Sha Keza urazi gukina pee, muga ukina mu bujajwa, wokinjirira ku mugabo yataye urugo ukinjira gutyo? Wakinye film mwe Na Yaka Mwana!! Kuva ico gihe!! Uze ubeshe abatakuzi!! Mbe wewe uwutazi ko Ari film ni uwutagira ubwenge, kubera iki ukoresha famille zimwe!!? Genda urategura mu bujiji bwawe. Urstark abantu nkinjinji we, ntasoni !!!
@ange-lyseiradukunda9722 Says:
Ama film ya Keza araturuhije
@GertuldeMukashema-oh6sv Says:
Uriya mwana muto wa Viki ashobora kuba yarabyaramye n umugabo wawe
YOUTUBE COMMENTS