NONAHA:Impamvu BRUCE MELODIE yongeye gufungwa|Yaciwe izindi miliyoni30|ABARUNDI ntimundakarire|DUMBA

NONAHA:Impamvu BRUCE MELODIE yongeye gufungwa|Yaciwe izindi miliyoni30|ABARUNDI ntimundakarire|DUMBA

????

Niba wifuza kuvugana na ISIMBI TV, kuduha ubuhamya bw'ubuzima bwawe cyangwa inkuru idasanzwe, duhamagare kuri +250784838126 #IsimbiTV_0784838126

Advertisement

LEAVE YOUR COMMENT

YOUTUBE COMMENTS

@ISIMBITV Says:
KANDA HANO UREBE: https://youtu.be/SSDDE2FtGI0
@Korakome Says:
Ntekereza ko umuntu wanga kw isi ni Landree promoter, canke wasaze
@Korakome Says:
Rwose mbaye disappointed na Dumb....nawe kabisa uri corrupt, nonese Isimbi TV namwe DUMBA afite akazi ki mu butabera IBurundi??
@Korakome Says:
Aho itaba nihe Dumb
@manishimweemmanuel576 Says:
Kimwe gusa dumba ico vuze cukubanza kumenya amakuru yiyugiye mbere yo kujayo nikintu cingenzi hama ico kintu ca corruption naco uracitondera!!! (NTAMWONGA UBURA ISATO IBA IDAHIZWE)Sinase ko ngaha iwacu bikorwa ahubwo nanse ivyo uvuze ngo mu rwanda ntabihari oya buretse mbe uribagiye ko ubgakera yari: USUMBURA-URUNDI??????
@Erictv3882 Says:
ddumba ndamukunda can
@charlykalimba5598 Says:
That's the most unprofessional thing that you did you guys burundi and burundians really loves you but you ain't doing nothing than just throw some shit on them every time you have opportunity to do it... you're supposed to be one of the best online tv in your country and you have some of the worst unofficial news that never exist...you just need to put others down to feel elevated the fact is you don't even do it to your opponents but to your brothers...really sad
@charlykalimba5598 Says:
Kira noneho twaberetse ko ata mafaranga yanyu twakenera ayo yatanze yose yayasubijwe na yandi tugiye kumwogeraho amamilliyoni yo muri concert...
@charlykalimba5598 Says:
Wirirwa uravuga uburundi utabuzi buriya ngwino utembere i Bujumbura tukwereke abana bafite za G Class nyazo atari izo Brabus zanyu zi Dubaïe...
@charlykalimba5598 Says:
Waretse kuvuga iby'ibihuha landry promoter ni buzzman i Burundi ntabwo ari journalist nyawe official source (akeza net which's an international recognize median in Burundi) bavuze ko izo 30 millions zindi Toussaint ari we yazisabye z'inshyi...🤦🏽‍♂️
@fredianenindaba4034 Says:
Arikodumbawewevugako kidumu atamillion afise rabaneza
@camarandagiwenayo7086 Says:
Dumba yaza yavuga ukuri kabisa.irahari kandi na sabin arabizi.uwuvyanka ngira ntaba mu Burundi
@viateur4781 Says:
Ndanka umuntu wumugabo nubwanwa afise umunwa Umenye ko keshi nakesh iyo ukoresha ijambo ngo ndibaza keshi nakesh uribesha Kujangaho ngwabarundi ngo ibiturire ntanisoni icowomenya Ubuntu burihabwa
@zerastartv901 Says:
Ntuzibeshye uze IBURUNDI ndubaa
@amedetv487 Says:
Ibiteramo biraba
@amedetv487 Says:
Sabe icogiha hari ukudahuza kurwanda nuburundi hama Bruce acaranka kuza ndibuka yavuzati nimba meddy atagiyeyo nanje sinojayo. Nayo ivya corona harigihe mbonyi na ndimbati bashaka kuza iburundi reta iranka ivugako nimba murwanda hugaye ata sho zikirwa ntamuhanzi yovayo rwaje gukorino rero hari impamvu Bruce itazwi
@nadinehaberisoni7103 Says:
Nyine birasekeje gushora umutwe iburundi uziko uheranye amahera nkayo yaraziko bayamuhebera abo sabarundi turazinanye!
@fulgenceirakoze865 Says:
Yaje asanzwe hari haheze i semaine imwe Harmonize aririmvye akagenda mais ntawamukomakomy.kula kulipa man
@fulgenceirakoze865 Says:
Imbere yokuvuga ivyo muvuga banza mumenye contract iri hagati kwanza ya Toussaint na Mélodie sinon ivyo vyose muvuga muriko musunikwa n ama émotions
@quennevadina1949 Says:
Bantu bimana uko biri kose turi bamwe abarundi nabanyarwanda nimba muzi gufana vyimvamutima birababaza iyo ubonye umuntu ufana aguye mukaga yvan buravan sindamwikuramo kuba ntakimufise nkumufana we😭😭😭nn bruce nawe amfungiwe aho atomfungiwe mugihugu vyitwa kwari murugo muramenye umutima pe barundi banje😭😭saw yaraheranye nn yaringombwa mumumfungishe 😭😭ariko banyarwanda nihahandi nyene one love mutubabarire sitwese twabahemukiye numwe udutukishije 😭😭 love from burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💙💙💙💙💙💙💙💙💙🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮please 🤲🤲🤲🤲uko biri kose bruce turamufana abarundi knd turacamukunda 💙💙💙💙💙🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@newnokia9257 Says:
Ddumba ntago ubesh burya bahis bamugatiran kugr bamubabaz dis
@jerrydorelir3331 Says:
Ubwo bujambo uvuze iyo uba hafi nawe wofatwa😃
@mukesicatrine2744 Says:
Amarundi ni 3.3 yama FRWA!! 10mil$ ni 33million Fbu !! Nikuvuga urwiza na 3.3 amanyarwanda !! 100mil Frwa ni 330000fbu
@AlbertEinstein-gx6xp Says:
Uwo musenzi Bruce Melody bamukate amabya. Arya ibyabandi gute ? Erega agomba kwishyura amafranga arunguka 2000 USD kuri none nimemshi
@nsanzumuhirejeancloude9184 Says:
Nubundi abarundi nabagome baribakwiye kubanza kumwihorera akabanza akaririmba none nukubabijyenje burunce humura tuzihorere kubarundi
@nadinenkezimana6719 Says:
Ndumurundikazi ariko narababwiko atabucuti bwabarundi
@Burundirwandatiktok Says:
Murwanda ntabama bafashwe bagirizwa corruption? Reka kuba mwikina
@ntawihebajeandedieu121 Says:
Ambasade 🇬🇦🇬🇦🇬🇦 nidufashe Irebe ukobimezepe nukuri🙏🙏
@tigershrof2170 Says:
Uhoraho agumane na Bruce Melody🙏🙏🙏
@steinrobinmuhezagiro8244 Says:
Utayitanze nyiwabaho
@esperancemukantirenganya5132 Says:
Nibyo rwose Douba ibyuvuze nubyukuri , ntago abarundi bakunda abanyarwanda !!!!koko bivugisha nkabandi. Bantu batazikintu. Ariko. Abarundi. Badukunda. Rwose. , niyo mwagira gute!!!!!🫢🫢🫢🫢
@chellaakimana238 Says:
Ivyobirabasha hababasuvyinzigo mwebwe mubikinzika ahubwo navyomuzi urya nimana irikumuhana yajaguposting igiteramo mugenziwe yapfuye Yvan buravan bamwunamiye harubumuntu bumurimo
@jgggh1642 Says:
Ewe ndumba shaaaa😂😂😂😂impene irisha aho izirize nigorane peee😂😂😂🇧🇮
@SolangeManirankundaCom Says:
Igihugu cacu c.Uburundi baza kukigiraho akavuyo bakarya amadeni yumu Boss Toussaint barangije ngo ntibabafatire ibihano uzi ko mutagira imitima mwa mbobo mwe
@SolangeManirankundaCom Says:
Jewe ndanka abanyarwanda cane ubwibone bwabo burenze ubwibone bwabakongomani ndabanka n.umutima wanje wose ahubwo abarundi ndaraba ingene mubihomekako bikanshisha
@eddyrosekaza7922 Says:
J nvuye Zion beach imyiteguro yariyose knd vyavurwako ari Bruce Mélodie azakuharirimbira.gusa ntankuru itomoy mworonkera mur commentaires,uwumutw muto awurinda uruguma.
@eddyrosekaza7922 Says:
Emw bantu ntimugafate ibintu muri rusangi, nukuri p niyohokorwa ikintu mudashimy nigitukw uwabikoz apana igihugu muri rusangi.abarundi tubayeho nkabandi Bose p,ibintu vya corruption birihose uziko naho iwanyu bihari muga twemerako murwanya corruption.turabakunda murek kuduca intege rero.
@cizamagdalenamotherofmercy8334 Says:
Ooh, Igiturire mu Burundi ni 100% kiremewe kwa jeu kwa plan. Police ni number one. Nta zero curruption mu Rwanda Dumba wewe usoma or wumva Immaculate avuga muri traffic police Rwanda etc... Ndimbati ngo ntiyaguze uwo yateye amada amutesa nta interview ziri ngaho? Africa ni danze bro.
@zuzuirakoze6416 Says:
Ntimureke gusevya igihugu cacu,nogusevya abarundi bose kuko sibose bakosheje,nimba habaye ikosa rimwe ntimuba mureka kubirwiza ngo muvuge kwariko vyama.Abarundi nimba dukenye biramaze niko Imana yabishatse,ariko nibaze nimba dukenye mwebwe ntituraza kubasaba ngo mutugaburire,ivyo dufise biraduhagije, corruption nayo ntaho itaba ntaho woyirwanya gute.Mureke gutuka abarundi n'uburundi bwacu.Abanyarwanda nabakunda ariko muravuga mukavuga ntibitabareba.
@sherifmozembizi2050 Says:
Kuba yararimo izo 2 000$ imyaka 4 kandi atanayabuze ni ikibazo. Abo bantu bavumbuyeko afite menshi ntawabarenganya. Ndunva ahuye n imikasiro. Reka tubitege amaso. Imbeba yakubise amabya muziko iti Ibyago bigwira abagabo!
@Uwachacha Says:
Bruce melody yararenganye nibukako havunzwe ijambo ngo abo bantu bugaranye mugihugu cyabo baza iwacu banyuzeho ibitaramo barabihagarika none yaributsehe ararenganye Dumba 30million ni 10doral ubwo baramwishyuza 20.000$ angana na 60million frb
@fabiolasilyvain8880 Says:
Nicokibazo cogutwagwa nabantu batize neza;nn bibaza yuko amafranga ya toussaint kwazanira ivyishimo abarundi bose?????bari kumurek aka teramisha hama ivyobapfa bakabijamwo munyuma; 1.ndumurundi ariko ivyo bagoze jewe ntavyo nashigikiye leta yarigukora icibereyeho itaravye inyu zumuntu umwe ahubwo ikaraba inyungu zabanyagihu kuko umuntu umwe atumye igihugu cose kitishima ibibintu birababaj cane
@jacobayanke463 Says:
Yihangane gusa iyamenya ubwenge yarikujayo yarishe. Ushobora no gusanga uwamugumijemwo aruwutashaka ko arirumbira i Burundi. Corruption i Burundi ni nywa nawe. Bazomurekura ibiteramo birangiye.
@gabrielndayisaba366 Says:
Dumba yashizemwo ibikabyo no gusebya abarundi,gusa yarakwiye no kuvuga kumakosa ya management ya Bruce ku makosa yakoze yo kutariha ibyo yariye. Ibya Protocol ntakibazo biteye kandi n'uyu munsi bamurekura abafana ba Bruce bari ready kwuzura
@gabrielndayisaba366 Says:
Bruce ni icyamamare,Toussaint arebye ifaranga agiye kwinjiriza uwo mushoramari wundi kandi nawe amafaranga ye amaze 4years wumva yamureka ariko atamuhaye inyungu?
@gabrielndayisaba366 Says:
Ariko se ibyo Bag T yavuze ko muri contract ya Bruce na Toussaint ya 2018 ko atakindi gitaramo azakora n iyindi company iyariyo yose atari iye akaba yaragiye gukora igitaramo n uwundi wumva atagahaze karimwo?
@motherofthegreatlakes6297 Says:
Oyaaaaah! Uwutwara passport ye siwe wamufashe. Of course ntabiteramo bishobora kubaho!!!! Police imbere nico kibazo!!!!Mumusengere.
@mwisenezaaimefidel4145 Says:
Ntitwofatira kukijanye na Politike ahubwo ub hagezeho nibazako harabashaka kwicira nyene gutegura igiteramo Kugira ahombe kuko abantu sibeza Ariko Ntaho Bihuriye Na Politike Vyiza Tworeka tukaraba Iyo Bitera bija!
@motherofthegreatlakes6297 Says:
Corruption irahari kuva hejuru cane; kandi bafite n’umutima mubi
@reseausolidalite1640 Says:
uvuze ng muBURUNDI ha corruption??nivyo mwar mwibaza nih habaye ubwenge buke bwa Bruce Melody.Kuki yaza mugihugu aziko ko icogihugu kimwagiriza escroquerie?yaraziko ahava atanga ruswa vyijane?gabanya akagaye mwabanyagwanda mwe.narihe ivy yariye ashireko nama interets

More Abantu Videos