterendoricimpa7649
says :
Sivyo Prime ntiyabe muri FAB. Yari inyeshamba ya CNDD-FDD
>>
<<@Slime-s5p
says :
Uko Niko kuri
>>
<<@jeanniyonkuru7899
says :
Prime Niyongabo n'umudd Umunyeshamba
>>
<<@SeminegaFulgence
says :
ABA dd ntibagereranwa. Ninkotanyi sha waba General uzi igisirikare. Ukemera ko abantu bkora. Defire. Bambaye udukabutura. Kweli. Hhhhhhhhhhh
>>
<<@NishimweEnyhakole
says :
Nigihugu cane kiruta ibihugu vyishi abantu baforoma igisirikare nigipolice kukonibaza noguhembwa barahembwa bakagira inzego zose ntibindi bisigaye ahubwo amakungu acemeze abarundi nabobaveyo kuko bariko Bararwana intambara itagira gahunda
>>
<<@VICTORMASHILINGI
says :
Ngo abaturage baruta ubwinshi aburwanda? Ariko mubamutugereranya nabakongomani,uburo bwinshi bugira umusururu?
>>
<<@EgideMfuranzima
says :
😂😂😂 Ariko mwitubeshya mn ubona byabaye nkajya kwiturirayo sha
>>
<<@ShukuruMakereza-gh1me
says :
Bien venu la République du Kivu
>>
<<@MesharkMomanyi-j4p5x
says :
Croude ndakwemera uvuga ukuri ntanikomine abandoned dd bigeze bafata
>>
<<@theresifori7835
says :
Ibyo nubugambo
>>
<<@Salumabdul1974
says :
Gasa gabanya kugara! Upfume basi ushiraho agafoto nimba udashaka ko tukubona!!
>>
NEXT VIDEO
>>