Banyarwanda mwige kuvuga mwirinde no kwinjira murugo rwuyundi mugabo. Uburundi ni igihugu c'igenga kandi ciyubashe. I congo kiri kukazi ko ubufatanye nkuko ejo naho bashobora kuza gufasha urwanda rutewe
@gloriosentakirutimana7499 Says:
None mwe ntimwahakanye ko muriyo mugabo mugaseha ibiziga vy'abasoda banyu baguyeyo...
@NdungutseElias Says:
uri sure ko atamiti dufise?uvuga nkuwihitira peee.none ndabaza kuki mubabajwe nukuntu turimuri congo
@NdungutseElias Says:
abasuma nibande?congo ntabwo iriko ivuga ko aribisuma mwebwe abanyarwanda mubabajwe niki?cangwa nuko nuko babakuye amata mukanwa
@bosconiyonkuru6151 Says:
Mu Rwanda ntama Content mugifise mu Burundi nitwe dusigaye tubaha ama content mugacuruza kuri you tube kuko mu Burundi tugira ama Content kabisa nabayobozi bacu batanga ama Content mukwiye kudushimira rero mwebwe Abanyarwanda.hama abishurwa muzobaze RDF nayo iri muri Congo uko yishurwa Abasoda babarundi bariyo uko bishurwa bizwi na benevyo mwe si ngombwa mubimenye.
@Thetrendsafrica Says:
Congratulations kubarundi kbx icyambere ni umutekano wabaturage nimba ibyo bagiye gukora bibafasha kbx keep it up
@RubayizaAimable Says:
Karegeya kora Sport pepe cg umbwire nzakwishurire jim
@KakaMecjr Says:
Reveries si umusivile n'umu rebel kuva cndd itangura
Ubundi Nkunda Reverien Ndikuriyo impano Imana yaduhaye kuva umuhisi Nkurunziza ashengeye niwe wundi mbona yashinze ikirenge mu ciwe
@Iranzifabrice24 Says:
Uburundi bugiye congo none mwebwe murizwa niki!!
@ThamiKhundula Says:
Akabazo ni umubano w Burundi 🇧🇮 na Congo murabijejwe?😂😂Turacarindiriye reponse 😂😂si no IL faut conjige le verbe 😅ivyokwiririsha mubihagarike twe kuri congo nibiswi vyinkona bizokora
@JosephBucumi-u4l Says:
Non ubwobutunzi nubwurwanda kobibabaje?
@UwamariyaSeraphine-g3g Says:
Reka kubesha uriya ni indwanyi karegeya we
@UwamariyaSeraphine-g3g Says:
Uriya ntabwo Ari umucile ni umu colonel
@NzisabiraJpiere-pf4hi Says:
Mumisi namwe murabyerekana KO rdf irikumurongo wurugamba mukabavugizi ba fpr23 rdf
YOUTUBE COMMENTS