<<@PatrickTuyisenge-u6k says : Urarabaneza ufisikibazo uvuganabi umukozi wimana yuzuyubuntu bwayo>> <<@RéveraPasteurhelme says : Yesu yavuz ati mumisi yiherezo hazoboneka ability abavugishwa nimana beshi>> <<@NzabandoraDavid-p2d says : amen>> <<@AnnonciateNIYINYIBUKA says : Non kurogotwa cane nkuwacometswe>> <<@eloiemmanuelndayisenga1412 says : Iyi channel irayobya abantu , kuki wiyita ko ari woe uvuga ukuri kd warasabitswe n'ishyari? Ijambo ry'Imana ryavuze neza ko mwe muhagaraga mu muryango, ntimwinjire mukabuza n'abandi kwinjira imva zanyu zasamye kandi mwikururiye kurimbuka! Ese satani yakwirwanya ? Ese satani yatanga urubyaro? Urubyaro n'impano y'Imana, yakiza ziriya ndwara zidakira kd ari we waziteje? Abantu mwahumutse koko! Anti kristu ni nde? Mutegereje kubona iki? Umuntu wese urwanya imbaraga za kristo niwe anti kristu, mugaragaza ishusho yo kwera ariko mugahakana imbaraga zako( ibimenyetso byose navuze bigaragaza neza ko muri antikristu) ibitangaza n'ikimenyetso Yesu yasize kizagendana nabizera.>> <<@ngabohope says : Duhikimenyetso cerekana kowewe urumukozi wimana vyukuri nimbuyu aruwashetani????>> <<@ngabohope says : Birababaje kubona umukozi wimana acirurubanza umukozi mungenziwe aribo batwigisha koguciriranirimanza aricaha>> <<@runylouise5623 says : Chris Ndikumana ni intumwa y'Imana y'ukuri. Niba wowe ubishidikanyaho Imana ikubabarire cyane, kuko ntuzi ibyo urimo !>> <<@dorotheezaina4217 says : Umenye neza ko abana bimana iyo bakoranye nabasatani baba bahari igisha ijambo ryimana chris umureke Imana niyo izi icyo akora.>> <<@dorotheezaina4217 says : Yavuze ubutumwa abantu 5000 barihana, avuga Yesu KRISTO abakira bakizwa no kwizera vuga rero ubutumwa utitwaje uwundi akorera Imana kandi azaguma akora>> <<@dorotheezaina4217 says : Ariko wowe pasteur wowe wirinde kuvuga nabi umukozi wimana mugenzi wawe .ibyo uwo mukobwa avuze urabishimye?>> <<@Musajya-r4l says : FREEMASONRY, ILLUMINATI NIVYO BIHE TUGEZEMO NO MUMIYOBORERE Y'IBIHUGU>> <<@ErikaBelissa-p8p says : Yesu nashimwe mukozi w'Imana ndasobanuza (gusengera mu Mwuka no mu kuri) niba bishoboka mubinsobanurire>> <<@brigittengendankazi2312 says : Oya mwagize ifuhe,ko adatangisha amafaranga nkamwe niyo mpamvu mwahagurutse mumugwanya. Twarabahinyuye ceceka!>> <<@zamangajacques8287 says : Aba ba pasteur baba batanga ibitambo>> <<@Jesuswanjye says : Yeww uyu munsi namwe mwavngiwe pe. Chris ni umukozi w'Imana ibindi murimo ni amashyari abavugisha>> <<@Pajo1900 says : Ivyuko barya bantu bakwiye gufashwa vyo ndabishigikiye>> <<@Pajo1900 says : Islam iraduhanze namwe muguma mushaka kwicamwo imice aho mwogiye hamwe.>> <<@Pajo1900 says : None ga Muntu we ko numvise nawe mu kwezi kuza ufise igikorane none ntiwipfuza ko Abantu boza ari benshi? nibaza ari benshi bizoba bisigura ko abantu bakwirikiy ibitangaza>> <<@RichGospelTV-f2j says : Ikindi, nta n isoni ufise. Mu kwamamaza kwawe, Ijambo nyamukuru ni KANGUKA. Ijambo wivye kwa Chris Ndikumana. Nahora ndagukurikira igihe watumira ba Clarisse Karasira na Pastor Musisi ariko igihe cose numvise inyigisho zawe, ndazumvamwo sectarianism. Nkumbwize ukuri nta Jambo rizima rya Kristo ndakwumvamwo. Uhagarike gusevya abakozi b'Imana. Twese dufise dufise umucamanza umwe, ni we Mana azi impamvu ukora ivyo vyose. You are so zealous to expose lies while yourself you are a liar. Ku mukristo yize neza Ijambo ry'Imana biroroshe kugutora. Ukoreshwa n iyindi Mpwemu atari iya Kristo kuko Mpwemu wa Kristo ica mbere akora ni ukwubaka umubiri wa Kristo apana kuwusambura nk'uko ubikora.>> <<@Pajo1900 says : Bonnke 1999 muri Nigeria hapfuye Abantu 16 kubera umuvyigano benshi barakomereka so si rya mbere bibaye ibitangaza n avyo akora ntawobijako impaka kuko ibitangaza ni bimw mu bimenyetso biherekeza abera>> <<@Joce-slz says : Ahubwo utuma umuntu adasubira kukwizera kbsa nivyuvuga naw wironderera amahera naw😂>> <<@Joce-slz says : None ww bakurikira www canke ivyo ubigisha ? Erega chris ntakurikirwa naba bb! Barazi inyigisho ziw aho zabakuy ahubwo muraraba ivyanyu kwa ta mashari arimwo kuko ivyo muvuga bitey amakenga.gu critiqua umukozi wimana atavyemezo mufise ni bibi cane pe>> <<@AlfredMusemakweri says : Ivyo sivyo arabesha kanguka yarafashije cane gushingura abobantu uyo mugore lmana imubabarire kuko atazi ivyo arimwo>> <<@AlfredMusemakweri says : 😂😂😂 uyo mugore nintumwa yumubi lmana yo mutabara agakizwa>> <<@UWAMURERAHonorine says : Abantu barigutanga comment muvugako abapfuye barigupfa .ikibazo niki nyuma yurupfu rwabobantu ese we ibikorwabye kubahapfiriye nibihe ? Aho niho ikibazo kiri>> <<@JeanPierreShukuru-h4o says : Yesu koyahagije abantu ibihumbi bitanu hatarimo abana nabagore kontanumwe wapfiyemo .>> <<@MelchiorSINDIMWO-l4z says : Nahora ndakwemera ariko Ubu wapi ndaguhevye kubera ko wagize attaque y'uwundi mukozi w'lmana . Ibyamubayeho ni accident . Vuga ibyawe reka gucira urubanza abandi. Abantu bagundanye bataha kuba haba abakandagiranye ivyo birumvikana ariko nabyo byarabigishije uko nyuma hazafatwa ingamba za protocole . Rero mwebwe mumwifatira mu gahanga murihenda Christ aracakora n'ejo azakora ,iyo ni ishari muboneyeho kuzimiza abakristo. Bamwe mukorana ko hari uwabatuye ikibazo cy'ubufasha yaracyeneye ntihagire na kimwe bamumarira Kora ibyanyu Mureke kugwanya abandi bakozi b'Imana. Ukomeje kuvuga abandi nabi siho bakwemera.>> <<@athanasehakizimana5505 says : Ariko wewe warabuze ubutumwa uvuga ko wirirwe uvuga abantu. Uyo mugore niwe karorero ka we. Mwene Data ukwiye kuva mumatiku ukihana ukirinderera ubugingo chiris ntawamugutumye Kandi😂abamukwirikira ni gushika kwabo.wibaza ko yobura ivyo akwishura ariko nuko Umwuka ugukoreramwo suw’Imana.Bwira abantu inzira yukugororo ka kuko ivyabakozi utatumye ntiwobishobora Sebuja yabutymye azobabaza.>> <<@MarcelineMukamusoni says : Yewe nakundaga inyigisho zawe ariko nawe uri uwisi pe ! Ckris Ndikumana ntabwo ariwe bakurikiye !bari bakurikiye Yesu umukoreramo!kandi ntabwo yari guhagarika urupfu umuntu wese afite umunsi azapfiraho !>> <<@PatrickIradukunda-l4e says : Pastor ❤❤❤❤ ndakwishimiye cyane>> <<@DonatienNdikumana-k7w says : Aliko pasteri nawe ndakumva muvyuvuga pe urakwiye kwicara ukigishwa nne weho ahuteraniriza abizera bawe hitwa ngwiki ?>> <<@DonatienNdikumana-k7w says : None muri ayaloni mweho sinumva mwiri yamamaza ko muzokora ibitangaza ??? Nne mutaniyehe na chrisi ??? Mvuze muvuga make cane .>> <<@muhawenimanaepiphanie687 says : Cyakoze muraducanga>> <<@JesuschrisisGod says : None komurikwamamaza igitaramo?>> <<@SamwerB says : Soma 1timoteyo4,3haravugango ariko umwuka avuga yeruyeAti mubihe bizaza bamwe bazagwa bave mubyizerwa bite kumyuka iyobyan,inyigishoz,abadayumoni bayobejwe nuburyarya bw,abigisha babanyabinyoma,bafite inkovu zibyaha mumitima yabo nkizubushye😢😢😢😢Yesu Christo aribugufi muhunge benedata umujinya w,Imana uraje 1abatesaronike5,1,3>> <<@SamwerB says : 😢😢😢😢subukoko Mana mbuze icyomvuga gusa abantu barimbutse bizize yooo😢 urukundo rwagihehe koko>> <<@niragiraimelde8407 says : Urirangije mwe na Coco Siwe yabishe saba imbabazi Uhoraho>> <<@Uwimanamediatrice-g3r says : Chris Ndikumana mumuveho ni umukozi w'lmana ubarenze>> <<@akezamutimajeanclaude3024 says : Nizere komuzobona komanteri nanditse>> <<@ThierryIninahazwe says : Muraduhayira mumpwemu wogirango nimwe mwenyane mwukawera aganiriza twese nabandi barerekwa igihuzu gikingahera caratabutse>> <<@ThierryIninahazwe says : Wewe ugomba urushe amakuru twebwe abari bahibereye?? Soma bibiriya uvugubutumwa va kubantu ntamuntu numwe Imana yahaye gucirimanza abandi aho wewe kweri USA nuwuheruka mwuka wera?? Subira gusenga wisonzeshe kuko waravangiwe niba ntamakuru ufise>> <<@ThierryIninahazwe says : Vuga icoyakoze atasiguye inzamba 7 zintsinzi kuburundi kuva mumwiza tukamurikira isi yose niyo signification y'a acte prophétique ya inzamba7>> <<@ThierryIninahazwe says : Iyompwemu yikinyoma mukorera mweneyo azobahemba basha>> <<@OrnellaMuco-t5q says : Gezaho gusevya abandi niba nta Chari ririmwo .nbere urarushee Wewe Chris akorera Yesuu .nuko ugiri ishari wewe>> <<@mbonigabajeanpaul7337 says : Wigishije ukuri abantu bizeye Abandi kurusha Yesu Kristu wabapfiriye😂😂 namwe nijambo ry Imana ntamwanya Kandi kureka ibyaha no kwizera Imana nijambo ryayo Aribyo basabwa.>> <<@paterneirambona1113 says : Chris NDIKUMANA arivugira neza munyigisho ziwe ko atariwe akiza ari Yesu akiza. Abakeneye ku jugea umukozi w'Imana babanze barabe video yose yigikorane mureke gutwagwa n'amaranga mutima. Uwiteka akomeze umukozi wayo Chris NDIKUMANA yongere yirure imitima y'ababuze ababo mw'izina ry'umwami wacu Yesu Kristo! Aman>> <<@ninabakana7864 says : Imana Ikwongere umugisha nihishurirwa na none. Abatizivye amatwi bosobanukirwa>> <<@ValerieNahimana-d5f says : Uyuavuga ukuri abisiramu baziubwenge bwokuvugaubutumwa aho abazoja muisiramu nibenshi kubwayo masandugu baguzeaba cristunibe nshi bafise amaheraa rikobiteye isoni>> <<@coucou1246 says : None se wowe ko uri gusenya undi mukozi wayo nawe ukaba uri kwiyamamaza, ngo nawe bakugane??? Ahaa! Imana niyo mucamanza!!>>
VideoPro
>>