Ma chère Gasaro Hi❤!Jacky mpore! K umengo wagiz ubwoba? Mu Mana hararyoshe cane. Winjiremwo mu kuri n ukugororok uzobibona. Hebana n abagenzi mwahorana kumbura mudasangiy ukwizera badafis ingeso nziza Kristo yishimira.
Har igih uzicuza, witongany impamv utakijijwe kare.
Congretulations! Ndagukunda cane.
YESU-KRISTO NI SE W IMPFUBYI N ABAPFAKAZI🇧🇮
@MukashyakaClaudine-u2l Says:
Cya jack ki tetesheje kweli
@BibianeNzitikuze Says:
Nuko di Jacky ikibi nukurw ntuvyuke imana iguhe umugisha
@InocentNiyibogora Says:
Ndanezerewe cane kubwuwo mwene data urukundo rwa yesu ruriko rumuzenguruka yesu ariko aradodora niyugurure yinjire muriwe yesu amugandurire vyose kandi ashishikare guca mwirembo ripfunganye(mat7;13!14)
YOUTUBE COMMENTS