MBEGA INKURU ITEYE ????AGAHINDA BANANYE UMWANA W'AMEZI ABIRI NDAMURERA ARAKURA ATAZI MAMA WE AHORAMUMB
MBEGA INKURU ITEYE ????AGAHINDA BANANYE UMWANA W'AMEZI ABIRI NDAMURERA ARAKURA ATAZI MAMA WE AHORAMUMB
Advertisement

LEAVE YOUR COMMENT

YOUTUBE COMMENTS

@bolien2617 Says:
Wamugabowe ubu umazekubona imiburi3 eeeee😢
@revocatnsengiyumva5877 Says:
None uwo mugabo amaze kubana nabagore3?????ntivyoroshe!
@esperancentaconayigize4517 Says:
Ewe Mana yanje uyo mugabo yarahemukiye umugore wiwe nagende
@UwimanaMarthe-q8k Says:
Ariko abagabo kuki murira iyo umugore abasigiye umwana? Mwunva uburibwe umukobwa agira iyo mumuteye inda mukabura ,akifasha uburibwe bwi inda nubwo kurera umwana? , ko ntampuh we mumugirira ? Witera Isesemi, aho, 😤
@KangataValence Says:
Ariko uyu muryango uravumye umugore araza akarira none numugabo aje arira ubwo nubifasha gusa muba mushaka mwata cyenyeye da
@gloriaumutoni-tf8ol Says:
Izo niza prank za keza,yabonye abo akinisha ngo ajye abaha ibirayi
@oliveruwera4031 Says:
Uyu c yagarutse rya sasu rye c niriza murarikizwa n'iki?
@ديانابروندي Says:
😂😂😂Haaa

More Abantu Videos