<<@AgatheNshimirimana-x8j7q
says :
Vaho
>>
<<@Emmanuel-pr2vp
says :
Burundi mindset reset.
>>
<<@Jeanclaudemboma
says :
Ivyo kuba uburundi bukize nimwe Uri impumyi utabibona kndi kubugira ubwsnyuma nimwe mubivuga kko turiyubak atamfashanyo duhabwa rero ntimukagereranye muzoshak muvyemere turabarenze
>>
<<@Jeanclaudemboma
says :
Igihugu kuguma gitera iri mbere ntugasuzugure uburundi nabarundi abari guhisha ivyo bitoro na ma devise nimwe mubahaye indaro mubagumuje turabugarana kndi tuguma dutera imbere namwe mugume murubwo bugome bwanyu
>>
<<@Jeanclaudemboma
says :
Mu Burundi ntanzara dufise ntabibaz dufise mutatwibeshaho muze muvuga neza ivyo bitoro , Ayo ma devise mwarabihishiz ariko turikomez kndi twitunganiriza imigambi
>>
<<@NSENGiYUMVATHDDEE
says :
Abanyarwanda ntahakiri mugira
>>
<<@shab-e7i
says :
Agahugu kacu kihaye gusuzugura no gutobatoba ibihugu by'ibituranyi cyane cyane u Burundi na Kongo bitwaje iyo ngirwa jenoside
>>
<<@shab-e7i
says :
Amadolari 20 agutunga icyumweru cyose mu biryo no mu binyobwa i Bujumbura mu gihe i Kigali agira isahani 1 y'ibiryo.
>>
<<@FanuelNgirimana
says :
Twarambiwe izo mvugo ziyo myanda
>>
NEXT VIDEO
>>