AHABONA 05 01 2025 : AMAKURU Y'INGENZI YARANZE UMWAKA WA 2024 ll KUVA MU KWA 1 KUGEZA MU KWA 12
AHABONA 05 01 2025 : AMAKURU Y'INGENZI YARANZE UMWAKA WA 2024 ll KUVA MU KWA 1 KUGEZA MU KWA 12
Advertisement

LEAVE YOUR COMMENT

YOUTUBE COMMENTS

@Raphinaha Says:
Nyuma yigihe sadate azabishyuza azava murizi vius zikiganiro
@kizepicele119 Says:
Abo basasanguzi bari kukigezo co hasi mubushobozi, kuko bivugira ibiri kumitima yabo na l'état bakunda gusa, ubusazwe bakoze nimiburiburi nkawe Oswald uragerageza kubasumba iyo utashizemo gutuka Beto na Sebarundi amanota arazamuka, noguha akarorero baravuga ngo umusonga wundi ntukubabaza murabizi namwe, nkaburiya amategeko mpuza makungu ahana ihonyabwoko mugabo uko abarikorewe baryifatamo sico kimwe na batararikorewe baryumva kimwe ubukana bwaryo, ninaco gituma ubona igihugu kwakira abahejeje ibihano batavyumva kimwe namwe kuko bo ubukana bwaryo nubwo amategeko avuga ko ari isi yose kuvyumva co kimwe abandi bo ntibaba babara co kimwe namwe kandi saho gusa uzobaze na Israel nuko bahora bahanganye nkuko tureke Congo yoyo inabagiriza ko muri mubayibuza gutekana kandi biboneka ko namwe mutababarana nayo iyo intureka ziyadukije iwabo bo babibana nko kibihimuraho muguhe mwebwe mwiyumvira ko bagishika boca batabwa muri yompi nkuko iyo mufashe uwarikoze mubigenza.
@kizepicele119 Says:
Aho ni Mutabazi abwiwe ngo nahagarike ibigiracumi n' ibimazi ngo basengeye umuntu, boha insenga nka Petro intumwa kuko nawe wiyise apotre 😅😅😅😅
@umuhororotv3651 Says:
Mbona bose ariwe batumira ubwo ntakintu❤mubonamo mwebwe 😳🤣
@umuhororotv3651 Says:
Ariko mwataye umutwe ubwose sadate niwe gitangaza mu basesenguzi peeee kuburyo ariwe usigaye mugihugu 🤣🤣🤣

More Amakuru Videos