UMURUNDI ADUHAYE UKURI|Kuba muri CANADA birenze kuba MINISTRE|Ahishuye ibinyoma abatuyeyo batubeshya
UMURUNDI ADUHAYE UKURI|Kuba muri CANADA birenze kuba MINISTRE|Ahishuye ibinyoma abatuyeyo batubeshya
Advertisement

LEAVE YOUR COMMENT

YOUTUBE COMMENTS

@ISIMBITV Says:
NUMERO ZA GORDIEN HORUGAVYE: RWANDA: +250791890721 BURUNDI: +25777961878
@Nirerajeanb0sco-n3r1q Says:
Mwaramutse neza Apotre,mwompa ka Whatsapp kanyu
@FlorianeNIYUBAHWE Says:
Turabashimiye cane turi Burundi muraduha i numéro i Burundi agence yanyu irihe?
@ndagirongarukiye6136 Says:
Muraho neza murakoze kukiganiro
@diderotnsababaganwa6427 Says:
Iki Kiganiro ni Ciza cane! Kizodufasha!
@BoscoUhorakeye Says:
Umuntu utarize yemerewe kujya muri Canada
@luckybruce7847 Says:
Sabin kabisa nkunda ukuntu uzi kubaza ibibazo
@UwizeyimanaClarisse-j2t Says:
Ntimukatubeshye murumva
@mugishapascal-u1j Says:
mwaramutze neza Mr Sabin mudufashe uyumupastor nabandi muba muri canada kuki mutadufasha abari murwanda tukaza guhaha aho muri mukatwereka inzira mwanyuze
@hermeshatungimana5681 Says:
Mu vyukuri ndashimiye Gordien Horugavye kubuhamye atanze kubijanye no kuja muri CANADA. Kandi umuntu wese azokurikiza les critères yatanze, bimwongereze ama chances yo kwemeregwa.
@deoburikukiye4980 Says:
Nasanze naho muvuga ngo kuja muri Canada biroroshe wapi n'amananiza ibisabwa gusa kuri mwebwe biroroha kuko 10000fr birinjira uyabahaye ataco bimufashije ntabufasha wapi
@Fabiola-v7y Says:
Murakoze muvandimwe kuduha umuco
@hermanniyonzima Says:
Thank you sabin I think one day it will be happen to be there
@jeaninenitunga5665 Says:
Mutubwire dossier umuntu yotangura kubashikiriza après consultation
@BAKARIJacques Says:
mubaz ayo umuntu ariha kuja mukazi.
@bigirimanaemmanuel6672 Says:
Ni kalisa Frank ndabakunda cyane mugira ibiganiro byiza Sabin Imana ibongerere imigisha itagabanyije Kandi isimbi Tv murabambere cyane nibyiza cyane narabakurikiye cyane nibyiza Canada Kandi muzakomeze gufasha ubwoko bwabana ba nyagasani apotre uzakomeze ukore umurimo wahamagariwe uwiteka azaguhezagiza imigisha mugabo yesu azakumurikire ubibe imbuto z.amahoro
@Viyajante Says:
Thank you so much. Nakurikije amakuru waduhaye muri iyi video, nsabira umugore wanjye visa yo kwiga muri Canada none yarayibonye ubu ari muri Canada already. Thank you very much kutwigisha😘🙌
@niyonzimaismael9432 Says:
Live from Burundi
@mukasengaruth6364 Says:
Ndashaka kwigira kanada
@KamaraKaruganda-rn7on Says:
Yes in Burundi it’s
@ParfaiteRuvuzimana Says:
Jew shak kujayo munfashe
@ParfaiteRuvuzimana Says:
Mahoro cane
@uwimanatheonestechannelcom2786 Says:
Mpa numéro ye
@sindambiwe1 Says:
Aravugisha ukuri kabisa ❤❤ gusa kubyo avuze ku ba homeless hari ibibazo byinshi bitandukanye bituma abantu bisanga kumuhanda.
@EmmanuelSibomana-r4i Says:
Uyu murundi n'umutekamutwe!!!
@hadijahnajran8645 Says:
Burundi Pastor ubu ibiro mukoreramwo ,mukora imisi yose du lundi au dimanche?
@trophywilson7211 Says:
Stop lying not possible to work in America wothout papers.mmmh big lie may be under table yes but legally big no
@trophywilson7211 Says:
You guys you give us wrong Contact because you never pick the call ,You never text back
@uwagiriwubuntujeannette Says:
Sabe uba watubarije kabisa mubaze kuvuza byo bisabiki?
@TheBigDrop23 Says:
Uyu mugabo ari mubucuruzi, navuge ko ari gushakisha abakiriya. Ibintu byose avuze ntanakimwe gitandukanye no muri America.
@queenmbabazi1874 Says:
Murwanda office yaho ihora ifunze buri munsi tujyayo tugasanga hafunze fone niziriho urazihamagara nizicemo mudufashe rwose
@queenmbabazi1874 Says:
Turashaka ko mudufasha tukanjya muri Canada
@mugabojonathan1019 Says:
Nkomoka mu Rwanda ndi mumugi wa Kigali ndashaka amahirwe yo kujya kwiga
@jeanpierreniyungeko717 Says:
Bjr, tworonka numéro yawe ga Pasteur Horugavye. Nipfuza ubufasha bwawe bujanye nico gikogwa ça immigration
@young-34 Says:
❤
@nnk8709 Says:
Ariko ubuhunzi bworyoha gute? Amahanga araryana nukurya bike umuntu akaryama kare. Kandi uyo muntu jewe yambwiye ko bitokunda ko nja Canada sinzi ko yabonye I tara mvukamwo canke sinzi ico atakunze muri dossier yanje ariko nararonse visa touristique ndaja Europe, amahera ndayaronka ariko si muhira, l'argent ne fait pas le bonheur, le climat, le racisme...ko Ata muzungu ahamagarira abazungu kuza iwacu ku bwinshi
@Amonmanzi Says:
Twasabaga ko mutubwira uburyo twabavugiaha ariko mubivuge mu king erega, murakoze
@silvermutabazi5231 Says:
None ko mbandikira ntibansubize ubu bafte gahunda?
@pauluwitonze1344 Says:
ISIMBI TV mukomeze muduhe ibiganiro nkibyo
@pauluwitonze1344 Says:
Apôtre Horugavye ibyo avuga ni ukuri. Abatanga information nkiyo ni beza rwose. Ntituziranye ariko mu mihanda ya Louvain-la-Neuve twarahuye.
@simonngabondagijimana2710 Says:
Thank you Sabin for this information
@jeanneumutesi9617 Says:
Avuze ukuri pe ntaho bihuriye na Europe
@pascalmugisha121 Says:
Turakwishimiye cyane uduhaye amakuru meza
@pascalmugisha121 Says:
Nibyo twifuza kujya guhaha tukagaruka iwacu
@pascalmugisha121 Says:
Turanezerewe kuwo mu pastor ibandi baratubeshya ariko ndatekereza aduhaye ukuri kdi ndabona Ari inyangamugayo
@uwantegelyse596 Says:
Murakoze cyane sabin. Nibyiza kuzana abatubwira ibintu bifasha
@Retti23 Says:
But yo have to explain about who is allowed to apply for citizenship.
@JururitoAime-l5r Says:
Ngewe nagiye nkimpunzi kandi ntacyiguzi byatsabye
@JururitoAime-l5r Says:
Sha ngewe ndi muri Canada ariko ni muri paradizo peee
@janviermuhire689 Says:
Ariko na hano Finland mba mfite permanent ariko kwiga nubuntu ubuvuzi nubuntu mbona social assistance benefits burikwezi zihagije kandi ntaratangira gukora...umva ubuzim bwa hano butandukanye nubwa Africa peee.

More Abantu Videos