Afurika irarwaye weeeh!!Gukomeretsa abandi kubera gushaka amafaranga!! Abanyarwanda bakunda ikibi ntawarenganya abanyamakuru bo kuri YouTube baha intebe amatiku, baba bashaka ibyo abantu bareba! Hababaje urubyiruko rubifata uko biri nk' ikitegererezo cy'ubuzima !!!
@StoicAurelius1 Says:
Ngo umunyarwanda wese uri diaspora ari proud? Really? Not me, I am absolutely NOT proud of rda, nope, I am American 🇺🇸 ibyo kuba proud yako gahugu nay,
Muntu wazanye Sabin kumuhanda warikwegeye ariko hari iciza jewe nogushimira nahora nipfuza nti icompa nkabona ifoto yiwe rero narayibonye ndabibashimiye hama uwomugore yasenyewe negende amwitwarire nta media akeneye ivyo nibintu bipfuye mugabo kandi na Clara arizi ko ariko aramwama za davantage kuko arazi force Sabin afise muri media we naho yohora izindi media zizomuvugira abandi bantu bazomuvugira nanje mukwirikirana muri media ivyakorera abantu namateka gusa
@IrakozeJusel Says:
Aba nyagwanda mugira ibintu sabin mutamufata nabi icakora ivyobintu iburundi sindigera ndavyunva pe kira muntu agira ubuzima bwiwe
YOUTUBE COMMENTS