na m23 bagucunge ntibazasubire kuguha amakuru wew urumutasi wa fdlr murwanda waraye uvyerekanye wibaza ngo uciye ubwenge kumbe iminsi yigisambo ni 40.waruzi ngo uravuze kumbe urigaragaje abo ukorera.hama hamwe baguhe episode zukuri kwaw.turazi nta famille yahavyarimana ikunda igihugu nawe urumwe muribo twumvise kuri muvyara wa kinani.
@sherrykatu483 Says:
hello friends, abantu babona ko theo ari ikigarasha ndabasavye mugire unsubscribe kuko atwihishamwo mwumvise ivyo yavuze kuri kasuku.ikibabaza nta munsi numwe araza avuge asubize ibigarasha bituka president nabayobozi.uwuzi aho igihugu cavuye 1994 naho kigez nukwegera kure theo na karegeya.
IYO BISHE ABIWANYU KO NTAWE UVUGA NKUBU MUBA MUVUGA IKI KWEERI
@manirahorobert-9999 Says:
Ikinyoma
@Jmcomedyshow-e2c Says:
Niba nawe ukunda iyi channel 4 ndakwinginze basi kora kuri aka gafoto
@SinzinkayoJackson-iv6ns Says:
Nicyo gituma muvuga ibinyoma
@Nasonnmnnn Says:
Ese Theo Kasuku ko yaraye avuzeko agiye kugukoraho Episode 234 wowe nta ngamba zubwirinzi ufite,uzareka akwandagaze koko😂😂😂😂😂😂😂😂
@MumararuguVarelia Says:
Woe urigicucu kbs
@footballfamily2764-y9z Says:
😂😂😂😂😂 Kandi aba RDF bo bari kuzuka😂😂😂😂
@evaristensengiyumva6920 Says:
Ese ko abanyarwanda bagwa mu mi rwano muri Congo mutabavuga bo ntabwo ari abantu ? Cga ntabwo mukunda benewanyu?
@zazo-bmike6082 Says:
Nonese bro 23m wumvise ko yasinze nabonaga uri serieu mais ,,,,,,?
@AudaceNiyonkuru-o6d Says:
Nkunda ibiganiro bica hano arko hageze kuvuga ku mirwano yo mu karere mukaba partial mukuvuga ingene uruhande mushaka kwumvikanisha rwabuze kdi mutayobewe ko mu ntambara impande zose zikubitwa. Ark hagez kur Russia- Ukraine war mukavyitwaramwo neza mukavuga ingene Russia yakubise n' ingene yakubiswe. Peut être mushobora kuba arko mwategetswe kuyivugako hama uwuzanye ubunyamwuga ( impartialité) akibonerako. Nkumbuye Dr Rusa Bagirisha
YOUTUBE COMMENTS