<<@sindabahinyuzajdediue9814 says : umugabo wafashwe kugufu abaho>> <<@uwimanaanita3443 says : Nibibi kwihambira kumuntu kuko umuntu ugukunda ntiwomuyobegwa mwabakobwawe nimwe mwisevya kuko umuhugu yamarumuhugu>> <<@TheAdventurous86 says : Sha disi ni aka ex kanjye bambiiiii....>> <<@TheAdventurous86 says : Yeeeweeeega pacific ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚>> <<@naginnagin6297 says : ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿฅฑ๐Ÿฅฑ๐Ÿฅฑ๐Ÿฅฑ๐Ÿ™Š๐Ÿ™Š๐Ÿ™Š๐Ÿ™Š๐Ÿ˜ฑ๐Ÿ˜ฑ๐Ÿ˜ฑ๐Ÿ˜ฑ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ>> <<@irakozeevelyne6603 says : sando ntamuntu azi ukuri ariko umukobwa yabirewe yarikwipfuza umusore batahora babikora?ica2 wokorera tatoige umuntu kugahato atavyomufitaniye?abahungu bubu shaa haaa iyisi yo abahungu binzobe ndabazimwo uburyarya ariko kwihakana umuntu bibaho.birashika akaba yaramusambanya atamukunda.bibaho>> <<@eddyneyfhh7034 says : Uyomukobwa nishetani numwanamubi ubundiho yomugirankumugore wiw nihoyozakwishirakukarubanda?Rega agatekantikavako umuhungu hubwokavako wew nyene umukobwa mbere bikazotuma abura nuwobabana kuko yishizehanz burimuntu wese azozamutumbera bazaza babwiranati genda Ku cano iyiniyi urabe ivyiw ,Rega ubahungu ntibamaramara nkatwebw abakobwa arabikore munyuma azicuza>> <<@niyontezeenos2311 says : Ubwo se iyo ureba uwo uyihera basi>> <<@niyontezeenos2311 says : Kwangiza igikoresho si wo muti, ibyo byerekana ko umukobwa yageze ku ntego>> <<@coherencecohetv says : Ubwo urahaze>> <<@niyomugabojohn8329 says : Arakwifuza ahubwo.>> <<@niyomugabojohn8329 says : Shitani yamanukiye isi....cyera gutereta byari umucho nyarwanda>> <<@niyomugabojohn8329 says : Mu Rwanda ntabari tugifite....>> <<@irakozeevelyne6603 says : ibaz kumena kamera.uyumuhungu nokwicumuntu yomwica kabisa abahungu binzob mugira ubugom.ubuse umuntu yivugiy ivy bitwayiki?>> <<@Epic_Media_Tv says : Ngaaaaho!!!! Iyo ni mark2 imenywe se?>> <<@clarissemanzi9733 says : Sha we ukoze amakosa ntabwo wari kuyimena rwose!!! Ahubwo niba mwarafatanyije kuyigura mwayigurisha mukagabana amafranga!!>> <<@nadinemanishimwe5011 says : Ahubwo waramufuhir>> <<@musambbs1939 says : erega musore urimwiza ntawutogukunda ariko kimwe iyo camera ntiwarikuyimena warikuyigabira umuntu ukoze amakosa>> <<@deobiho says : Umena Camera koko ari iyawe?>> <<@deobiho says : Ese yaje kumfata kungufu. naze iwanje. ikicucu.>> <<@Erivalemediatv says : Much ๐Ÿ’•๐Ÿ’•๐Ÿ’• Sando, nisabire nawe bitabangamiye nkandira subscribe kuriyi profile picture yange>> <<@balancedlifetv says : Sando, bibaho umuntu abasha kuvuga ibintu bidahari ngo akubabaze. Pervers narcissiques niko bakora. Ikimenyetso cya mbere ku mukobwa ashaka kuguha happiness ku ngufu.>> <<@adolpheniyibizi4252 says : Imanzi itaha 23h00.Ndabona wayimereye gusoba.>> <<@balancedlifetv says : Komera muhungu mwiza. Bene abo bantu bakora ibintu ngo bikubabaze bakoze ku marangamutima yawe bayangiza bitwa ba pervers narcissiques. Ubwo rero kuba umennye camera uramunejeje ukoze ikigaragaza ko umutima wawe wajanjaguritse. Pole sana!!!>> <<@murekatetejeannette1985 says : Oya uwo muhungu nifeck kwangiza cameran siyo yari solution>> <<@AaAa-oi8kd says : Ukoz amafut kbs>> <<@AaAa-oi8kd says : Muhung ww wari mukur ariko ibint uze ntabweng wabisizemw urachobor kumen kamer cha nabant bogufacha Bari mwis>> <<@angedarlene1770 says : Ntagitangaje kirimwo erega nuko mushigikir abakobwa ngobafatwa kungufu nabahungu turabafata kunguvu ๐Ÿ™„๐Ÿ™„๐Ÿ™„ariko musore urambabaj basi warikunyihera iyo camera ikazontunga jewe basi ntabeshe kunkunda๐Ÿ˜’๐Ÿ˜’๐Ÿ˜’nkayo mafrang azizik iyuyampa Imana ntiyoguhemvye basi kuba wampaye>> <<@shamismith8083 says : Ampayinka ayibyinnyeho ariko abakobwa bagiye bareka kwihoma kubasore batabikunda koko urabona ukuntu yimeneye camera kugirango kimucikeho>> <<@irankundafrancine1340 says : Uzasabe imana imbabazi>> <<@irankundafrancine1340 says : Ubwose iyo kamera wanize uwo uyifashisha akayikoresha imana izabigihanira>> <<@ninapolo957 says : Zubahuza ari ba 2 kuko aho kumenya ukuri biragoye>> <<@bruchiinothalakhasacalgo594 says : Kuena camera si umuti, iyo uyimwihera ahubwo ubwowemeragako yayigizeho uruhari ukaba utakiyikeneye>> <<@dianekaneza5213 says : Uwo mukobwa n'ishetani pe!!>> <<@biziyaremyeaimable9512 says : Uwomukobwa yashatse kurya hit gusa>> <<@yesunumwami1003 says : Nimba papa wawe harashishutse kubitsike byiwe man sibose bamezegutyo bro>> <<@biziyaremyeaimable9512 says : Ikiganiro cyiraryoshye>> <<@biziyaremyeaimable9512 says : Kumenya uvugisha ukuri muri aba biragoye>> <<@biziyaremyeaimable9512 says : Jennifer yaretse gusebya uyu mu type>> <<@biziyaremyeaimable9512 says : Sando igira udushya abatumirwa baraha>>
VideoPro
>>