Aho ga neva ntasoni ngo urwanda ruzane abishwe muburundi. Gusa ushobora kuba ufise doctorat mukinyoma. Mbe ko wiriza, ko utazana isinzi y'abarundi ufise basize batikije inganda muRwanda mu 1994? Uwakoze coup d'état n'uwamaze abantu ninde ufise ikosa rikomeye? Ngo ba niyombare basize bishe abantu? Ahubwo barahunze musigara mwica abantu. Niyombare ni pretexte mwitwaza kugirango mubone ivyo muheraho mushakisha urwanda. Gusa tuza tubane amahoro. Reka kubuza akarere kose amahoro. Uvuye Congo none watatse urwanda?
@HavyarimanaAhmad Says:
Iyo hageze amatora bura igihe ntihabura ibibazo vyiyadukiza i Burundi.
@rugemadidas6156 Says:
President neva urabeshya cyane kandi birenze kwibeshya,President pk azi amategyeko ya un agyenga impunzi, kandi uziko yabaye impunzi imyaka (30) yose, tubwireko un yabaguhaye noneho akabakwima.
@teddykaneza Says:
Ese mwebwe munvira hehe wunvirije neza wunva yavuze, ko azobatera,
@karangwayireepiphanie4888 Says:
Mwibuke ko ajya muri Congo abasirikare be bavugaga ko baje kurwana n'u Rwanda
@karangwayireepiphanie4888 Says:
Mwibuke ko ajya muri Congo abasirikare be bavugaga ko baje kurwana n'u Rwanda
@karangwayireepiphanie4888 Says:
Mwaramutse uyu President w'Uburundi aba ajijishs kubera ingabo ze ziri muri Congo kwica absnyamurenge n'abatutsi bo muri Nord Kivu, ubwo rero aba asakuza ngo ababwira ko u Rwanda rugiye kumutera
@Benedir Says:
Icyo ashakaho paul yarakimwimye ariko m23 izakimuha
@hermando6292 Says:
m23 hadaciy na 24 ngo oya walikale ntiturekura Congo yariyamaz kurwamwuwo mutego isohora itangazongo ntibatera. imigenderanir y Uburundi n urwanda yatosekay irimwo gusabotana n ukuzungurukana bikorwa nurwanda
YOUTUBE COMMENTS