Monia Uri mwiza vyukuri urabereye akajisho kumuntu akuraba ton apparence physique. Ariko, muri wewe niho habi kuko harakenye caaane kuvyerekeye ivyiyumviro. Neza neza uwovuga ko ufise ubujuju ntabwo yoba yihenze.
@scode1327 Says:
Ikibazo : Uri Umurundi? Uri umunyarwandakaziii??
Inyishu : Maman n'Umurundikazi papa n'umunyarwanda
Neza neza ndumva ushobora kuzosibira muri vyinshi!
Amatota kurico kibazo ni médiocre birumvikana!
@bokitobokitotasha8661 Says:
Yasirimutse biri kuyindi level🤣🤣
@Jenny.01 Says:
Ariko Barundi nshuti zacu mujye mureka kuba sensitive ku batavuga ururimi rwanyu barabaye i Burundi! Nukuri uyu mwana originally ni Umunyarwandakazi kuko umwana afata inkomoko ya Se usibye no mu byo kuri iyi si no muri Bible birimo,Igisekuru cya So ni cyo cyawe. Rero ndumva mutamurenganyiriza kuba avuga Ikinyarwanda kuko na cyo agifiteho uburenganzira. Mwimurakarira pe! Ntiyihakanye u Burundi ahubwo akunda ibihugu byombi! Born Rwandan, raised Burundian 😊😊 Ururabo rw'Imana rata uri mwiza nibakureke. So nice smile😍😍😍
Ese ubundi avuze ikinyarwanda cg se akavuga ikirundi bibatwaye iki ? Byose ko ari uburenganzira bwe. Komeza utere imbere mukobwa mwiza. Ab' isi ntiwadushobora.
@njbbonheur Says:
Urivaga wa muko, gusa baca umugani ati genda uzogwa Imbere , Nimba utaguyeyo !!, Ntiwibaze kubwo arubugabo ugira 🏃🏾♂️🏃🏾♂️, ufise n'amagufuri y'uburofa mumutwe, n'utiga kuguma hamwe ukareka gutambikiza bizohera nabi, kandi Ubu bisa naho n'a kazoza kawe uriko urayivanga, ngo mu Burundi aba stars ngo baza inyuma yawe rofa gusa. Nirenganira ariko ndakurabisha amaso abiri
@lindaniyo5235 Says:
Gusa monia ndakubwire abo banyamakuru baragucishamwo ijisho bakubona nkajuju
Uyo ntabwo ari umurundikazi ahubwo numunyarwanda kazi kuko ntamurundi yihakana uwariwe
@cynthiabigirimana4223 Says:
Monia urarenz usa nez uririmb nez ham abakuvug nab bihorer nikobabay
@cynthiabigirimana4223 Says:
Sabin wagiy Uj kur caméra tukakubona
@marryiradukunda4807 Says:
Nn uyumukobwa jembonumenga numukehabwenge,iyobakubajijati urumuki,ucurindakudondagurango mama nuyu papa nuyu,vuguwuri ishurikibazo urumuki?ikigogigusa😏😏
@lrutagengwa2875 Says:
YouTube ye ko utayiduhaye ?
@lrutagengwa2875 Says:
Ku munota wa 30 avuze ko ari umurundikazi
@TheDreamFamily0 Says:
Nanjye nari natangaye
Umurundikazi usa gutya🤭❤️
@CROWN-z7p Says:
Be yourself
@uwizeyeghyslaine5468 Says:
Malingo mingi ni ya nini mama
@m.a7605 Says:
abarundi murabanyamatiku
@bosconiyonkuru6151 Says:
Umukobwa ko numva ari umupagani pe ngo ari mu Rwanda ntasenga?urakumbura uze urakora unasenga aha ni kw'isi buriya n'Imana iba ikenewe muvyo umuntu yoba ariko arakora vyose. Gusa imvugo zawe zo kwirata no gusuzugura zizotuma udashika kure kuko umuntu agirwa n'abantu.ubuze abantu vyose biba bigupfanye.
@chriswaseme9346 Says:
Ikirundi n'Ikinyarwanda ni indimi 2 zitandukanye.. abazikoresha barumvikana 99.9%
bitandukanye nizindi ndimi. rero sinumva impamva abarundi bamwe nabamwe bivugisha ikinyarwanda ngo nuko bakizi. nimba ubantu bakuzi nkumurundi kandi nawe ukaba uvyiyemerera kuki utari proud yo kuvuga ikirundi. no matter what abanyarwanda baguma bakubona ko uri umurundi full 🛑. aho bica vyerekana neza ko utari proud yigihugu cawe. don't worry my young sister One day Burundi will be Developed and I believe all will be proud of Heart ❤️ of Africa BURUNDI.
@ncuti_yabose Says:
Ncuti Yabose Right here 🌎📍
@Iriho Says:
Jewe ikintu cantangaje nukuntu uvuga ikinyarwanda kandi Uri umurundikaziiii 🤔🤔🤔
@arleneakimana9681 Says:
Ubwo ibiririmbo vyawe uzoza uvyumvana nabiwanyu twe tuzumviriza iza dram t 🤣
@yvellaakimana Says:
Kubisazw kwishim kwaw kurarenz gabanya hmmm
@bbb5232 Says:
Uwo si umurundi umuntu atanazi nikirundi ngo( kuvuga ikirundikazi)😂😂😂
@igirukwishakanadege5335 Says:
None uvuze ikirundi abanyarwanda ntibavyumva kuvugana numu franca urumva nyene ntibokwumva ikirundi ariko abanyarwanda ikirundi baravyumva iyo basi sorry yigumane wa karofawe ngo basi sorry harigihe ucicuza kubwakazi kawe sha uragayana ngo basi sorry uragayana pe
@igirukwishakanadege5335 Says:
Ntukabe WE ubundiho wafashiki uburundi ntanico warubumariye
@liessendayiziga4558 Says:
N'ikinyarwanda ntaco uzi uribeshyera! You know yabaye you know haaaaa!!!! Ndumiweeee pe
@innocentndikumana7042 Says:
Kuba icurico haramutse haramutse userukira igihungu woserukir ikihe???
YOUTUBE COMMENTS