<<@InezaEmmabertile
says :
Sabin kubiganiro vyawe bingeza kurundi rugero respect vrmt❤
>>
<<@annemariebihirabake6444
says :
Dieu merci qu'il a été délivré. Prions pour ceux qui sont toujours ligotés par l'alcool et d'autres stupefiants
>>
<<@annemariebihirabake6444
says :
Ndakeje Mr Crepin ku gitabo ciza yanditse n'impanuro nziza cane cane zihanura abantu guheba inzoga. Ariko ndakeka ko we ivyo Avuga ni "uguhungira ibibazo mu nzoga". Biratanye n'unywa ari Lucide et Responsable.
>>
<<@ndandaundayishimiye514
says :
Murakoze cyane
>>
<<@utamurizaariane1735
says :
Uyu mugabo ni umunyakuri pe!!!
>>
<<@Nicolekaze24
says :
Mw'i Jenda hasigaye ari region psychologique🤣, uhereye à 17km de Bujumbura ukagera à 25km de Jenda, upfa kuba wafashe RN7
>>
<<@sancleoffice4737
says :
Sabin 😂👌🏽👍🏾 ati < inzoga ninziza kubayikwa ariko nimbi kumuntu utarigeze ayisomaho > quote
>>
<<@nyiranezachristine5942
says :
Muraho muduhe icyo gitabo
>>
<<@byiringirobertin2548
says :
Ukuri ntiwa kwiha lmana ngo unige umubiri muzima gusha ningenzi cyane
>>
<<@etiennebanyanse8125
says :
L'alcool est un danger en santé public .
>>
<<@nnk8709
says :
Uri sincère wa mugabo👍🏽
>>
<<@nathanndamage173
says :
Inzoga ni uburozi bwica buhoro buhoro.
>>
<<@nkundwajeanne2131
says :
Ndaluzi munsuhurize sabin
>>
<<@burundishallsmile1day109
says :
👋🏽Amahoro neza! Nanje muzompe ijambo ndabayagire nani😉
>>
<<@ildephonsesibomana8544
says :
Urigito warahemutse
>>
<<@jacquelinerukuki6952
says :
Nahishakiye Crépin turamukije abarundi benewanyu bo muri Mugongo Manga
>>
<<@amidusalumu8839
says :
Sab ndashaka uzasubize uyu wamutumiye kugira atubuze kunwa ndunva arwanya umuryango mweranda
>>
<<@jeanpierreaimeh
says :
Crépin ndamuzi kera kw’ishure mu Ryarusera. Nari mutoyi cane yiga imbere yanje nguma mfise souvenir nziza yiwe. Il protégeait les enfants de la 1ère année primaire. Sinomwibagira kabisa. Icompa tugahura kandi.
>>
<<@chantalnishemezwe1611
says :
Sabin waduhaye ibiganiro vyinshi ariko iki kirantunguye!!!Any way yariyo nzira yiwe ariko sukuvuga ngo Abapatiri Bose baca mwivyo bigeragezo,novuga nti umwe wese afise iherezo ryiwe.
>>
<<@sergemanyinya1717
says :
Yesu Yesu
>>
<<@jeanboscobizindavyi6323
says :
Mwiriwe neza, uyu ntiyabaye patiri. Yabaye uwo bita opportuniste.ivyo avuga ni ivyiwe, ça n'angage que lui.
>>
<<@sammyjimmy1718
says :
ATI nabanyamulenge icyonikinyoma kb harikinyarwanda aba nyamulenge batunva byibura ikirundi
>>
<<@kushkageruka2471
says :
Amahoro y'Imana Crepin . Icyo igitabo wakimpaye mu abambere . N'ubwo ntanywa inzoga , nta ikiza nakimwe kirimo. Murakoze kugira inama aba Kristu kutanywa inzoga . Ubane n'amahoro y'Imana n'umuryango wawe .
>>
<<@dominanyinawumwani1375
says :
Manaweeeee muramu wange burya muli kiliyagihe nibwo wakijijwe nge nalinziko wali warakijijwe kera wahise ukura mugakiza cyane kuburyo numiwe nabonaga warakijijwe keraaa ibyo biterane ndabyibutse Imana ihabwe icyubahiro
>>
<<@rosehakizimana8691
says :
Kuvyerekeye Ama Religion aba Gatolika canke ayandi Madini ntakintu kinini nobavugako kuko N Abicanyi n Imboregwa Ivyo vyose bakabigira binyegeza inyuma y Imana Akarore Aba Musilma babesha ngo banywa Coca Bagashiramwo Wyski Gatorika nibo bambere bakora Politike y Urwanko nukwica Aho mvuka 1993 1996 mw ihonyabwoko ry Abatutsi Patri mukuru yahamagaye Abagore n Abana ngo agira abanyegeze Baruzura Isengero Kumusi ugira gatatu ahamagara abaza kubica Ibihumbi vy Abana Abagore n Abakecuru bahonera muriryo Sengero Kandi bigigwa no ku Masengero yose yo mu Mitumba ye gukira aho hantu
>>
<<@rosehakizimana8691
says :
Jewe chaque soir mfata Akarahuri kamwe k Umuvinyu sindigera ndenza Kuko ntigeze nja mu Bubare ntangorane Mfise Biragoye cane cane Abagabo kuko badaheza ngo bigerere Kubera uwo mugenzo Kandi bigatuma bataruhuka neza Ninaco gituma usanga bataramba
>>
<<@rosehakizimana8691
says :
Ndemera neza ivyo avuga ku nzoga Ariko Inzoga zikarira Abantu bakunda companies Kuko kenshi Abantu bakunda akabare baba bafise groupe y Abantu batatu canke barenga Iyo groupeihurire kunzoga noku Biganiro Bigatuma iba Akamenyero mukunywa Inzoga nyinshi
>>
<<@jeanmariebizoza6013
says :
ETSA(ECOLE TECHNIQUE SECONDAIRE D'ART DE GITEGA) YUBAHWE SANA, NAYO UTUYOGA TWO NI GAHUZAMIRYANGO,AHUBWO IGIKURU N'UKWIGERERA
>>
<<@euphraimbahandwa8329
says :
Ariko buriya Sabin sate 😂😂😂
>>
<<@fulgenceirakoze865
says :
Love from 🇧🇮 🇧🇮🇧🇮
>>
<<@nestorhakizimana2702
says :
Ndaramukije Crépin dusangiye commune d' origine
>>
<<@ndayikejegilbert5966
says :
Uracari umurundi nta ngorane ururimi rwawe ni ikirundi nubu
>>
<<@nzimanu
says :
@Sabin, yahimbye umutwe w'iyi nkuru🤮 ngo agire VUES nyinshi! C'est malhônette👎
>>
<<@Mananziz
says :
11¹11
>>
<<@AlbertEinstein-gx6xp
says :
Apostle Paul Gitwaza yubahweeeee
>>
<<@cosettembonicura375
says :
Mon prof de maths en7 e Imana iguhe umugisha .
>>
<<@emiliennetiti7192
says :
Mon prof de mathématiques au Lycée Étoile des montagnes. Ndabatahije
>>
<<@alphonsinekamikazi9923
says :
Uyu mugabo numudamu we barakijijwe pe ndabazi. Imana ikomeze ibahe imigisha
>>
<<@tekanezaviocheftv1949
says :
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤🇮🇹🇮🇹🇮🇹🇮🇹🇮🇹ukuri kuraryana ariko nikwiza mugipadiri nomukibikira haribeshe bashakakorongora bagatinya kubivamwo bagasambana wotuma ubivamwo ukajakurongorwa carwa kurongora
>>
<<@charlinecharline9002
says :
Merci ce témoignage Nibyo rwose inzoga ni mbi cyane..
>>
<<@daphrosebutoyi5138
says :
Ntanagahunda yukuba padiri yarimwo
>>
<<@daphrosebutoyi5138
says :
Sabin kosora iyo titre ivugako yabaye padiri
>>
<<@ruzoviyomatirida4004
says :
Uvuze ukuri kuko 90% y,ingo zisambuka benshi banywa inzoga n ubwo n,abatazinwa batandukana ariko abanywanzoga bobo birarenze
>>
<<@patricknkurikiye6492
says :
Ubuhamya bwiza
>>
<<@kwizerajeandedieu3431
says :
Imana ishimwe KO wabohotse komeza wigishe
>>
<<@bizimunguadolphe1973
says :
Mzee wanze kuba iryarya kbsa💪
>>
<<@hakizadavid5794
says :
Sabii yashaka akigumira mu gipadili kubera nta catholique ntaba poloti bakurikira igitabo kimwe
>>
<<@davidmuneza3883
says :
🇮🇱🇮🇱
>>
<<@SunShine-rq9yy
says :
Crépin aho ntitwemeranya kuri police kuko iyo bakoze alcotest bagasanga warengeje limite autorisé baraguhana ahubwo bakaba banakwambura permis. Ahubwo wavuga ko bada controla buri munsi ariko uwo bafasha bamuca amende yaba ari kumwe n'uwundi utanyweye bakamusaba gufata volant.
>>
<<@8olyhi9
says :
Abo i Mugongomanga turagushigikiye.
>>
NEXT VIDEO
>>