<<@ClovisNiyonkuru-o1r says : Ivyo muvyitegurire vuba kandi murekere ngaho nta m23 izokwongera kuganira na cndd vyararangiy>> <<@ClovisNiyonkuru-o1r says : Kandi hazoba habonetse inzira nziza yabarundi barwanya cndd kuko m23 izobaha inzira yogutera uburundi>> <<@ClovisNiyonkuru-o1r says : Ikizokurikira nuguhendana amezi makeya bahanganye ntanumwe azoba ashobora kurenga umupaka>> <<@ClovisNiyonkuru-o1r says : Mureke guca hirya nohino umu cndd ntazoshobbora guturana na m23 na twirwaneho kumipaka mumahoro. Kubera kurya bugaye imipaka nurwanda nomugihe baraka na uvira zizofatwa imipaka izoca yugarwa kubera cndd yita m23 abanyarwanda ntakindi>> <<@Niyonagizewellars says : Ariko se Sandri, uzahora inyuma ya Camera kugeza ryari??>> <<@IradukundaSavi says : ' Yes ! GOD Never Changes Never Dies but Jesus changed from life to death Glory to GOD Who Sent Jesus and others Prophets for Salvation Guidence 🌹DIEU Ne Change Jamais Ne meurt Jamais mais Jesus a change de la vie a la mort Gloire et Louanges a DIEU Qui nous a envoye Jesus et d'autres Prophetes pour la Guidance Salutaire '🌴>>
VideoPro
>>