Tuzogira umubiri nk'uwa Kristu yazutse. Inyuma y'izuka yarafise umubiri uninahaye. Bavyita le corps glorieux.
Bibiliya ivuga ko mw'ijuru ntituzokenera kurya kunywa , kurongora, kurongorwa. Tuzobaho m'ubuninahazwa budahera. Ico bita la gloire éternelle.
@apprentissageniyongabo3916 Says:
La femme peut avoir des qualités que les hommes n'ont pas et vice-visa.
Néanmoins, les deux sont complémentaires.
Nukuvuga ko umugore n'umugore bategerezwa kwuzuzanya kuko bashirahamwe ingabirano.
@nestacassperhakiza5910 Says:
Isimbi rya Yesu uranyubaka cane
@elysenijimbere3555 Says:
Sabin uzoze uratumira kenshii uyo mu maman,turamukunda,kandi uzongere umuhuze na Rose
@maylaburundiantv9519 Says:
Uyu Mupfasoni avuze ukuri pe,mundanukirize
@mugabondayisenga8625 Says:
Urense nokukubeshya iki kiganiro cyoherereje cherry pe kuko nkuyemo akantu
Sab urakose to
Ibyo wari ugiye kuvuga Ukifata, reka mbikuvugire, aho sex ikoreshwa wari ugiye kuvuga ni mu butasi. Ariko se koko, n'ubwo bitanga umusaruro, akenshi ugendeye kuri gahunda cyangwa ibyifuzo by'uwapanze akazi, iyi mikorere irakwiye? Ese abo bagore cy abakobwa ntibibatera ipfunwe, n'ubwo baba bateguwe bakumvishwa ko bari gukora ku nyungu z'igihugu?
@pelagiemukapelagie1087 Says:
Isimbi wambaye top nziza
@mutazindasanctus3211 Says:
Uyumudamu ndamukunda afite ubwenge!!
@spesnzorijana4651 Says:
Isimbi rya Yesu we! Warahise cane. Sabin merci beaucoup
@jeanbaptistehatungimana4300 Says:
uyu mu dame uretse ko Ari mwiza bitangaje ni umunyabwenge ukomeye kandi condoléances cane.
YOUTUBE COMMENTS