UBWOBA NI BWOSE KUBERA IMIHORO MYINSHI YATUMIJWE MU BURUNDI IGAHABWA IMBONERAKURE
UBWOBA NI BWOSE KUBERA IMIHORO MYINSHI YATUMIJWE MU BURUNDI IGAHABWA IMBONERAKURE
Advertisement

LEAVE YOUR COMMENT

YOUTUBE COMMENTS

@jeanclaude5213 Says:
Mwarasaze!
@Imanaiwachu Says:
None bazagwana na barundi bose koo turibenshi
@nduwimanaclaude-x5p Says:
Twese biraduteye ubwoba, bamazekutwita, insazi.nuko, interahamwe zavugangwa BATSI ninyenzi, none muburundi tubaye Insazi. ( L, home propose Dieu disposé)
@kingumwami1434 Says:
Bro,,did you know you can still have vieuws and likes with a honest report ?
@Com2youtvshow Says:
Nonese hanoho utavugarumwe nubutegetsi ntimumwitumwanzi
@Com2youtvshow Says:
ikibagifunguye ejobundi ariko dore cyasizoye urabeshyuzasubirayo
@Com2youtvshow Says:
Uwo mugiranyikibazo mumutwerera ko agiye gukora jenoside ibyo sibyo
@Com2youtvshow Says:
Icyonzicyo ubwobugome ntibuzabahira banyarwanda
@Com2youtvshow Says:
Ariko muri abicanyi imihoro, ubuse ujyiye mumaduka kwa rwahama wasangituzuyemo prc gahunda nugusebya drc nuburundi abanyarwanda turi ikibazo mukarerepe
@johnkagabo4408 Says:
Puuuuh !!
@SibomanaJeanPierre-sy8fx Says:
Kuraho mwabikuyehehe iyomipanga ninde yabahenze mwabikoresho vyurwanda mwabatutsi ivyo ntakibanza bigifise iyo siturufu abanyaburayibabonye konta kibanza bigifise iyoniporopaganda
@khozib1 Says:
Yego theo komeza ukorere kaga, batazakujyana aho batwaye koffi.
@simbatv4067 Says:
Theo ntamipanga murwanda ihari. Ese imipanga yica kurusha amasasu? Mbega ibigoryi. Ubwo harya ngo ni views . Mwashatse akazi basha
@Agri-elevage Says:
Aho mwabuze ivyo muvuga kwel
@yizerevalensyv2503 Says:
Ko numva ngo mu Burundi igisirikari n'igipolisi bajyamo babaze amoko kuburyo badasumbana none mwumva jenoside yabaho ite inzego z'umutekano zivanze cyangwa ntabwo muziko jenoside itashoboka Leta itayishyigikiye ikindi ese imbonerakure niba Ari urubyiruko rwa cndd fdd rugizwe n'ubwoko bumwe ikindi ese izo contineur zabonywe na nde yarazifotoye anamenya aho zigiye anabona ibirimo bitangwa mu mbonrrakire abura agafoto na kamwe ndumva Ari propaganda pe ikindi wakwibaza ubundi mu Burundi nta mipanga isanzwe izayo ese nta buhinzi, ubworozi, ubwubatsi bibayo kuburyo bakemera imipanga ese contineur2 buriya mu gihugu si nke ahubwo nkeka no mu Rwanda iyo mipanga Ari mike keretse umuntu utazi igihugu niwe wabona imipanga contineur2 Ari myinshi ese mbaze ubundi nta mipanga isanzwe mu Burundi kuburyo Leta yayigura
@hosewebtv77 Says:
HAMA LIONEL NGO 1993 HAPFIYE BANGAHE???? UBWO WEWE AMARASO YINTWARI NKA NDADAYE URAZI ICARICO??? SUBIRE MUVYONGE MUHENDWE NURWANDA ABO BAZI IVYO BARIMWO MWANA WAMAMA REKA KUBA IBIRARO VYABO KUKO BAZOBAJABUKIRAKOUREMEGWE MUPFE.
@mukyaraeddim1277 Says:
Theo wigaruye hasicyàne Uburundi buzira imihoro? Uyobeweko arabahinzi? Mushakakuryanisha abarundi
@MambaNshutinziza-rp6tv Says:
Icyo iyo mipanga izakora abarundi nibabitegereze baziko bitaragenda neza.
@MrNdanguza Says:
Erega interahamwe ziracyari nyinshi barashaka kwica ubwoko BW'Imana baribeshya .
@kizepicele119 Says:
None muri i Kigali murabibona turi ngaha i Bujumbura ntutubibone amaso yanyu ko arenze😮
@burundishallsmile1day109 Says:
🤣🤣🤣 None mwbagiye ko uBurundi ari Igihugu c Abarimyi???Umupanga ninde Umurimyi atawukenera? Ikindi Imbonerakure zirimwo amoko yose! Ninde yokoresha Umupanga kwica Umuntu ashobora kuronka Inkoho y amagendo.😊 Nta Ngwano izopfa isubiye kuba mu Barundi, n uwuzoyitanguza barababwiye iyo Izoherera"mu Nzu iwe"
@TravelwithNzambe Says:
Ntago njye iyinkuru intunguye kuko ntabwo igihugu cyayoborwa numuntu nka ndayishimiye ufite ubwenge hafi kungana nubwinkoko ngo ibintu bizarangire amahoro.
@NdayikezaJoel-l9h Says:
Ugonurwaco mwankauburundi
@nshimiyimanaevaristedidier4156 Says:
Pe mureke kutera ubw
@noellambazumutima3585 Says:
Ariko Théo ico nokubwira akarimi kavuga inagore karagororoka. Wewe uriki mu gwanda? Wakurikiranye ivya koffi ukava Ku Burundi? Coffi arihehe?
@judithbabyeyi9735 Says:
Eheee bakumbuye kumena amaraso se? Bikurikiranirwe hafi
@chriss-jen Says:
Komera cyane Théo👋🏽
@niyibarutadismas636 Says:
Amatora aregereje muratanguye kuvuga ubujuju gusa. 2014 vyari ibinogo ubu nimipanga? Ja kurima
@KamugishaFred-jp1ig Says:
Arko abarundi kuki umuntu wese uvuze ukuri mumusamira hejuru?nkubungubu harimodoka zinjiye muri Congo zivuye iburundi zifite imihoro none mwese murabihishira kuki abarundi murabagome?
@niyonsabaalphonse623 Says:
😅
@harmotvmalawi4577 Says:
MUGABANYE UBWO BUPROPAGANDE BWANYU NGIRANGO WAGOMBYE KUBA WARUMVISE NEZA UMUSESENGUZI KOFFI UKAJYA UREKA GUPOSTINGA UBU BUROFA
@babylonemedia257 Says:
Ivyo ni ivy'iwanyu mu rwanda,muze muratangaza amakuru yubaka,leta irinda gutanga ibipanga nya mbonerakure zozo ntamahera yo kubigura bafise? Uwo si umurundi ni ikivume ciyitirira uburundi
@niyongabo5566 Says:
Iyi niyo release condition baguhaye yo kuba umu propapagandist.Ese ubu uraryama ugansizira iyo usohoye inkuru nkiyi ? Icakora isi irikoreye kabisa, ahubwo uwazanye ino strategy azosanga yimenye inda.
@bizashira2108 Says:
hhhh propaganda ziragwira!😅
@PrinceBugingo Says:
Gusa muz nurka kubiba inzanko.biteye isoni.urwanda mwisubireko
@Gbb512 Says:
Nonese munyamakuru kugiti cyawe iyo mihoro wabonye uracyeka ko igiye gutema iki harahagazwe pe
@hakizimanaalexis8134 Says:
Ikijuju c'umu journaliste!! Wewe nimba urumunyamwuga urashobora kubaza amakuru atanga amakuru avuga ngo numva bavuga? Nagira atanga amakuru yiboneye namaso apana yumvise baza amakuru abantu bari mugihugu kuko ntakuntu umuntu ari gusegerereza mumahanga,kuko ntaciza yovuga kugihugu ari kwicira utwo asakira!!
@leux436 Says:
Ubwo n'umusaruro w'ibihingwa uzaba mwinshi,bagiye guhinga.Mu Rwanda ho tuba twarapfuye kuko icuruzwa buri munsi,mu giturage ahakorerwa imirimo yo guhinga,korora n'ibindi Batema imitumba n'ibindi.Ese ducunga burya na gasutamo zo mu Burundi??
@KwizeraFidel-s8w Says:
Muzikubiba inzangano mwaretse abarundi koko
@TelesphoreKazobavako Says:
RPA ntikorera mu Burundi,birazwiko ikorera Kigali.
@ThereseMUKANTABANA Says:
Ntabwo teo ariwe wambere ubivuze mwimwiha rero inkuru yabaye kimomo iyo mihoro ibinyamakuru byishi byayivuze teo mureke kandi akazi ke namakuru

More Abantu Videos