KEZA ASUYE MURUNDI N'AMADAMU MURUGO BAHAYE GASOPO ABANTU BABATEGA IMINSI BARAMURIRIMBIYE
KEZA ASUYE MURUNDI N'AMADAMU MURUGO BAHAYE GASOPO ABANTU BABATEGA IMINSI BARAMURIRIMBIYE
Advertisement

LEAVE YOUR COMMENT

YOUTUBE COMMENTS

@joselyneiradukunda-ps2sr Says:
none murundi konaheruka afise inzu imwe bahora babanamwo na ilene ntiyoja kuyibamwo!
@joselyneiradukunda-ps2sr Says:
none murundi konaheruka afise inzu imwe bahora babanamwo na ilene ntiyoja kuyibamwo!
@esperancentaconayigize4517 Says:
Murundi afise umugore mwiza pe ❤️
@PhoïbeNindokora Says:
Keza yaje kwa Murundi ?????? Urugo rurasenyutsee, bayiiiiiiiiiiii
@IHANGANE_TV Says:
Naho abakwikundishwaho wap p ntarukundo rwimbaraga rubaho
@IHANGANE_TV Says:
Murundiweeee ndishimye p muranaberanye p waruberanye nokubA umupapa
@HarerimanaFrancine-l9m8r Says:
Urumva yageso yamurundi ntizohera yo gupfubura😅😅😅😅
@NyiraguhirwaJose Says:
Ndabikundira kbx
@WardahBukuru Says:
Gusa ufise umugore mwiza nakuberumwan mwiza ntakugire nuwambere imanibakire murundi wacu❤❤❤❤❤
@revocathenibitanga3224 Says:
Warugo bayiiiiiii 😂😂😂😂😂nyamwaku yinjiye 😂😂😂😂😂😂
@WardahBukuru Says:
Aho keza kwaj murugo rugo kabaye rurasenyutse bay bay keza ntarugo ashikamwo ngo rusigaramahoro😂😂😂😂😂😂😂😂
@NdayisengaDeo-l7n4r Says:
aho ngahope umwana nuwakura sha kabaye warongoye sha kbx

More Abantu Videos