<<@muhozachance2689 says : Abagore du kunda abagabo nukuri umugabo akaguta ukuraho ukongera kumwifuza๐Ÿค”๐Ÿค”๐Ÿค”๐Ÿค”๐Ÿค”>> <<@ryna4903 says : Ariko ko muhaha nkabafite amafaranga kandi muzi yuko arimfashanyo idahoraho Uyu mu maman afite abana kugirango asunike iminsi mwari kugura umufuka wโ€™umuceri nโ€™uwibishyimbo; amavuta; isukari n,ifu yโ€™igikoma. Wenda udusagutse akaba atwifashisha>> <<@dianemuhawenimana3666 says : Waouh mm mbega byiza imana ihabwe icyubahiro ko yabonye inzu merci Sandrine ๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™โค๏ธ>> <<@share-u2k says : BIRIHUTIRWA KU BANYARWANDA BOSE BARI IMBERE MU GIHUGU/ AMAKURU YIHUTIRWA ASOHOTSE UTARARA UTAMENYE https://www.youtube.com/watch?v=VhPMo__ExUchttps://www.youtube.com/watch?v=VhPMo__ExUchttps://www.youtube.com/watch?v=VhPMo__ExUc https://www.youtube.com/watch?v=VhPMo__ExUchttps://www.youtube.com/watch?v=VhPMo__ExUchttps://www.youtube.com/watch?v=VhPMo__ExUc>> <<@vivipro3172 says : Amena mena๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿ‘>> <<@zizonazi3770 says : Keza.imana.iguhezagire peeeee>> <<@divinevumiliya6607 says : Keza imana ikomeze iguhumugisha mwinshi cyane>> <<@yousufyousuf1320 says : Nivyiza cane๐Ÿ‘๐Ÿ™๐Ÿคฒโค๏ธ๐ŸŒน๐Ÿ’๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ>> <<@byiringiroangelo1613 says : Sandri imana iguhe umugisha utagabanyije>> <<@nakuretheonest8507 says : Iman izabahe igishaaa uwo mubyeyi Yara babajeee peeee>> <<@Cherissa_ says : Yooo nivyugushima pe umugbo akaronk amakuru acagaruk ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ arik Imana ihumugish abakoz ikintu>> <<@yuui1878 says : Wow Amen Amen ๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿฅฐ๐Ÿ™๐Ÿฅฐ๐Ÿ™๐Ÿฅฐ๐Ÿ™>> <<@wisdomhamu2737 says : Ibikogwa mukorer abantu bari mubibazo mvasabiye kuzabon ijuru Imana inabahezagire cane>> <<@Umukundwa136 says : Imana ishimwe Sandrine nawe imana iguhe imigisha kubwirange ugira๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™>> <<@mugishaSibomana5125 says : Hei>> <<@webbryr5568 says : ๐Ÿ‘๐Ÿผ๐Ÿ‘๐Ÿผ๐Ÿ‘๐Ÿผ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‘๐Ÿผ๐Ÿ‘๐Ÿผ๐Ÿ‘๐Ÿผ๐Ÿฅฐ๐Ÿฅฐ๐Ÿฅฐ๐Ÿ™๐Ÿ™>> <<@irakozeevelyne6603 says : nimwenewabo na chania.iyisi irababaj.umugabo akavyara rimw ntiyakwandikishij ntamituel ukongera ukongera nubu nguramukeney ibibazo bizomarwa nubujijuke bwabantu.arijew nahoyogaruka sinomwakira atemey kunyandikisha .non abobagabo ntamucyaro bagira kuburyo abagor bojakurima??asha vyukuri ukavyara 2 gatatu utanditswe?mwabay gut>> <<@irakozeevelyne6603 says : arikuyumudamu aratwenza.abana bamaz igih batarya uzakubagaburira macaroni??iyuteka ibishimbo nimboga numuceri.ngwamafiriti haaa biranagoye wamuvyeyi we uje wiyunvira nkumuntu akuze.arijew barikunsumira bike bakampa nagatahe ejo nazinduka kudandaza.ibiharuro vyabantu sibimwe.kimwe gusa abagore nabakobwa ubwenge sibwinshi>> <<@irakozeevelyne6603 says : uyumwana sinigera nemera kwatari uwashania>> <<@irakozeevelyne6603 says : akamutera niyindinda.ati agufashe kurera abana haaaa vuguti ndamukunda sinomureka.umugabo aguta murimuntarimwe nihatari mwiyisi>> <<@irakozeevelyne6603 says : chania nimba atari film wige gukoraneza.uwo wimy Indaro Imana Imugiriy neza>> <<@irakozeevelyne6603 says : vyiza nimbatari rilm>> <<@patrickbizimana8439 says : Keza weho nundi muma wakodeshereje inzu uwo mugore utarufite aho aba mwakoze neza cyane cyane kandi imana ibahe umujyisha>> <<@yvanna9233 says : Keza imana ikwongerimigishya๐Ÿ˜๐Ÿ˜๐Ÿ˜๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ฆ>> <<@didi-dr1di says : Sandra wambye nezaaa uraberewe cane kandi abakoze ico gikorwa cogufasha UWo muvyeyi Imana ibahe umugisha nukuri๐Ÿ˜ข๐Ÿ˜ข๐Ÿ˜ข Yesu abahe imigisha abantu bakoze ivyo bintu๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿ‘>> <<@Iwacuheza12 says : Nice job, kandi wabaye neza rwose.>> <<@kabatesilydia8845 says : Rwose my sister imana ibahe umugisha pe๐Ÿ™cane>> <<@ุฎุฏูŠุฌู‡ุจูˆุฑู†ุฏูŠ-ุถ1ุจ says : Egodisi.umugabomwavyaranyebibabigoye.kandinawuracarimuto>> <<@noadieamimu5857 says : Keza wubahwe>> <<@iranziseer5641 says : Asante myngu ๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ‘๐Ÿ‘,kubantu mwese mwitabze kubquyu muvyeyi Imana ibahe imigisha ๐Ÿคฒ๐Ÿคฒ>> <<@esperancentaconayigize4517 says : Yemwe bantu b, Imana no ku musi wa zรฉro irakora>> <<@esperancentaconayigize4517 says : Imana ishimwe ihabwe icubahiro ๐Ÿ™‡โ€โ™‚๏ธ>> <<@barakaasiat4468 says : Keza disi nukuntu yivuganira ituze n.akajwi ke kavura stress.>> <<@barakaasiat4468 says : Keza disi lmana iguhe umugisha nukuri uramutabarije nawe lmana ijye igushyigira mubyo ukora mukobwa mwizaa>> <<@barakaasiat4468 says : Keza nawe urasetsa ubuse Hari umugore wanga umugabo we?uzabimenya nushaka>> <<@florenedannywiny5411 says : Mukuru YESU abahumugisha nukuri izosubise aHo yakuye>> <<@izibikwiyegrace485 says : Keza Imana iguhe umugisha ๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿ‘>> <<@niyonkuruconcolatteconsola4792 says : Imana ishimwe kabisa>> <<@irakozeblaise6755 says : Irabikoze Imanap uwiteka niwemanayacu shimwandiho>> <<@jemimasifa6056 says : Congratulations>> <<@riziki7968 says : Imanishimwe nukuri Kandi ihezagire uyo muntu yamufashije isubize aho yakuye>> <<@naginnagin6297 says : ๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿคฒ๐Ÿคฒ๐Ÿคฒ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ>> <<@iyaduhujealine8938 says : Imana nishimwe abobanu imana ibakubire>>
VideoPro
>>