These four fools are smart. They know each other. Bazokwandike igitabo co gutukana. Sorry, nashatse gukoresha ururimi numva bakunda cane. Uwo mugabo ngo ni Pasteur azobe umukuru wa Association y'abatukanyi, umwuzukuruza wa Shimeyi, umwe yatuka Umwami dawidi.
@prosperbirorimana5982 Says:
Ivyo birofa ntandero namba
@Arsenal_Puls3 Says:
This is madddd yo😭😂😂😂😂
@francoisgashabuka4554 Says:
Umuntu wambitse yaka cou de chapon
@rukundowilly3228 Says:
Narumiwe pe 🤣🤣🤣😂
@UwimanaYves-y1b Says:
🤣🤣🤣🤣🤣 cyaze x large wabaduhurije bose kbs imbavu zirahagendeye we wach this shows here in USA keep this work brother man ibla
YOUTUBE COMMENTS