<<@safariangella9035 says : ๐Ÿฅฑwhen you will end your movies Kigali 250 wee ๐Ÿ‘ฝ>> <<@Cherissa_ says : Yewe umugore we agumana icizere Imana imujimbere gs araraba yisubirire muhira iyaturuka kk icogisagara ntikibamwo uwubishaka kibamwo uwubishoboye kd abagufasha ntibaz ngubwonyen ushbor kuzofashw gs bitevye>> <<@Iwacuheza12 says : Beteye agahinda cane, gusa umugabo afite ikibazo cubukene nicho cyatumye ahuga ichingano zurugo.>> <<@looc3489 says : Yoooo ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ฑ>> <<@klodeenkoko1119 says : Keza ukoraneza from burundi>> <<@butoyicloud1268 says : Imana niyo nkuru izagutabara komeza gusenga ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡ฒ>> <<@loveinaction8111 says : Gusa sandri turagukunda ariko nawe za ufasha ukwushoboye>> <<@irakozeevelyne6603 says : uwunimwenewabo na chania non kugatumba ntimuhafis??>> <<@irakozeevelyne6603 says : non ntaho baba bafis bavuka cank bakunda kuba mumijii??nama film sha>> <<@irakozeevelyne6603 says : film ntirahera>> <<@iranziseer5641 says : Yoooo๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ข'birababaje ariko nukubuzima butoroshe ntiyaragakwiye guturugo ;.none keza wewe kubona uwomuvyeyi wamawagiye kumusura mugakora ibiganiro aba mwishamba !warananiwe basi nukumukoteshereza inzu yamahera make namezi nabiri ๐Ÿค” nikumuvyaza umusaruro gusaa๐Ÿ˜ซ๐Ÿ˜ซ๐Ÿ˜ซ๐Ÿ˜ซ>> <<@safariannonciathe1928 says : Ntibishoboka>> <<@rehemaoman7777 says : Toka wew ukunda inzererezi zabagore>> <<@mugishaburundi3146 says : Nn ntimwobashakira ahokuba kwel mukabarabira igishoro>> <<@ndayiragijendayiragije7441 says : Uwo mugabo yahunze inshingano kuko ntabushobozi afite ubukene nibubi peee>> <<@penine8928 says : Ariko yooo iyonzu abamwo nukuri ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ>> <<@tonnybrea833 says : Yooo Birababaje.umugabo.nawe Ntabuzima.afise.numugore.nawe.nuko๐Ÿค”๐Ÿค”๐Ÿค”๐Ÿค”๐Ÿค”๐Ÿค”>> <<@mukizadorothy1105 says : Akunda umugabo we dis ๐Ÿค”>> <<@MediatriceOfficial says : none ahantu atayakuzaniye ubu yayaguha hh ubukene nidange>> <<@francoisebeti6989 says : Number 3๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฌ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฌ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฌ>> <<@vichouviva6169 says : Namba 2>> <<@majedalotaibi9350 says : Number one ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ>>
VideoPro
>>