Fortran, ndi umurundi w'umukozi w Imana muri Korea y' epfo. Nahora numva indirimbo zawe, muri iyi press conference, menye neza uko Imana iriko iragukoresha mu ngabire yagushizemwo. Wishuye neza nk umukozi w' Imana arimwo Mpwemu yera ku bibazo vyose wabajijwe. YESU agumane nawe.
@habyarimanafrancois985 Says:
Ikaze mu Rwanda twakira abashyitsi ntamutima mubi biriya byabashaka kuduteranya nabaturage ba Barundi ntibidu fasheho turibamwe wisanzure
YOUTUBE COMMENTS