Abivuze neza ezra, Imana n' urukundo ntiyodutera agahinda. Siyo idutwara abantu bacu,
Ni système ya shetani yazananye n'icaha igihe Adamu na Eva bagambarariye Imana Bemera ikinyoma ca shetani yababwiye ngo barye ku giti babujijwe ntibazopfa. Imana yari yababwiye ko bazopfa kandi vyarangiye apfuye.
Twizere izuka.
@ioannes001 Says:
🎉🙏🏻
@GanzaaMwiza Says:
Ndagukunda peuh
@Tesiclara Says:
No mubuki harubwo hihishamo uruyuki😂😂😂 amakenga kabisa
YOUTUBE COMMENTS