NATWAWE i BURUNDI NDERWA N'UWAMPISHE KO ARI MAMA????Yapfuye atambwiye inkomoko yanjye????QUEEN ARASHAVUYE

NATWAWE i BURUNDI NDERWA N'UWAMPISHE KO ARI MAMA????Yapfuye atambwiye inkomoko yanjye????QUEEN ARASHAVUYE

????

Niba wifuza kuvugana na ISIMBI TV, kuduha ubuhamya bw'ubuzima bwawe cyangwa inkuru idasanzwe, duhamagare kuri +250784838126 #IsimbiTV_0784838126

Advertisement

LEAVE YOUR COMMENT

YOUTUBE COMMENTS

@ISIMBITV Says:
Ku muntu waba afite amakuru y'inkomoko ya Yvette, yamuvugisha kuri numero ye: +250786465677
@uwimpuhwe9082 Says:
Komera mama😂😂😂
@SmilingCherryDumplings-js4hg Says:
Mana nzizaaa,mbize icyuya pe😢😢😢
@SmilingCherryDumplings-js4hg Says:
Ayiweee,disi turaturanye hano kuba Guide.Komera mama,nzagushaka
@BruceNiyomwungere Says:
Pole Sana dada wetu.
@Lyduinentahimpera Says:
Nizereko Yvette yaronse umuryango . Wewe avuga yiturije nanje ndimwo ndira ,😭
@NaomiGentille Says:
Pole mama imanigutabare kubunva nagahinda ariko wizerimana nayoizabikora❤❤
@M1d2c26 Says:
Uri umukobwa mwiza shenge. Uzabaho rwose
@IrambonaCelestin-w2c Says:
Yiveti humura Imana ningabo singore izokurinda ninyumayakarabaye irakora
@Aunide Says:
Ngize atsiko y'uko byarangiye ariko komera.
@PrimeNdayiragije Says:
Wabay'intore cane kuko ivyo wabayemwo ntivyari vyoroshe ariko kubera umugambi Imana yari abafitiye vyari ngombwa Iberekane yo nyene yarahinduye ivyari bigoye ibigira ivyoroshe ,dushim'Imana rerooo.
@FideleIrakoze Says:
Comera mukobwa mwiza
@Giftstudio2025 Says:
wewe ndakuraba ufise imyaka 60
@MaggyNsabimana Says:
Pole kweri wahuye navyishi ariko Imana izogufasha.
@EugenieNijimbere Says:
Mpore, mpore Yvette weeeee, wahuye n'ibibazo bikomeye Ariko Imana ikurinde
@EricIRADUKUNDA-v2d Says:
𝒀𝒐𝒐𝒐 𝒂𝒉𝒐 𝒘𝒂𝒇𝒖𝒏𝒈𝒊𝒘𝒆 𝒏𝒊𝒘𝒂𝒄𝒖 𝒏𝒊𝒉𝒐 𝒏𝒅𝒂𝒏𝒂𝒃𝒂 𝒑𝒆 𝒚𝒐𝒐𝒐 𝒑𝒐𝒓𝒆 𝒑𝒆
@nihorehofides Says:
😢😢😢
@nana-u1n3r Says:
Montage
@NSHIMIRIMANARoselyne Says:
Mana yanje urandinde undindire nabazankomokako.ntakindi numva novuga .Hama urengere uyu muvyeyi
@AliceKamikazi-m1z Says:
Ukuntu avuga ari pausé akaba arije urira😢
@SylvieHarerimana-o8q5b Says:
Kuvyiyumvisha birzgoye ariko umuntu yakuze arimpfuvyi arabitahura humura yesu azakugirira neza
@AliceNduwayezu-c8w Says:
Ariko mana wee
@DianeButoyi-l4g Says:
Najewe vyagenzukonyene😭😭😭😭
@AngéliqueUwizeyimana-k8o5q Says:
Pore sana Yvette twahatsw kumer kumwe nzakuvugisha story yaw igombagus nanjy
@Bukeneza Says:
Mpole Mwiza wanje twarakuranye Bujumbura mukinama warumugezi waje cane gose ❤❤
@flolabronde6358 Says:
Nukuntu yagufata nabi shaa sinkubeshe yve ndibazako wabonye umuryango
@r.r.3994 Says:
Iyi story irababaje cyane
@jeanpaulnzobatinya Says:
Queen humura Imana izakwomora igikomere
@didacehabonimana9628 Says:
Mpole mama wabayintwari😢
@itangakubuntuEdouard Says:
Eeee pole
@across1960 Says:
Uwo mwana afise umutima w'urukundo Imana izomufasha, Nfatiye kuri kangahe yasubira i Burundi kuko umutima umwankiye😂😂 Akaja no kugwaza umugabo yamutoteje naho nawene vyaterwa n'ubuzima abayemwo. Ariko ndamusabe yihangane arekurire umuvyeyi wiwe
@FlorenceButoyi-s9f Says:
Yoooooo mpole mpole mukobwa mwiza imana nyenamahoro ikwiteho❤❤
@NikuzeFrancoise-t9p Says:
Birababajesha
@bigirimanaAaron-fb8ot Says:
Sabe womfasha akampa number yuwumukobwa kunumva twabaye mubuzima bumwe nanje navuye I gitega commune mutaho niryishure yizeko nanje nihonize Kuri EP mutaho 2. Ndumva harico shaka kumubuza
@siniremeraegide3557 Says:
Man isiyos yuzuy agahinda
@officialsvideoslyrics Says:
iki kiganiro nkibony inyuma ya 4ans ark kirandijij p.Ahbwo x yahavuy aronka umuryango w?
@JuliaZaninka-l5k Says:
Ariko uzakunde uwo wakureze unamwubahe nukamwihenureho kuko iyo umuntu yakureze abari maman wawe
@PacifiqueThierryMUPENDA Says:
Ntahuye ko aho ubona umuntu atari ngombwa ko ariho aba ari.Inkuru y'ubuzima ibabaje
@PacifiqueThierryMUPENDA Says:
Mbega inkuru ibabaje cane !
@TharcisseNdikumana-t9t1g Says:
Imana wizeye imwa rutungaboro iyo nizeye nanj ndayisabongo iguhumuryango mwizinarya yesu
@NadegeManirambona-s5p Says:
Pôle sana mungu akubaliki dada wetu
@SSl-c4h Says:
Bayita Resse passé
@NdayizeyeIldéphonse Says:
Mpor muko
@AngelNkunzimana Says:
Umwana ko yakomeretse cane mwabantu mwe
@LouisUwintije Says:
Uwiteka azakurinda
@jeandu7372 Says:
Uri intwari mwiza wanje Imana izokugirira neza muri vyose
@GregoireNahimana-v8h Says:
Sha ihangane warakubititse imana iyonkuri.
@habiyaremyevalerien2031 Says:
Imana izamufashe abone umuryango we yaba kwa se cga kwa Mama we
@habiyaremyevalerien2031 Says:
Yooo Queen yaragowe pe icyo kinyagwa nicyo cyamuhitanye

More Abantu Videos