<<@zizonazi3770 says : Keza turonderere umugabo wiwe baze bibanireshaaa>> <<@kabisamurashoboyz5447 says : Amen amen amen imana ishimwe can kuvyo ikorey Uwo muvyeyi Kandi I he zagire abo bantu bitanze bakamugurira matera nziza can nawe keza imana iguheza gire Mubikorwa vyawevyose kukwi tanga kwanyu Naka mera mani wawe>> <<@kabatesilydia8845 says : Keza nukuri nawe uritanga cyane hamwe nabo bamuba hafi mukomerezeho pe>> <<@nakuretheonest8507 says : Sandirn imana izage iguha umigi Sha peee>> <<@نىل-ج5ع says : Sadri ndagukunda nzava iburundinjekugusura>> <<@poulinemujawayezu2232 says : Njyewe mbona uyumubyeyi ASA shaniya>> <<@esperancentaconayigize4517 says : Sandra Imana izobiguhembere>> <<@esperancentaconayigize4517 says : Imana ishimwe ihabwe icubahiro 🙇‍♂️ 🙇‍♂️ 🙇‍♂️>> <<@webbryr5568 says : 🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🙏🙏🙏>> <<@clarissendayisenga6138 says : Sabdrine nukuri IMana iguhe umugisha mwishi>> <<@عبداللهالدوسري-ل4ر says : Rekana nabobantu kuki igihewamurondera ko wamubuze ubu yobayagizikibazo hakaboneka uwubikubwira ahowamurondereye kutabonye uwuguha amakuru ahari?>> <<@realsamaritannurse6675 says : Irebere ibyiza byo gukora imibonanompuzabitsina neza 👇👇👇👇👇 https://youtu.be/QPBHb2HiyTg>> <<@عبداللهالدوسري-ل4ر says : Keza nawe nabo mukorana Imana ibahezagire>> <<@عبداللهالدوسري-ل4ر says : Imana Ihezagire umuntu wese ariko akora ibibintu>> <<@irakozeevelyne6603 says : waoo keza vyiza can>> <<@bagirejames9499 says : Gusa Iman izaguhemba sandiria🙏 uwomugabowe mumushake babane sha>> <<@ndayiragijendayiragije7441 says : Ubwo usanga abanyerondo bamusanze kukibaraza baramukubita kuko nibenshi bakubwitwa murubwo buryo ndamuhaye pore yihangane>> <<@sebagenifaustin2045 says : Nyamara Sandri, uri kugakora pe!>> <<@MediatriceOfficial says : Uyumugore nikuremwo umugabo yabafise umugabo ntiyarikuguta natuze are abana mad ugomba kongera kuvyara koko mana we umuntu atakugirira impuwe>> <<@MediatriceOfficial says : Uyumugore ngira agomba ko aza akamutera iyindinda ntavyafise abaha umugabo yabagukunda akaguta akagenda rek mada jijuka wewe wishakira umugabo gusa hhhh ugomba kuvyara atacufise ubaha>> <<@Cherissa_ says : Yewe yesuweee ni htl>> <<@francinenahimana7289 says : oya ntiyagutaye kubera akwanka nubuzima bwamuvanze disi urunvako yiyunviye kwiyahura imana ikamurinda ese icyo gitenge yogikura hehe nubuzima afite>> <<@yvanna9233 says : Yoooo pole sana.kweri birababaje ariko imana irikumwenawe ubwobuzima urimwo buzohera niwihangane🤔🤔🤔🇧🇮🇸🇦>>
VideoPro
>>