Ni vyananirana;?mumuremeshe Vestine. Kandi nimba bitangiye gutyo muze mumuganiriza;yiririmbanire na murumunawe;akazi kabandanye
@valeriemanirakiza3244 Says:
Bjr Irene. Nukuri ndi umuvyeyi akuze. Mugende mufatane na ba vyeyi ba Vestine;muhanure umwana Vestine asubire mu rugo;nimba arivyo. Kwahukana ni ngorane
@scholastiquentibatwenge591 Says:
Irene ! Abanya Rwanda muri inkinamico. Kandi ndanse Chita pe. Hanyuma ndagusavye ubwire Vestine ave mugacerere ! Nkumuvyeyi nzi ko ari kumugabo wiwe ! Umubwire ababwire ati mumveko izi ndura za YouTube
Ndabakunda cyane vestine na dorcas ese vestine utavuzwe nabantu wa vuga ko wa rwanye uruhe rugamba wowe senguruka bucece ubundi witurize Uwiteka nibyose ari muruhande rwawe ahubwe mutwiherte indi ndirimbo murekane na banyamagambo i love you much veve
YOUTUBE COMMENTS