MVUYE I BURUNDI KUBERA SAMANTHA????UMWANA WACU YAPFIRIYE MU NDA ATUBERA MALAIKA????
MVUYE I BURUNDI KUBERA SAMANTHA????UMWANA WACU YAPFIRIYE MU NDA ATUBERA MALAIKA????
Advertisement

LEAVE YOUR COMMENT

YOUTUBE COMMENTS

@ISIMBITV Says:
NUMERO YABO: +257 79 77 53 62 Channel yabo: https://youtube.com/@shalomtv2577?si=33IeIX7fENV8h0Cl
@ArnoNiyimbonera Says:
Ndamwikundira diiiisiiii Olivier gusa nyene Sabin nawew ndabkunda Sana kk urakunda abarundi
@bikoricinoeltv1829 Says:
Imana ishishikare kubaha umugisha
@FélixNdayibuka Says:
love from burundi cibitoke ca Rugombo
@YvetteShimirimana-q2n Says:
❤❤❤
@Sidrasidra636 Says:
Mwari mwijebuye kare kuko muracari bato 😮 hari abamara imyaka irenga 10 ata niyikoroka baronkaa
@furahachristophe4992 Says:
❤❤❤ Amen 🙏 Amen Imana yacu ni Imana yumva Kandi igasubiza
@JuditteIshimwe Says:
Umuntu kugutera ishavu nu ukukurakaza
@JuditteIshimwe Says:
Sabin, ishavu mukirundi nu uburakari ntabwo arikimwe ni ishavu mu kinyarwanda 😁
@AaSs-y6g8t Says:
🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮
@HomeHome-d4j Says:
❤❤🎉🎉
@ali-ckizofiolivierarakaza9284 Says:
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏3️⃣3️⃣3️⃣🤲🤲🤲❤️❤️❤️
@raissairakoze8845 Says:
Mpore Cane Olivier Imana iducisha mubikomeye kugira idukomeze mumugisha yacu yesu aaguhe imigish
@PricherieNdabihawenimana Says:
NDI MUBURUNDI
@PricherieNdabihawenimana Says:
SABER WARAHEZAGIWE HAMA NDASHIMIYE UWUMU'PAP ARANKOZE KUMUTIMA KUKO NAJ VYARAMBAYEKO BIRENZE IVYABO MURAKOZE
@NiyoBertile Says:
❤❤❤❤❤❤
@EstelleIrakoze Says:
Ariko Sha oli uzozane iyo ntahe Kur siren vibes
@alinenifasha8550 Says:
Imana yarakoze kubaha uruvyaro Olivier et Ornella.Ndibuka Ornella sentiments yagize abonye umwana nanje vyanteye kurira❤❤❤
@IkorivyizaGrace Says:
Nukuri ndafashijwe Olivier imana iguhe umugisha
@annickkaneza311-d7r Says:
IMANA igira neza ibihe nibihe 🎉🎉
@fidesnizigama303 Says:
Sha Imana iratabara n'ukuri nanje yaranyiyeretse inyuma y'imyaka 8 irangabira umwana w'umuhungu.
@JeanneJoshua Says:
Yesu n'umwami
@PhydiaIrakoze-r6c Says:
Ivyobihe nivyo ndimwo .munfanshe gusenga pe
@GyslaineAkimana Says:
Ohhh Olivier muri GN Films umukinyi mwiza cane👌Yesu yarakoze kugushumbusha kupfusha nintimba ikomeye cane😢😢
@KanezaAlice-g5n Says:
Olivier ntashimira abaganga vraiment
@KanezaAlice-g5n Says:
Pole cane olivier mubihe nkivyo ntibiba vyoroshe kandi kuri mwese
@KanezaAlice-g5n Says:
Olivier umurundi
@florencesindayigaya9944 Says:
❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@niyoyabigennyelydie4579 Says:
NKunda umuntu wese uvuga pascqlyne neza abavashimishije umutimawanjye Samantha Imana izanye imuha umugisha afite ubumuntu buhambaye. Ndamukunda ndamvubaha. Mbabazwa Nuko twhuriye mubukwe nkatinya kumusuhuza
@medissaniyombabazi8266 Says:
Turashimiye IMANA yabakoreye ibikomeye dear friend nubu irakaninahazwa ibongere ihe nabandi baciteze .
@UwimanaThina Says:
J nkund kunt avuga yitonz
@nahimanaspes2139 Says:
Olivier turamuz can muri film Akona nez Intay yiwe iradukomeza nkuwabiciyemwo asaba Imana Imuhe kwihangana. Ishimwe ko Yabatey Iteka bagaheka.
@LouiseNdayiragije Says:
Mpore mama😢😢😢 nanje inakuru yanje n'iyo kandi intahe ya Pascaline yaramfashije gukira ibikomere Imana imuhezagire
@OlivierMuhimpundu-p4b Says:
From Burundi,duhuje izina,duhuje intahe mpore umukama arahindura ibihe.
@NadineIradukunda-r4l Says:
Imana ishirwe hejuru cane ikora ibikomeye urakoze kuriyo Ntahe izokwigisha beshi 🙏🙏🙏🙏
@EgideNdikumana-j2v Says:
Mana warakoze kurungikira umumalayika nka Pascaline kuri mutayi wanje n'a madame wiwe Imana yongere uwagize icakora kubihe bitari vyoroshe mwarimwo
@ThierryneNSABIMANA Says:
🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤
@alaineIngabire-gq2li Says:
🎉🎉🎉
@MdAli-d2x5f Says:
❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@tekanezaviocheftv1949 Says:
Yoooo😢😢😢 pole
@OdaMfisumukiza Says:
Nanje Nuko vyagendeye 😭😭😭😭😭😭😭
@CynthiaIradukunda-f8h Says:
Imana ishimweee kuba yarabahaye umwana narabanezererewe caane ndabimenye ko mwavyaye 🩷🩷🩷🫂🩷🩷🩷
@RebeccaCiza Says:
Pore ❤❤❤❤❤❤
@JoyeuseIrakoze-s9s Says:
Oooooh MANA we olivier nahor nkubona muma film sinarinzik waciy mwivyo😢😢😢 n ukur IMANA ihe abana ababakeneye kubura uruvyaro biragatsindwa
@kevincandy3488 Says:
Naramukunze olivier muri film ingaruka ❤❤
@NadineIgiraneza-r1o4x Says:
❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🙏
@Powerprayer5244 Says:
@SevereNahimana Says:
Turagukunda cane imana yarakoze
@AlineMunezero-b8z Says:
Wauuh Turagukunda olivier
@leocadiendayirorere Says:
Merci beaucoup olivier pour le temoignage Menye neza ko kutabaza umuntu ari mukibazo utinya kumukomeretsa navyo atari vyiza

More Abantu Videos