<<@uwamahorojacqueline8016
says :
Eeeeeeeee esubwo watinyuka kujya gutera isesemi shania nibyo wamukoreye umva ubambisi nakururape
>>
<<@ndayishimiyeesperance5420
says :
Yoooooo Mana niwe ukwiye kurengera abawe gusa umuntu ntiyovuga nabi ncagwe avuge yose buraca bugacana ayandi
>>
<<@rehemaoman7777
says :
Nyenivyondo 😭😭🤗🤗
>>
<<@rehemaoman7777
says :
None ntiwogenda Uwanyu mpaka munzu yumugabo ahubwo ugiye kumusohora nubu gome bwawe
>>
<<@nshimirimanaemmanueline3410
says :
Nihatari kbs
>>
<<@jacquelinemuhorakeye4447
says :
Sahania mubabarire nawe harigihe vyogushikira ubuzima bwo muriyi isi bigendabihinduka
>>
<<@weathcreationandinspiratio3315
says :
Hey 👋 👋 👋 I have 👋 I will be familiar to the machine in the next 😉 months real est will let the
>>
<<@eliudhashamanofficial1799
says :
Oya mugomba kubimenyako iyo ubana numugabo amategeko atakuzi nyine mubamuri muburayaaa mwarimukwiye kubizirikana
>>
<<@eliudhashamanofficial1799
says :
Nubwo ari théâtre muri gukina . Ariko isomo ririmo isi nigatebe gatoki .ntawe itanyagira. Iyo ukorera umuntu nabi ujyewibukako ariweho bibayehoo ?
>>
<<@eliudhashamanofficial1799
says :
Ubwo tu niyo nayo ni théâtre ?
>>
<<@eliudhashamanofficial1799
says :
Sha Kigali yanyu ni dangeux. Niwabatarira ntibunvee
>>
<<@kayitesielyne6510
says :
Mufite ububeshyi bukabije buteye asyi bwa mbere wa vuze ko wasamiye kuri onapo none nyuma ngo ntayo wafashe. Izi 📺 zi rda nakandare
>>
<<@innocentiratubona3982
says :
Umugabo wiwe n'igikoko pe!
>>
<<@innocentiratubona3982
says :
Yoooo Shania thanks a lot!mba I Burundi mais iyi situation irankoroje amosozi.iyomba hafi namwakira n'uruvyaro nkabitungira
>>
<<@ялюблюего-х7ю
says :
Wa mugore we, uze wirinde gukora ikibi, iciza kikihari. Wabonye ko Shania usubiye kumukenera !
>>
<<@gdetv5528
says :
https://youtu.be/rpwfy9gGxKo
>>
<<@عبداللهالدوسري-ل4ر
says :
Ashinia ufise inyenyeri y'Icubahiro yisengere cane
>>
<<@عبداللهالدوسري-ل4ر
says :
Shania apfukamirwa burigihe ntamuntu utamupfukamira buri wese aramupfukamira🤣
>>
<<@geraldinemanariyo3458
says :
Ibibintu nuburyarya mwateguye babi iyomikino siyo
>>
<<@ryna4903
says :
Ariko se Shania arariha inzu yuwo mu maman, amuhe amafaranga narangiza anayimucumbikiremo? Uwo mu maman yibagiwe amuta hanze afite umwana ?
>>
<<@esperancentaconayigize4517
says :
Shania murute umuhe indaro Iryo n, isomo
>>
<<@florenedannywiny5411
says :
Shania urakoze kumubabarira Hama Ico nohanura uyomugore namwitwarire ubutungane barafise icobafatirako Nyimba mutasezeranye abana yarabiyemejeko Nibo bokukuvugira cubwenge wamugorewe
>>
<<@yankurijerodia7701
says :
Ahubwoc wagiye mubuyobozi bagakemura icyo kibazo
>>
<<@yankurijerodia7701
says :
Ibise birashoboka u🤔🤔😭muntu asaba uwo yimye😭😭
>>
<<@mbabazivestine9684
says :
Ese madame wagiye mubuyobozi bagaha uburenganzira bwu mwana
>>
<<@mbabazivestine9684
says :
Chania tanga imbabazi
>>
<<@mbabazivestine9684
says :
Muvandi mubabarire ejo cg ejobundi byashoka ko byazakubaho
>>
<<@mbabazivestine9684
says :
Ariko chania babarira abana
>>
<<@mbabazivestine9684
says :
Hiiiii8iiiiiiiiii ndumiwe chania aratwite
>>
<<@mbabazivestine9684
says :
Huuiiuuïiiiii
>>
<<@mbabazivestine9684
says :
Chania gira umutima wurukundo tanga imbabazi
>>
<<@mbabazivestine9684
says :
Ariko keza ngukunze kubi pe wamugorewe wibuka uburyo watesheje umutwe murumuna wajyd
>>
<<@mbabazivestine9684
says :
Mubabarire muvandi
>>
<<@mbabazivestine9684
says :
Chania wibagiwe aho uvuye. Wagiye ugirimuhwe
>>
<<@irakozeevelyne6603
says :
ubwa1 wavuzengo wasamiy muri onapo ubunaho ngo onapo yariyakunaniy.nama film nabirya vyogusohora chania vyaribikino ariko nimwikinir
>>
<<@irakozeevelyne6603
says :
ngoburaya haaa ntamugabo novyarira 2 ataranyandikisha
>>
<<@irakozeevelyne6603
says :
chania tangindaro kuko isi ntisakaye kandi woye kwiyemera kuko mwisi nimwisi nubwoyoba ari film
>>
<<@irakozeevelyne6603
says :
keza sandrine mubantu nkunda abana barimwo ntuzongere kubwira umwana nabi.nubwo yoba ari film ngokundeba nabi?uyumwana wimyaka 5 yokuraba nabi mubiki? usubiy kubwira umwana nabi sinzongera kuguha like
>>
<<@irakozeevelyne6603
says :
ayama film wapi
>>
<<@Cherissa_
says :
Ukuniko na mama wa keza yanse gufash souvenir naw yokwisanga amezuku bury wotum ugakor ubugome wihishije kk ejo ntahuzi pol xn mama
>>
<<@guhirwaanitha8816
says :
Ibyisi nigatebe gatoki ukandagira isi ntahonyora ibyisi namabanga Shania yaragowe kbc kibaye na mama ange yakarebye ibyuyi mudamu
>>
<<@dianeusankabanyu1741
says :
Ariko nanisoni ugira koko Uri ninjiji uribuka ukuntu wamusohoye nubwirasi bwinshi sha wa mugorewe irikigoryi cyaneeee Chani iyo njiji uyihorere wibuke ibyo yagukoreye uziko namuhwe yakugiriye nawe nuzimwereke
>>
<<@نىل-ج5ع
says :
Nihatari iyi link uyoherereze mama ange ndagusavye
>>
<<@cyusagrace4577
says :
Shani ubemaso nutabamasi birakureba arahaguma
>>
<<@dianemuhawenimana3666
says :
Ariko Shania WE yaragowe pe nihatari gusa birababaje kweri 🥲🥲🥲🥲🥲
>>
<<@ndabarushimanaezechiel6559
says :
Isi ntisakaye dukwiye kwitonda Kuko buraca bugacana ayandi🇧🇮🇧🇮🇧🇮
>>
<<@ngirinshutiemmy6452
says :
Chania nawe yaruha pe Abantu bose niho baruhukira kok narumiwe pe🤔🤔🤔🤔🤔
>>
<<@izibikwiyegrace485
says :
Shania Bucisha make ikibi cishurwa ineza buzawihangana isi ntisakaye
>>
<<@sisilburundi2741
says :
None iyi rofa umugabo avuzengo ndakwirukanye ucusohoka sha jewe sino sohoka ninda munda sinshobora yofumanyica ariko nkaguma munxu🤔🤔🤔🤔🤔
>>
<<@انيسهكيرتيا
says :
Ewe mana kombona abagabo bikigihe ntamitima bafite basi yagumana abana 😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
>>
NEXT VIDEO
>>