<<@Alphonse-w8u says : Yaba nzabampema akorana na cndd Red tabard nayo ikorana na cndd ariko harabatabibona badashaka no kubyumva ariko iherezo bazabibona aho ndakwemeye ibyo urikuvuga nibyo 5/5>> <<@binaganaterence2033 says : Bariya baratirangaza bashaka kurya amafaranga y'abaterankunga! N Bavuga ayo inda!>> <<@binaganaterence2033 says : Imyaka amaze ari Kongo, niyaba ataratera CDD FDD ntabwo bigaragara ko bakorana ! Afise n'amacakubiri arenze !>> <<@NkubitoSylvestre says : Abarundi nikinamico barimo ariko baribeshya>> <<@SalimRUTAYISIRE says : Ntibakagutuke ahubwo uzanjy uburira abana babarundi bazagwa muruzi barwita icyiziba>> <<@Therence-v9p says : Nzabampema murareka kumutak umwanya murakoze>> <<@HavyarimanaAhmad says : Wewe niwe ubona kure gusumvya abo mukorana mwese?>> <<@HavyarimanaAhmad says : Wewe craude uko escrot>> <<@ignacetwagirayezu7961 says : Uyu Mugabo Nzabampema yicishije abarundi benshi>> <<@jacquesngendakumana3443 says : uvuze ukuri niko bimeze NZABAMPEMA ni umu dd 1>> <<@Vares-b5l says : CNDD ihe Abanyamurenge ubutabera Kandi ariyo yabishe igakoresha Pasteur Habimana wavuzeko FNL ariyo yabishe?>> <<@niyongabovenant2535 says : Claude ibyo wavuze ni ukuri, Red tabara ico yakoze ni ukwibasira abanyamulenge, mukubica, mukubatwikira, kubanyaga ni kubamenesha! Nonese urumva itandukaniyehe na dd, mayimayi, interahamwe, crochards n,abandi bagome babibishi nkabongabo!>> <<@BusigoButo-m2p says : 😂nzabampema?>> <<@HodaliJean says : Ubundi se Red tabara ubundi i babaho>> <<@onyxpaccis5774 says : Ntawuhoraho muje muvuga ibihesha umugisha Bose. Isi ntaciza ihemba ntimuyitwararike cane>> <<@Thierry-o9h says : >> <<@PascalNgabonzinza says : Claude, ahubwo wewe niwo ukorera DD....How can you lie on Pamela and Nzabampema? TSHISEKEDI na Never baguage utu dollars ?>> <<@celenda7525 says : Ivyo tirabizi sha!>> <<@tunganatvrwanda1601 says : Igikorw cya RED TABARA ushaka se nikihe? Ubwo ushaka ko nayo izana intambara mu karere? Mana tabara akarere kacu.>> <<@NestorManirakiza-u1t says : Ntidushobanukiwe Nzabampema' Ayoboka Rwasa None'byoshonokagutekobokorana Kuko Rwasa'ntibamwemerera Gutwara'ivyontansingirobifise Ubumuburund'amokontacicar'afise'abarindibose'bahanzwen'ubukene'igitoro'ntaco Ifumbire'ntayo Tweseturikumunzane Ungana Har'ibihuz'abarundi Rekatinirindire Ivyomuvuze'sivyotubona.>> <<@MutesaPaul-gy9ny says : Babonye bamaze kumaraho ababibeshyeho babasanga none batangiye kwishyira ahabona>> <<@RomanceRudaragi says : Ivy uriko uravuga wew urabizi kweri aho utukisha umuntu rwakorana nubutegetsi utaz nukugene yahunz bagomba kumwica bakanafung n umugore we buvuga ivy iwanyu muri congo ivyac abarundi uvyihorere niyaba dd yaguhay ikiraka naho uze wambare umwambaro ureke gutukisha abagomba kubohor igihugu>> <<@Obligado-g1h says : Yitwa nzi abampema>> <<@MuhiziRobert-b3z says : Narabivuze biriya bavuga bya Red Tabara ni Gahunda ya CNDD.>> <<@MugishaLivingstone-l9l says : ese Gasaro ko tutajya tukubona uhora inyuma yamarido cyokora aho waba urihose natandukanya ijwi ryawe nayabandi>>
VideoPro
>>