Irené nabona ari umuntu yiyubashe nabona ivyo atubwira vyose ari ukuri sinarinzi ko nawe yoja muri prank yo kutubesha ko akundana na Aisha. Nk'ubu turamwikumburiye ariko ntamuzana ngo avuge kuri film yiwe URURABO MU MAHWA
@LeocadieNiyomwungere Says:
Ese Gihozo ko mwari mwatubwiye ko mukundana na shalom vyahereye he😂😢. Inkundo zanyu ziraducanga. Ivya Irené na Aisha vyo Ubu twaravyakiriye. Muraducanga mwese pe
@DenyseOlga Says:
Yego kbs gihozo ya stragorinze uba kimisagara hamuhoza turabuzi
@NiyonsengaSamuel-o7n Says:
By the way come back ya Aishah irakenewe nta na saint valantin wamukoreye bwaba bubaye ubwa mbere utabikoze bro waba utubabaje
@NiyonsengaSamuel-o7n Says:
Gihozo aravuga ukuri hari abantu banga gukora batanabuze icyo gukora pe haba kuba baby no ku ba type
@LafNty Says:
Umwana n'umutware rata Kandi ni n'umugisha.
@IrihoAlphatvshow Says:
Zana aisha ndamwikumburiye
@YvetteCyubahiro Says:
Uwo mwicaranye se arakize😂Kandi kariwe mukundana iyoooo😂😂😂
YOUTUBE COMMENTS