<<@kezatvshow1
says :
NB:UBUSABANE BWABAYE TALIKI 07/11/2021 nyuma yuku KEZA na ISIAKA biyunga reba video yo kwiyunga https://youtu.be/Ogc4y7HmNaE
>>
<<@dushimemaria5689
says :
Yaaaaaaaaga
>>
<<@dushimemaria5689
says :
Yaaaaaaga
>>
<<@uwasekevin5966
says :
Abatesha mutwe baragarutse🤫🤫🤫🤫🖤🖤🖤
>>
<<@happyrwanda1557
says :
Nonese Murundi ko atagaragara Kandi nawe yawe yari muri saga 💖 nonese umurundiwe yajemogute. Ko ngo yari show busy. Yaka ko abasangiza ibirayi yabahaye Ikanyama
>>
<<@anicetbankuwunguka3028
says :
Ababeshi barakiranye. Nimba ari journée w'ababesh?
>>
<<@lylyjaydia3714
says :
Big up Issiaka na keza,yaka gusubira gusangira game ndaryohew
>>
<<@emmanuelsendegeya807
says :
Oya mwaratwemeje kabisa keza arashoboye
>>
<<@RGM-s9b
says :
Ibicucu nyine byamarira 😁😁😁
>>
<<@nikizarahma1307
says :
Azabazamur kumafuti yanyu
>>
<<@nikizarahma1307
says :
Ahubw keza yarariy zulma amabok yaband bantu non warige utwita wew 😏😏😏😏
>>
<<@nikizarahma1307
says :
Indyadya gusa jemurandambir nukur
>>
<<@user-js4yi6xg4y
says :
habur murundi
>>
<<@butoyiliesse4699
says :
Bahuye Basa kbs 😅😅😅😅😅😅
>>
<<@Salut23455k
says :
Keza urarya nkuwicaye iwawe muri salon wibagiwe ko uri imbere ya caméra
>>
<<@niyonsengajoselyne3109
says :
Esewe komurya nkibisambo🤣🤣🤣Ariko nubundi muribisambo nari nibagiwe
>>
<<@niyonsengajoselyne3109
says :
Aba teka mutwe bahuye
>>
<<@mascutoman3807
says :
Yooo. Jado. Wewenturumugabo. Wewewigaraminda. Wenturumuntu. Wamujawe. Uryamwana. Azogutezimvabazi
>>
<<@mporanyisixbert3825
says :
Mwakoze kudutegurira mwabisambomwe
>>
<<@mascutoman3807
says :
Twarabamenye. Mugombamusubire. Muterimitwe. Ivyanyuvyarahinyutse
>>
<<@yousufyousuf1320
says :
Mwatwitse kweri nivyiza komwiyunze😍🤣🤣🤣🤣😍😍❤️👍🇧🇮💪
>>
<<@ngabotwizere1030
says :
Keza the not your number Stop lying to people
>>
<<@ngabotwizere1030
says :
Ok
>>
<<@ngabotwizere1030
says :
Keza That’s not your number
>>
<<@ngabotwizere1030
says :
Stop lying that’s not your number
>>
<<@ngabotwizere1030
says :
🤣🤣😂💵💵
>>
<<@sadiqisadiqi7363
says :
Uyumutipe jado afite inzara nyinshi!
>>
<<@africathegreat2784
says :
https://youtu.be/E0BRILkRPLI
>>
<<@thimmybubu1493
says :
5; 14 Keza arazishwanyaguye omg ubwambere mbibonye 🙈🙈😱
>>
<<@jeanberchmasnizonzima6058
says :
Murundi ariheeee
>>
<<@jeanberchmasnizonzima6058
says :
Keza iyo brochette urayishikura shaa
>>
<<@jeanberchmasnizonzima6058
says :
Kabisaa nimumpekooo kezaa nukurii
>>
<<@dianemuhawenimana3666
says :
Bon appetito
>>
<<@papymaisha4540
says :
Mutangiye ubugoryi bwanyu tena mwebwe ntana appetit yanyu
>>
<<@fatumafatuma8332
says :
Habuze murundi 🤣🤣🤣
>>
<<@12-jyung49
says :
Ariko Keza na Yaka harimo akantu kweri biri serious 🧐 🎥💯 iyo content yaturunse kuri love 💕
>>
<<@mdsadekmiya9638
says :
keza nimwibanire na yaka kuk umuntu umuzi ingeso ziww ivyakora vyos ubirwiza nubusa
>>
<<@aayeshakhan9962
says :
Abateka mitwe nu mugore wabo keza
>>
<<@irankundamunyansanga2513
says :
Ehhh keza urarya peee
>>
<<@jozifalmadhour3058
says :
Nimwigire neza ubuzima ni buto cane
>>
<<@niyonkurujacky6596
says :
Ariko uwomuhungu wiruhande afite a pet pe ndumiwe .
>>
<<@nzeyimanaaudace5013
says :
Ngo Pastor😁😁😁😁😁😁 lmana irihagana p
>>
<<@nzeyimanaaudace5013
says :
Muragaritse mubeshe abana bimana Ubuhoho nibazako mutazasubira guhanura🤦🤦🤦🤦abatekamwitwe Mubaho ariko keza nawe Uzogabe ukazo isubira urmfise amhigwe yokubura uwomwubakana burunduuuuuuuu
>>
<<@kanezavanessa9667
says :
Oya keza ntukiyobeany kuki watora amahera yabantu kutavugishize ukur katanda ufise ukobihora ukemera kwakira amafranga yabantu sha mwasaban imbazi wew nubwo uzogira ikibazo ntamuntu azosubira gusohora afranga yabo kuko bazobon yuko arikubesha nawe wamupasiteriwe kabuki wew uzakubesha ngo iman yagutumy.kwakeza mwagiy muvugi Sha ukur ubu.rero murabonyeko abafan babase nubundi ntawuzongera kubizera
>>
<<@irankundamunyansanga2513
says :
Musubire sha
>>
<<@umushamboyassin8836
says :
Muryohe shia ntagitima kibi😍😍😍
>>
NEXT VIDEO
>>