Umu cameraman yafashe amashusho y' urya mu président wa Soudan mureke kumucira urubanza naho nibaza ko atakiriho.
Biboneka ko yari yarangaye kuko ntiyari avyiteze kuko aho abiboneye biboneka ko yaciye ahindukiza caméra.
Wosanga ivyo birori vyariko biba en direct uwa caméra aja kubibona n' abariko baraba TV babibonye.
@cecilehakizimana6966 Says:
Inzoga zitegurwa n,abenzi !!!!!!@
@narcissekarambizi7516 Says:
Sabin uriya mugabo cyuma yari umukozi wa Gakire noneho Gakire amaze kujya muri Amerka cyuma ahita ashinga ikinyamakuru Akita Ishema
@alianemukasekuru3440 Says:
WASANGA UWO MU PRESIDENT HARI INDYARA AFITE DISI
@cunamai2818 Says:
Hoya bagundiriye ubutegetsi NTA mbaraga bagifite buriya wa sanga afite na 85 🧏🧏🧏🤣🤣🤣😭😭
Ubuse mwiyibagije Président wa USA🇺🇲🇺🇲🇺🇲 aha nuka Ku NDEGE 🛫🛫🛬🛬🗿🗿ko batabihishe ????
Sabin ndagukunda cane ukuntu ushikiriza ikiganiro u are the best We love u so much jjp from🇧🇮
@Yemwe Says:
Ni bamwambike pampers😢 hama uwawe uramuhishira nico abazungu baturusha😳 Abirabure dukunda kumaramazanya si vyiza. Umupresident ushaje ni wa Cameron yitwa Paul Biya.
Mu kirundi baca umugani bati :
”Uwawe atamba nabi ukiyagaza kunyo”👌🙏
@kariwabodieudonne8001 Says:
Inzoga imara stress hhhh
@turizaclaudine9981 Says:
Abo banyamakuru barikurengana ntakosa bakozepe!
@michelinemiche442 Says:
Bavugako urya mu president y'inyariye ngo ningwara agwaye
YOUTUBE COMMENTS