<<@mariemwiza6155 says : Mukozi w’Imana Pascal , ndavyibuka tuvuyeye mukirundo tuza kubaramutsa turabigeme babiri tuzanye ubutumwa bwiza, ndanezerewe amavuta yiMana aracakuriko muhezagigwe.👏👏>> <<@ruhoshamunyakazi2749 says : Mbega Abakozi b'Imana bafite Amateka Adasanzwe, dufashijwe cyane nububuhamya muduhaye Bashuma bacu>> <<@venantiemukantabana1358 says : Haleluya past wacu Desire yesu aguhane umugisha nuwomubyeyi wawe wo mumwuka kubwimbuto nziza wamubonanye uyu munsi ukaba ubihagazemo neza amennnn>> <<@theresentamuheza9924 says : Murakoze cyane>> <<@Keephope12 says : Muraduhezagiye caane,Yesu abakomeze caane,>> <<@yvonneumulisa4640 says : Pastor Desiré wakoreye Imana kuva kera kweliiii !!! Ibyo uvuga nibwo buzima bwawe pee. Uwiteka akwagure muri byoseeee>> <<@jacquelinenzeyimana7551 says : Ariko iy'Imana yacu irakomeye ntahevye vyose Ku BWA Yesu Kristo atazobishumbushwa umurengera. Muhezagigwe n'Umwami Imana.Nivyishimo abakozi b'Imana muyaga imirimo Imana ybakoresheje .>> <<@bucumiaristide7937 says : Imana ishimwe caaane kandi ibakomez>> <<@mireillendayishimiye9594 says : Alléluia, Alléluia, Alléluia. Imana ihabwe icubahiro imyaka yose kandi ibandanye ibagirira neza imyaka yose.>> <<@jeanneuwamahoro7486 says : Imana Ibahw umugisha Kandi koko izabafshe musoze uru rugendo neza>> <<@laddynisabwe1793 says : Imana ibahe umugisha kabisa. Ntaco tuzireguza>> <<@olivenisingizwe says : Yooo Ndanezerewe kubwawe pastor Desire Ibyo utanga bizima ufite aho ubikomora Imana izaguhe gusoza urugendo rwawe neza hamwe n'uwo murezi wawe wo mu Mwuka 🙏🙏😭>> <<@tibamanyafred4581 says : God bless you pastor>> <<@tibamanyafred4581 says : Amen Amen>> <<@kasska3027 says : Urakoze kudusangiza uyo munezero, ni temoignage nziza ikora kumutima Imana Ibakomeze, mugendere imbere Yayo, Ibamurikishirize Umuco Wayo Utazima. Turabakunda>> <<@nzeyimanamatthieu2722 says : Amen amen, mukomez gushika kumwuka wanyuma.>> <<@uwanyirigiraalphonsine6586 says : Imana ibahe umugisha , mwakoreye Imana ndabifuriza kuzagira iherezo ryiza.>> <<@ukurikwabibliya6007 says : Amen muri umugisha kwishengero>> <<@evastegasanamutuyimana5325 says : Biranejeje guhura n,umuntu wamureze muburyo bw,Umwuka muhabwe umugisha. Umutahiza na boneka muzahabwe ikamba ry,Ubugingo.>> <<@harrietgakwaya1434 says : Wow Yesu ahimbazwe cyane>> <<@aaronbayubahe7526 says : Oooooh Mwarimu Pascal,nanje ndakwibuka twarabanye mu Maramvya.ndahimbawe pe.komeza umurimo tuzobihemberwa iwacu mw'ijuru>> <<@jeandedieugahima4612 says : Amahoro y'Imana past mubwire mwarimu ahunguke iburundi namahoro kandi nawe urahaheruka ngira waravyiboneye>> <<@nizeyimanaedison9911 says : Imana ibakomereze amaboko>> <<@antoinettenizeyimana2703 says : Amen. Icubahiro ni ic'Imana>> <<@colombeirakoze1969 says : bakozi b'Imana,mugisha w'amahanga hezagirwa.amen>> <<@irankundaferdinand6567 says : Amen amen>> <<@mathiasntanguvu says : Hallelujah ! Mwarahezagiwe>> <<@valentinemugisha7864 says : Imana imuhezagire ,n'umubyeyi mwiza>> <<@manishimwegerardofficial says : Imana ihimbarizwe ko ikibashoboje mugukora umurimo mwizaa wo Kubwiriza Ubutumwa bwizaa>> <<@elyonnatv9300 says : Muraduhezagira cane>> <<@cardinalendikumagenge7972 says : Imana ikomeze kubaj'imbere.Ibongere n'umugisha mwishi,n'amahoro menshi>> <<@zigiranyirazobajecteur8800 says : 🔥>>
VideoPro
>>