<<@JohnUwimana-rp4hh
says :
Eh burys mu Rwanda dufite abahabga kweli Dr Russ na Coffee bsrsrenze ibiri kuba kwisi barabireba bakamenya ikizakurikiraho kitaraba!!!
>>
<<@nshimirimanafabrice6567
says :
Tuzogukumbura
>>
<<@Alexis-jj4yt
says :
KOFFI WAROYE HEHE?WOB UKIRIHO URI MUZIMA???
>>
<<@AbdouMupenzi
says :
Koffi ❤❤❤❤
>>
<<@mugishaaimechristian8277
says :
Ese uyu sumwe bavuzeko yabiriwe irengero Yara onetsese? Cofi?
>>
<<@NyiramarizaEsperence
says :
Ariko wagiyehehekoko ? Ntakiganiroduheruka Usangahavug,abantu bicyukagusa
>>
<<@gakwisigerard2869
says :
Koffi we will always miss you! forever in our hearts!💔💔💔 Bakuvukije ubuzima ukiri muto bakuziza ubwenge bwawe ukoresha unenga ubugoryi bwabo bemera
>>
<<@habimanajeanclaude7884
says :
Ariko ntamakuru ya coffi?
>>
<<@tazampabblo5825
says :
Ziba wa Nterahamwe
>>
<<@turikumwenimanaelie7128
says :
Cofi ,harantu uvuze nsanga niko.amerika oyo okuyeho umuntu ,imusigira wawundi yakuyeho ngo asigare atesha umutwe wawundi ,yashizeho.
>>
<<@omerntiharirizwa2121
says :
Mbe mwebwe abantu mwigira abasesanguzi cane cane abanyarwanda muzosanga mwikozeko 'toute vérité n'est pas bonne à dire
>>
<<@bigirimanaberchimas-ir7im
says :
Uburundi turya dukaravye wana ntakwisemba kuko umugabo iyagaburira mugenziw acamutwara icubahiro
>>
<<@Jacksonnzabandira-lz3bl
says :
Maraba uvuzukuri
>>
<<@ukunzwenimanaolivier3284
says :
Koffi araho ntiwamujyereranya na Director Rusa.
>>
<<@dusabimanadamascene6132
says :
Putin imbere cyane
>>
<<@dusabimanadamascene6132
says :
Muza huze Dr rusa na coffi nabahanga cyane kbx
>>
<<@japhetmbonyimana8586
says :
Koffi numuhanga kbx
>>
<<@asmanndayizeye7193
says :
Kofi ndakwemera urumusesanguzi p jewenemera gusuvyawamusaza
>>
<<@ngabiranoinnocent5026
says :
Koffi urumuhanga kabisa big up
>>
<<@mutokaemmanuel4125
says :
Sha urumuhanga pe lmana ikuturindire
>>
<<@harimenshialexis2563
says :
Putin wacu yaratsinzwe, ahubwo vyzkugoye uko yohunga kuko yoba yihaye akarubanda ku rwego mpuzamahanga.
>>
<<@emmychichi6621
says :
Muzadusesengurire imitegekere ya Zambia mbona uko abaperezida baho basimburana kubuyobozi Ari byiza Wenda umuntu yamenya byinshi kurushaho kuko iyo umwe atsinzwe asubira mubuzima busanzwe kd akagenda yitwa intwari kubaturage nubwo ntawe unezeza Bose ariko usanga biba bishimishije hari uherutse gupfa kd mwabonye ko yashyinguwe nkitwari
>>
<<@munguikobernard5916
says :
ntabwo bavuga la nouvelle ordre mondial mais le nouvel ordre mondial
>>
<<@fulgencesibomana1665
says :
Ni le nouvel ordre mondial si la nouvelle ordre mondial. Jya ukoresha neza urulimi.
>>
<<@travelerschannel8297
says :
Uzaduhuriz koffi na Dr Rusa
>>
<<@johnsindayigaya9485
says :
Muri Russia da Gitugu gihari,habe nagato
>>
<<@2020Micke
says :
sha uravuga ibingana nibitekerezo byawe icyakora.
>>
<<@dr.jean-boscongendahimana7213
says :
Le nouvel ordre mondial!
>>
<<@besttv6224
says :
Komera cane Koffi. Nk'umusesenguzi geo-politique mubona afrika cnk abayobozi bayo bokoriki kugirango tubone ubwigenge bukwiye!! Mwozodukorera ubwo busesenguzi muzoba mukoze cane rwose. From burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
>>
<<@derickcastor8008
says :
Uyu muhungu ni umuhanga kweli
>>
<<@jeanpierrehakizimana7892
says :
Ego cane.Israel iri kuri côté yande.Y'Uburusiya canke Amerika.Ni Amerika izotsinda.
>>
<<@muhozaniyofelix2690
says :
Kofi numuntu wumugabo rwose . Nasanze azi analyse ya géopolitique
>>
<<@maitregimskaremera2080
says :
Nge ndabizi abasesenguzi ni danger
>>
<<@MANING41
says :
Koffi ndakwemeye cane! Nuko kagame adakunda abafise ivyiyumviro nkivyo!! Kandi ukomere turakeneye abandi nkawe
>>
<<@MANING41
says :
Ako ga Type kagame akumva iyi interview kubijanye na democratie ntimuzosubira kukabona!!!
>>
<<@mutabaziceleus3201
says :
Urasesengura kbs 🤝 icutabeshe nukohamwe Poutine yotsindwa iyintambara, ntabwo ari Africa yonyene yogirivyago, ahubwo ibihugu vyose vyohinduka Ibipupe vya America.Poutine niyatsinda naho azohabwa intebeyicubahiro mwisiyose, African yo izozamuka cane, CONGO izotunga nkuburayi tubona unomusi.izobiruhutsem intambara.
>>
<<@denysnsengiyumva8885
says :
Koffi is very serious man
>>
<<@tabufrancois4053
says :
Koff arabizi muzajye mumutumira kenshi gashoboka.
>>
<<@niyinkingiyephylippe6609
says :
Aravuga ukuri
>>
<<@johnsindayigaya9485
says :
Ntagatsindwe habe nagato
>>
<<@jonasnsengiyumva9602
says :
Ese banyagwanda kuberiki Africa tutokwiyunga tube nka Reta zunzubumwe za America ? Mubona tutariko turasamara dusamazwa nubufashanyo baduhendesha baduteranya
>>
<<@venustenshimiyimana7958
says :
Turabashimiye kubiganiro byiza muduha from 🇺🇲 👍 Mugire ibihe byiza!!!!!!!!🤣🤣🤣🤣🤣
>>
<<@callixtetwiringirimana8273
says :
Nubwo arumwana aranalyza pe
>>
<<@nizeyimanaviateur5892
says :
Natubwire uko abona iherezo ryiyi ntambara mu busesenguzi bwe!
>>
<<@leopoldkabano7906
says :
Koffi ivyo ariko avuga mubusesenguzi bwiwe ndemeranya nawe pe. Abanyafrika turakwiye kubona Ububi bwa America n'uburayi.
>>
<<@mukeshawealexis4983
says :
Wa mu jeune we ndakwemeye cyane , iyaba abajeunes nkawe bashoboraga kumva ibintu nk'uko mbona ubyumva , les lendemains du Rwanda ne seraient plus incertaines. (ahazaza h'u Rda haba hatanga icyizere cyiza ). Malheureusement pas mal de jeunes aujourd’hui semblent plus opportunistes que de raison.
>>
<<@gilbertniyitegeka7657
says :
koffe azi gusengura. uzamugarure umuhe numwanya uhagije
>>
<<@habimanahassan3059
says :
Ibintu uvuga birimo ukuri
>>
<<@besigesijeanpaul7114
says :
Uyumugabo ni umuhanga kbs
>>
<<@thewinnertv.
says :
Koffi ndamukunda uburyo asesengura ahubwo mumwongerere ibiganiro
>>
NEXT VIDEO
>>