<<@ISIMBITV
says :
DEBORAH: +250781309303
>>
<<@bridgetnibasumba1642
says :
Deborah, ndagukunda cane. Kandi uvuga ukuri. Kandi uraciye ubwenge. Uburinganire hagati y'umugabo n'umugore mu rugo ntibushoboka.
>>
<<@NduwumukizaViolette
says :
Espe ndakwibutse muhomukeya ndagukumbuy cane kandindagukunda
>>
<<@jacobayanke463
says :
Uburinganire ntibushoboka murugo nukwuzuzanya. Nugufashanya nukwumvikana. None umugabo ahe ibere umwana. Noneho naho ataco umugore akora umugabo atoshobora ntibabikora kimwe, gusa bubahane umwe wese ahe agaciro icuwundi yakoze.-
>>
<<@ernestndayisaba639
says :
Deborah! Kugira utegere uko umugabo n’umugore babana neza; fatira ku inyamaswa uko ikigabo gikunda ikigore hanyuma ikigore kikubaha ikigabo! Hari ikigabo urabona kigwana n’ikigore?! A vous!
>>
<<@nshutpaul4846
says :
Ndaqx uyu mugore ni mwiza kubi uwamumpa. Knd ubu wasanga afite ikigabo cyimutesha umutwe, rata chr niyigira imbwa uzaze nkwirongorere koko
>>
<<@LINTON_WF1
says :
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 hejuru
>>
<<@sannyking810
says :
Féministe indirècte
>>
<<@spesnzorijana4651
says :
Komera Deborah, urateye imbere mu vyiyumviro. Sabin nawe urazi kurondera abantu bashobora kuterera ivyiyumviro muri société, merci beaucoup
>>
<<@catherinem9765
says :
Murugo hakenewe ubwuzuzanye.
>>
<<@fabiolanduwimana7174
says :
Intelligente Déborah
>>
<<@uwizeyejosiane1692
says :
Un homme doit reconnaître la valeur de sa femme hama vyose bica bigenda nezaa
>>
<<@uwizeyejosiane1692
says :
Waouh Deborah uruwa grave vrmnt
>>
<<@ndagijimanaaarlonjeandedie898
says :
Manariyo ndamuzi yakunda kwandika des Poemes kari na keza
>>
<<@uwizeyejosiane1692
says :
Ndagukunda sibanga ndiho abandany ahezagira ibikorwa vyamaboko yaw ma chrie
>>
<<@manairakizaemmanuella507
says :
Sabin bwira ingene nokurungikira umukeke sha nunva iwukumbuye.
>>
<<@beatricekayitesi3883
says :
Ibyo uyu mubyeyi avuga ni ukuri,abagore bo muri afurika bagira akazi kenshi,yewe nta n'umugabo wabivamo. Biracyenewe KO nibura muri izo nshingano zikomeye umugabo WE amwumva,kuko abagabo benshi basuzugura imirimo abagore bakora.icyo mwita uburinganire cyo rwose ntikibaho
>>
<<@rukundochristopher3101
says :
Sabin ndamutinya, aho ntihabuze agakuru afise kinyegeje kumugabo wawe, uravye nabi mumisi iza azomurungikira mudugudu ndimbati i mageragere....atanguye kugukoresha utiganiro tudafashe
>>
<<@fabiolasilyvain8880
says :
😘
>>
<<@impanda777
says :
Abantu bagira ikibazo iyo umuntu avuze ikinyarwanda cg akagerageza kukivuga baba bafite mind iri cheap, umuntu afite droit yo kuvuga langue ashaka yose mugihe abishakiye kugirango agaragaze proximité nabo ari kumwe nabo, twebwe iyo umunyarwanda akoze interview mukirundi we don't care nuburenganzira bwe,ariko abarundi nabandi bamwe barahaguruka bigacika,iyo iba ari complexe d'infériorité, meanwhile uyu mugore nimwiza pe
>>
<<@lucumuhire1390
says :
uti ntakidashoboka mu buzima sabin mais ku Mana byose birashoboka, bivuze ngo no KUDASHOBOKA BIRASOBOKA kuri yo, none se wabonye umuntu uba ari umusaza agahinduka uruhinja? uwacitse akaguru kakamera ? hari ibishoboka mu buzima byinshi kakaba n'ibindi bidashoboka bigasaba kwiyakira, bityo bikaba intangiriro y'ibyishimo n'ubuzima bushya .
>>
<<@niyomwungeresalomon6438
says :
Muburundi ntaburinganire uburinganire nihanze yurungo vyumvika ugarutse murungo witwa umufasha.
>>
<<@murekatetemireille
says :
Ubundi njye mbona Imana yarabicuritse!!!ubundi umugore yakabaye ariwe waremwe nintoki z'Imana ubundi umugabo akaza ari urubavu.....kuko ibintu bakora ntibibaho(no mumugi sha turahari)akanga kugushakira umukozi ngo utazava murugo ubundi ukizengurukaho bukarinda bwira,yanataha nishyi zikazamo
>>
<<@niyigenahonoratte1395
says :
Sabin abagabo benshi nta marangamutima bagira niyo mpamvu no kubabaza amarangamutima y'abagore biborohera kdi bakabikora bumva nta kibazo kirimo
>>
<<@ngiruwonsangasamuel8121
says :
Uburinganire ntibushoboka yewe ntanubwo buzigera bushoboka. Icyakora ahari Urukundo haba Ubwuzuzanye. Kdi ahari ubwuzuzanye ibintu biba bimeze Bon.
>>
<<@mariejoseeuwimana8236
says :
Iuwomudame ivyavuze nukuri.yubahwe.nanje ndumurundikazi
>>
<<@Ndihokubwayoale
says :
Ivyo nikizungu ariko ivyonibirahurano kandi simbizi umugore wubwenge ingene wavugako muruha mbe igihe Eva yavumwa avuga tiwamugore ujovyara urushe kandi ujobaho mumubabaro none se umaniza imana
>>
<<@uwimanalouise4599
says :
Aho mu rwanda mufite ikibazo!! Umugabo n' umugore n' abana bose barajyana bagasangira iyo bateguye gusohoka kurya hanze. Niba umugabo agiye wenyine akarya wenyine ndumva ari akarengane. Mu bihugu byateye imbere bose barajyana nk" umuryango bagasangira.
>>
<<@christineteganeza7447
says :
Umunezero
>>
<<@Gege12342
says :
Uzubwenge bwinshi Madam
>>
<<@GasanaLawFirm
says :
Ariko se ubu tugiye gusubira inyuma questioning uburinganire? Ntacyo umugabo adashoboye umugore adashoboye. Iyo ugiye gushaka uri fixé(e) ngo uyu ashinzwe undi ashinzwe iki deja harimo gusigana. Ubwo ugiye kumbwirako abashyitsi baje umugore ari mu cyumba kwitegura umugabo yananirwa gusuka icyo kunywa?! Ubu se ababa hanze badafite abakozi ibyo nabyo babigenderamo? Marriage is a partnership iri way beyond ngo uyu yoze ibyombo uyu ateke.
>>
<<@bridgetnibasumba1642
says :
Deborah, uri umugore w'incabwenge. Ivyo uvuze vyose ni ukuri ijana kwijana. Nta mugore n'umwe asaba uburinganire n'umugabo. Ahubwo dusaba ko umugore ahabwa agaciro akwiriye nk'umugore.
>>
<<@hilaire8478
says :
Une Dame aux faussette ! J'adore❤️ From Houston Texas.
>>
<<@huguetteniyonzima8586
says :
Vuga ikirundiii wangu.
>>
<<@katoisack-f2e
says :
Gukubita umugore n’ubukehabwenge
>>
<<@katoisack-f2e
says :
Turabakunda ntamacakubiri mukoresha
>>
<<@katoisack-f2e
says :
Mushikiwacu igumire
>>
<<@jacquelinendayisenga380
says :
Akanyu kose nta kosa pe! Wimeng uriko ubisoma ahantu
>>
<<@jacquelinendayisenga380
says :
Uri top et smart
>>
<<@jacquelinendayisenga380
says :
Har je muntu wavuze neza caaane, juste ko umugabo yo reconnaissant la valeur de sa femme. Kumva uburuhe bw'uwundi, la compassion
>>
<<@jacquelinendayisenga380
says :
Sha murubdukazi Uciy Ubwenge pe! Ubisuguye neza neza neza caaane. Nivyo Koko uburinganire ntibubaho pe
>>
<<@nidotv5291
says :
Absolument oui,abagabo nabagore ntibwo dushobora kungana
>>
<<@kennieishimwe7729
says :
Sinzii ko nabisiguye neza gusa ndamwumva cane...ico ashaka avuga ariko asabira abagore affection n'ugushikirwa n'umugabo mu bikorwa vyo mu rugo akora
>>
<<@kennieishimwe7729
says :
Par contre reka nunganire umurundikazi wanje.....mu rugo hakwiye kuzuzanya umugore akaba umufasha mwiza Hama umugabo akaba umutware mwiza I mean umwe wese ashikane inshingano ziwe kandi nkuko yabivuuze ABA mamans bararuha mu rugo rero nk'umugabo umutware w'urugo nawe ategerezwa gu reconnaissa ibintu akora akamukunda akamushigikiraa
>>
<<@kennieishimwe7729
says :
Sabin Let me try to respond this question yuburinganire mu rugo...... Nukurii ntibishoboka ATI gute ? Ibazee nkubu uvuga mu rugo n'umugore akavuga ? Ntihagire uwumvira uwundi ? Uburenganire naje sinumva ko bishoboka iyindi exemple noguha nkuku yakubwiye uburinganire muri société umugore aronke umushahara nk'uwawe( like salary) bikaca biba nkuko mu rugo ugasanga nta mugabo nta mugore
>>
<<@UBNYTV
says :
Ni umuhanga cane uyu mumaman, nkunze uburyo asobanura uburinganire
>>
<<@Fayimah
says :
hello my friend nitwa ❣️keza ndakwinginze mfasha ukande kwi photo yange unkorere subscribe ndagusabye mfashaG💯Tt 🎤
>>
<<@arsenerubega1699
says :
Kumu nyagwanda ntihabaho🤣🤣🤣nikumurundi twes niko tuhita
>>
<<@ndizeyechantal6979
says :
Abarundi turabaramukije abanyarwanda Bose mwubahwe
>>
<<@rukundochristopher3101
says :
Ngo ration.... Ico nikibazo cumugabo Wawe ....Uramaramaje abarundikazi . Taha I Bujumbura wewe
>>
NEXT VIDEO
>>