YOOO???????? FALIDA DISI MAMA WE ASANZE Y'IMANITSE MUKIZIRIKO AGIYE GUPFA AMUKURAMO ARIKO BYAKOMEYE MUTABA
YOOO???????? FALIDA DISI MAMA WE ASANZE Y'IMANITSE MUKIZIRIKO AGIYE GUPFA AMUKURAMO ARIKO BYAKOMEYE MUTABA
Advertisement

LEAVE YOUR COMMENT

YOUTUBE COMMENTS

@VestineLopen Says:
Mbega huuuu uyumucyecuru arasetsa pe kukise we aroga abandi umukobwa areke kuroga
@esperancentaconayigize4517 Says:
Mutelephonerer Mukasa amukize Keza ntazosubire
@esperancentaconayigize4517 Says:
Sha Farida niyakira azoce yihebera Imana 😢
@KarikunziraMarieGoreth Says:
Kezamufashe urazi uwamuroze.Keza barajanye nanyinabo wa Lack kumurogesha.
@KarikunziraMarieGoreth Says:
None Neza biwe yarigesheje Farida ari kimwe nanyinabo.None ubu sravuga.iki.Keza muvuze kuko urinryarya.Amahera rindera ntazaguhira.Niwe wa bateranije na Lack.
@NiragireRose-i6u Says:
Ubundi se kuki uza kureba Farida uri wenyine Farida. Ntanumuvandimwe afite. Wagifasha kumukura. Aho ngaho
@dianegakima2453 Says:
Kuvyara nabi namagorwa kweli.uwomukobwa ivyakora biramubihiye cane.inyuma yivyo arahinduka
@mbonyinshutiJohn Says:
Uyumucyecuru numuyobe
@AlisAlison-p5u Says:
Keza arigira umweranda kandi barafanije kurongesha farida
@MutesiJeannette-eb8pv Says:
Murabesha
@claudinebatamuriza4936 Says:
Gusa muzi gukina agafirimi
@nyirabazungumarielouise265 Says:
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 WAMUKECURUWE URI UMUTESI PEEEEE NGO AZAKIRA SHA IBYO MUKASA YAMUSHIZEMO AZABIKIRA BIMUGAYE PEE
@SalahMbabazi Says:
Farida weeeee 😂😂😂😂😂😂 Wambaye neza man enjoy
@ManziMikayeri Says:
Farida we akazikeza wambaye neza😂😂😂😂😊
@afisanyirambarushimula2351 Says:
Keza. Wazaniye. Abamdumu. Bawe. Simwafatanyije. Kunueoga. Friday. Ntamuhwe. Namugirira. Niyumve😂😂😂😂😂😂😂
@LpOman-x4g Says:
Arakagorwa mabi incuro zirindwi uyomugome icokimara🤣🇧🇮🇴🇲
@irankundabelyse-ej5vi Says:
Keza naw urinumwet ugumuja inyuma yuwomuroz rindira ntiyakir azocarog wew
@سينيفرنسيني Says:
Hu mura henda bandi umusazi asukwo rekareka kombona atagase😂 hoshigenda
@SafiiaMukashaka Says:
Mama wafarida nawe aratwenza😂😂😂😂😂😂😂😂 iyo umukobwa www ariko araroga abandi ntubaza akabura kuja muri ruhurura sha nabanze akome kabisa yunve ingene bimeze
@JemimaNytiraguriro-w4o Says:
Nice 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@sajidali2995 Says:
Nipranka zakeza twaraguhinyuye keza iyonimitwe muzikukina firime
@thebacongroup6773 Says:
Ico kiziriko yagikuyehe ni firme mukina😊
@thebacongroup6773 Says:
Iyo ni mitwe ya farida akoome kwanza
@UweraBajeneza Says:
Mumureke.yumve.guhemuka.nibibi
@LouLou-ih7lc Says:
Samantha yarakumeneyibanga twaramenyeko arivyo muba mwapanze
@marieuwantege7528 Says:
iy ni prank ,umusazi ntiyarara yambaye uku ngo abe asagutya murabona adasa nkurara munzu?
@ShxjHdkd Says:
Ahubwo iyamureka akiyahura kukonubundi nahoyokira ataretse guhemukira abandi nubundi bazomusubir
@ShxjHdkd Says:
Erega nimana harigihe irabivyumuntu akorabikayisesema farida ninkozi yikibi niyumveko guhemukira abandi atarivyiz
@NiyonsabaClaudine-p7i Says:
Eseke wamuragiye mugangawaraki ?
@GakobwaMukandayisenga Says:
Izo prank yanyu ararambiranye peee
@GakobwaMukandayisenga Says:
Akebo kajya iwamugarura naweniyumve peee
@MariaMukesha-w8i Says:
Umusazi uhindura imwenda abaho
@ناصرعايض-ج8ت Says:
Farida nawe numurozi 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@MaremRwanda Says:
Umuntu ahidura isasti nimyeda gonumusazi
@MaremRwanda Says:
Izinipuraka mani
@sandirene Says:
Nn ngo farida numusazi kombona asaranye amafurusheri umusazi arahindura imyenda😂😂😂😂
@LuckyLeopard-ko2vn Says:
Sha kubwo kwizera lmana lmukize arako azahinduke.
@sararema8 Says:
Agonamafirime murimo murekekubesha
@WardahBukuru Says:
Ndabona amabere yayanikiye nibamubabarire aceyihana😊😊😊😊😊
@ClemenceClemence-k6h Says:
Dorumusazi ukeye😂
@SalmaSalma-v1v2w Says:
Nonekombonasaneza
@WardahBukuru Says:
😂😂😂😂😂😂😂😂😂Farida😂😂😂😂😂😂
@ديانابروندي Says:
😂😂😂😂😂Akome
@SalmaSalma-v1v2w Says:
Nihatarip
@TuyirateJanine Says:
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@Sara-i3b6l Says:
Kurangaho ayomatiku ngaho
@maisharobloxy Says:
a Ariko arikuronga abandi kutarize akebonigeramo
@KikikingQueen Says:
😂😂😂😂 Musengere azokira

More Abantu Videos