Ico kuvuga ko Congo yova muri francophonie co ni ububeshi.kandi kuba congolais Bose kuvuga ikintu,ubwo nyene bagakora igihushane ntaco bivuze ni ubuzima bwa misi yose
Ndasenga imana cane generation zirimbere zizakorope uyumwanda turimwo , igihugu ca afrika kitavuga nigi fransa gitwara ibihugu bivuga igifaransa gute, ariko Kandi iki nikimenyetso cerekanako ibintu vyinshi bishigwaho munyungu zabazungu batitaye kuri reality
@jeandedieugasana9804 Says:
🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🌟🌟🌟👍👍👍👍
@afr-popofficial Says:
Imagine kugwanira colonisation 😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅
@IradukundaSavi Says:
`🌹Yes ! #GOD Never Changes Never Dies but Jesus changed from life to death Glory to #GOD Who Sent Jesus and others Prophets for Salvation Guidence 🍏#DIEU Ne Change Jamais Ne meurt Jamais mais Jesus a changé de la vie a la mort Gloire et Louanges ā #DIEU Qui nous a envoyé Jesus et d'autres Prophetes pour la Guidance Salutaire*💐i
YOUTUBE COMMENTS