<<@iraguhajeandamour8922 says : Manaweee denyse wamae nmbr zae>> <<@deonzirorera2588 says : Ese wavuze niba ugikunda Promise>> <<@bizimungupacifique7561 says : tegea came down baby jyamugakino nkabandi sha! haruka@gasaro tv>> <<@bwizanatacha4 says : Uzazane Jeanne>> <<@uwishemalosine4252 says : Ni yanyana y'imbwa jolly yavuze.ese kakuye amaboka mumufuka kagakora kakava mubuzimwe.ese ubundi promesse mumukundira iki kombona arakabwa😜🤭>> <<@ndimurukundo-f2n says : Urya musore ntaragera kwitekerereza. Aracakeneye ababyeyi ngo bamutekerereze bongere bamufatire ingingo. Jane yihangane kuba yakunze umwana. Izo ni ingaruka zogukunda impinja mumitwe. Niyihangane. Promesse ntiyoba seriye Kandi akiri umwana. Mumutahure. Hama uyu mu sista nimwiza ararenze Promesse. Ntibakwiranye. Uyu mu sista yaratomboye kuba atakomeje na Promesse. Promesse yishakira akanoti ntakindi>> <<@uwimanaanita3443 says : Yarambabaje kubona amuvuganabi Jann atingeze amuvuganabi>> <<@uwimanaanita3443 says : Gusa promes amenyeneza KO gukinisha umutima wa Jann vyatubabaje kumvang numukecuru kare niyamubona yirigwaga inyumayiwe apfukama nomufata nomukubita ikofe rimwe>> <<@uwimanaanita3443 says : Sandaraa tuzanire Jann njew ndamukunda kuba promes yasebeje Jann vyarambabaje. Kuko mukwinjira murukund yaramubona cânke yashakakumurya imbwagusa>> <<@jakiimbabazi3711 says : Ni hatari pe>> <<@landryrukemampunzi8982 says : Niba ari imbwa uri imbwakazi>> <<@Energyengineering-sv6xo says : Promise nimbwa mbi cyaneeee>> <<@jeanineniragira7524 says : Nubundi ntimwari mukwirany sister wallah promesse ntimukwirany kand uvuga ukuri>> <<@angedarlene1770 says : Bamuba abantu bakuze mwese nne ndafise ikibazo nene Tegera weho komwakundanye muhebanye ucubonako atarukundo yarafise abahungu nabana babandi nuyomurikumwe yoguhinduka kandi uvugako urimumunyenga iconoguhanura hagarika izombuga usengere uyomukunz wwe Imana ibahe muban ataruk ntubon nuwomurikumwe yokumerer nkuwo Promesse muhagarike amajambo mwarankany vyarahez mureke kusevyanya nibisanzwe mwese mbambon mwiberey abana mumutwe>> <<@irakozeevelyne6603 says : ndagukunda sando tegera yarakuze disi waoo mukomere cane>> <<@irakozeevelyne6603 says : tegera wewe ubwo ntiwakoze akantu kugira bankane?haaa gusa promesse numwana mubi.komera tegera ariko wewe muz mwihurize na jeanne ntacomupfa>> <<@tuganir says : Aheeeee aya mazina ararambiranye mumatwi yabantu pe niba mwarabuze ibindi mwaganira nimubivemo nukuri.>> <<@biziyaremyeaimable9512 says : Big up sister you are right>> <<@biziyaremyeaimable9512 says : Abamaterialiste babahungu baradusebya>> <<@biziyaremyeaimable9512 says : Type yanditse amateka>> <<@sindabahinyuzajdediue9814 says : Muratwika mukimanukira>> <<@Erivalemediatv says : Big Congs Sando, Reka nisabire wowe bitagoye nkandira subscribe kuriyi profile pic yange>>
VideoPro
>>