<<@QueenIrikeye-iy3fr
says :
Inkotanyi zirwana x zarwaniriki? Woe malchar k warwanye munkotanyi warwaniriki? Nabarundi bararwanira uburenganzira bwabo nkuko namwe mwaburwanira depuis 1991!! Abanyarwanda muzi kwiyemera uwimana ihaye yiyita umuhinga!!
>>
<<@ShyirambereRamadhan
says :
Mbona amakuru yanyu ntakigenda rimwe ngo yagutumba yamfuye ubundi ngo ariho arikwiruka mwishuamba
>>
<<@Anaclet-i4q
says :
Ariko konumva usigaye uvugira cndd cane nico gituma Gasaro atakibona abagukurikira benshi nsigaje kwumviriza ikiganiro kimwe nsanze uvuga amagambo aphfuye gutyo nzoca nguheba.
>>
<<@RomanceRudaragi
says :
Naje ndagushigikiy bose bakorera cndd
>>
<<@HodaliJean
says :
Erega bariya ninka babandi bavugaga ngo inkotanyi zageze i Kigali.
>>
<<@RodrigueMpawenimana-c5c
says :
🤙🤙🤙🤙🤙
>>
<<@NzizaPatrick-p5x3s
says :
Muraho?ndashima kumakuru mudushikiriza.ariko hari amatsiko mfite,nashaka gusaba marechal iyo avuga Nzabampema ko akorana naba dd hari abavyibaza gutyo ariko ariko wogerageza kurondera facts niho waba uri gufasha abantu .na Mme Pamela nawe nuko uvuga ahubwo umuntu yohava yibaza kari wowe ukorera cndd muguca intege abashaka ku rejoigna.rondera facts.
>>
<<@JeanBosco-w3o
says :
Hhhhh uratwenza marchal ngo kuyoborwa na nzabampema woyobwa na CNDD ntaco ubeshemwo ntamukwaha ntamunyo
>>
<<@nzigamasabojeanpaul9746
says :
Wewe uvug'amakuru ya Rabin Red Tabara ntawoshobora kuyigura iriho kandi twebwe banyeneyo turayizi b'uvug'ivy'uzi
>>
<<@nzigamasabojeanpaul9746
says :
Marechal amakuru ya Red Tabara yareke bizwi na banyeneyo
>>
<<@DésiréNiyokwizera-j6u
says :
Murakoze kbakebura irya ni cndd yuzuye nta nzabampema nta red tabara Bose ni dd
>>
<<@JeanDamour-e3p
says :
Turahabaye yemwe
>>
NEXT VIDEO
>>