<<@DieudonnneNdayishimiye
says :
Dr rusa niwe mutima ,muco, w,ukuri,ndamwumviriza misi yose.
>>
<<@walace1297
says :
Shaaa jewe nize mu 🇧🇮, Éthiopie niyo batubwiye ko itabaye colonisé yonyene.
>>
<<@remyntimpirangeza-ks8dp
says :
Kukuntu nkunda Dr Russa jewe ndashaka ko hazogera igihe nkabonana nawe maze nkamenya neza ukuntu panafricanisme izokwira ahohose dutuye.ndi umunyafrika w’umurundi sinshobora kuryama ntumvirije ikiganiro ca Dr rusa
>>
<<@remyntimpirangeza-ks8dp
says :
Nhaka ko mwompuza na Dr russa
>>
<<@maris_chat
says :
Mbese uretse ibi biganiro hari uburyo umuntu yakwinjira muri iyi movement?"Pan-Africanism"?
>>
<<@pierreclaverUwingeneye
says :
Gusa uri umuhanga.
>>
<<@pierreclaverUwingeneye
says :
Les Africans ne serons pas decolonises grace à desunité Africaine
>>
<<@SibomanaThomas-i6j
says :
Mukomere,Mwandangira aho library ikirezi iherereye bishobotse mukaduha number yaho kugira ngo tuzabone uko tujya kwigurira ibitabo
>>
<<@ProtaisNizigama-p2d
says :
J'aime bcp
>>
<<@ntarentoya1624
says :
Urakoze cyane comrade Rusa. Nacyo navuga uretse kugusaba ko wakomeza ururugendo nkifuzako wanjya ukoresha inama zurubyiruko
>>
<<@Boston_rwanda
says :
Dr.Rusa yashinze ishuri akigisha urubyiruko rw'arwafurika kwikura ku ngoyi yagikoroni itarashize muri Africa, Ni ubusabe
>>
<<@twagirimanacharles7132
says :
nishimiye ko ibihe nk'ibi bisanze nkiriho. kuko sinemera na gato ibinyoma n'agasuzuguro abirabura ndetse n'abanyafurika muri rusange byakozwe kandi bigikorwa n'abakoloni. noneho ikibabaje ubuhumyi ubwana batwubatsemo banyuze mu miryango myinshi; amadini, amateka agoretse mu mashuri, politiki, ubukene ibyorezo, iyicarubozo, ubuhezanguni n'ibindi byinshi bitarondoreka; ibiganiro bya Dr mbikurikirira hafi kandi biranyubaka; nkagenda ntanga ibisobanuro ku bibazo abantu bibaza aho ngeze. Vive le panafrikanisme, vive la verite. vive l'independance
>>
<<@candymuta8054
says :
Vive ibitabo vyawe ! Biratugaburira mu mutwe
>>
<<@candymuta8054
says :
Dr Rusa ndagukunda uratubgwira ukuri bgwa Imperialisme ! L'occident nirekere ahope Afrika yakangutse ! Mrci
>>
<<@ClaudeQ
says :
Nkuda dgt rusa cyane numuhanga ibyo atubwira nibyo rwose ndagukunda cyane kandi ndamushyigikiye murinyuma mubitekerezo ninama agira abanyafurika nuko batumva
>>
<<@jeremienshimiyimana5491
says :
Yaje kukureba? Ntawaje rwose kuko analyse zawe ziraciriritse.
>>
<<@patricentirushwa6378
says :
The real panafricanist. I adminre ur unbiaised analysis
>>
<<@FulgenceHatungimana-i3b
says :
Urakarama Dr Rusa Iburundi turi inyuma zawe
>>
<<@RichardManirakiza-hd1gy
says :
Nd'umurundi ariko kuva numva ibi biganiro vya Dr rusa bagirisha ndavyamanira inyota yo kuvyumva kuko harimwo ukuri kose pe
>>
<<@bandyatuyagatherence6000
says :
Murakoze cane ikomeze harigihe tuzagira abajene gusa baba panafricanisim
>>
<<@peaceworld4665
says :
Ndakwemera
>>
<<@gasoreeric6142
says :
Dr rusa urumuhanga kandi turagikunda yoba Africa infite abandi beshi kawe Africa Yajya kumurongo
>>
<<@imanishimwebonheur2954
says :
Turagukunda Dr Rusa. None ni ibihe bitabo twasoma bivuga kumateka nyakuri.
>>
<<@laurentndarusanze9645
says :
Dr_rusa. Bonjour. Nd iburundi ibujumbura . umva_turagukunda saa_na. Komera kumuheto tur inyuma yawe. Icio nogusaba nuko ibiniro uhitisha vyose woza urabishira kur youtub bikagumaho kugira abazungu nibakwivugana tuzagume tuvyumva.abazungu ntibakunda incabwenge yumuny afrika. Baca bamwicya. Dr. Imana ikutuzigamire. Komeza ukomere kumuheto turagukunda
>>
<<@mushabedan5481
says :
Nitwa Dan mushabe ndumugadne arko nkorera qatar Murakoze cyane ukwezi tv kubwibiganiro biduhumura amaso, ngye nuko ntarabyara arko immana irinde Dr rusa agumeho azijyishe abana bangye ndetse nabanya Africa muri rusangye
>>
<<@bihiraniyonshuticlaude3306
says :
Nanje nkumucongomani nkunda chane uyu mugabo njewe mbona arimana imuvugiramo abacongomani na banyarwanda dukundane.
>>
<<@pascalndereyimana9697
says :
Bjr.ndi umurundi ABA imuramvya.kuva ntanguye kumviriza ibiganiro vya Dr Rusa,ntamusi wijana ntamwumvirije.ivyo avuze KO adatinya gupfa,nanje nabonyeko ashobora kwicwa kubera ivyavuga ariko yatumye tumenya vyinshi cane.mukomez cane.
>>
<<@melanezatvshow
says :
Umunsimwiza
>>
<<@ugiriwaboange2064
says :
Dr Rusa ujye ufata juis yimbuto cyaneee, uraruha cyane, wiyiteho uzamare imyaka ijana na makumyabiri, wigishe abantu.
>>
<<@ugiriwaboange2064
says :
Mwibeshyera ko abazungu aribo bishe Sankara yishwe ni nshuti ye kuberubugoryi bwacu ntitugirubumwe turibihubutsi turibinyanda nini gusa ntitureba umwanzi, baduteranya nabana bacu nabotwashatse, ibaze ukicuwubyaye ngo ntimuhuje ubwonko, warangiza ngo baranshutse urigitambambuga se? ugahinduka rubebe, kuko ingaruka mbi turazibona bidatinze. Doctor Rusa arame.
>>
<<@torotoroRwanda
says :
Ikiganiro cyiza
>>
<<@belfloretkoriciza5279
says :
Liberia niyo yatanguy kuronka independence. turabakunda ku biganiro muduha
>>
<<@cyridiyompayimana2794
says :
Dukeneye ba Rusa benshi, bityo tukihuta mu gushaka indépendance yacu ndavuga Africa
>>
<<@manirihotheigenedelphine6027
says :
Imana ijye ibaha imigisha mwinshyi kubwo kwitanga muduhugura byumwihariko kuri Dr rusa.
>>
<<@anatolensabimana1062
says :
Mbega ntabiganiro vyawe bica kuri watsapp?
>>
<<@irafashajimmy3429
says :
Uwo Dr ndamukuda numuhanga ese nigute namubona
>>
<<@ambitious1361
says :
Muraho neza ndi umunyeshuri mwanyemerera nkazahura na Dr Rusa
>>
<<@mariushakizimana8822
says :
Burya uyo mugabo ntiyosubirira KAGAME !!!
>>
<<@ntidenderezadeo5628
says :
Dr Russ komera cane numva ndagukunze cane cane cane. Nkurikira ibiganiro vyawe kenshi vyose binshika kunyota. Abanyafurika bakwiye gukanguka. Uhoraho akuzigame.
>>
<<@idihavyarimana565
says :
Dogita ndagufana kuvyuvuga
>>
<<@taylorking11
says :
Komera 🇧🇮🇧🇮🇧🇮turakunda ibiganiro nkivyo vyungura ubwenge
>>
<<@jamesvainqueur492
says :
Mwampaye nimero ya Dr Rusa
>>
<<@vicentmvyuka9212
says :
Ndi mu Burundi ndabakwirikirana gatanu kuri gatanu
>>
<<@benjaminbigirindavyi3848
says :
bonjour inyigisho zuwo mu Dr ziratuma any'Afrika twumva ivyo tubayemwo bizotuma twikangura
>>
<<@laparole8072
says :
Uhoraho ajye akuba hafi iteka akubundikire mumababa ye🙏🏿 Turakwishimira
>>
<<@harerimanaalexandre9825
says :
Mwaba gabomwe uyu mugabo numwe mubahanga igihungu cyu Rwanda kigifite nyuma yaba kaberuka.
>>
<<@jeanprimehaberintwari9419
says :
Dr RUSA,merci pour vos idées à propos du combat contre l'impérialisme occidental.Néanmoins,en matière du Christianisme,Les missionnaires nous ont aidés pour connaître Jésus Christ notre sauveur.Seulement,il faut aussi éviter l'exploitation des fidèles dans certaines églises,ce qui ne dit pas que les chrétiens ne doivent pas honorer leurs engagements prévus par La Parole de Dieu.Thank Dr.Be blessed.L'Afrique sera indépendante tôt ou tard avec votre contribution.
>>
<<@beliermugisha2895
says :
UVA muragirikiganiro live tubaze ibibazo murakoze.
>>
<<@PHDMusics
says :
For those who don't want to listen Dr Rusa they're pre-occupied by slavish mentality.
>>
<<@PHDMusics
says :
Liberia yashyizweho nabirabura barabacakara b'America ntibakolonejwe. Sierra Leone nayo yashyizweho nabirabura babacakara b'Abongereza.
>>
NEXT VIDEO
>>