NONAHA NYUMA YA MINEMBWE ABARUNDI BASABWE KUMANIKA INTWARO, NEVA ASABYE KISEKEDI GUCYURA INGABO ZE
NONAHA NYUMA YA MINEMBWE ABARUNDI BASABWE KUMANIKA INTWARO, NEVA ASABYE KISEKEDI GUCYURA INGABO ZE
Advertisement

LEAVE YOUR COMMENT

YOUTUBE COMMENTS

@claverkabura9926 Says:
Maréchal,ndagushimiye uru muhing,big analyst
@JoëlNsabiyumva-k9b Says:
Abarundi suko dukora rofa,,ico twanse turacanke ico twemeye turacemera ,kura amatiku ngaho
@ShumbushoJake Says:
Marchal uvuze ukuli kumibanire ya abarundi na abanyarwanda
@SHYAKAPacifique Says:
Long live ❤❤❤❤😂
@anicetdoto6526 Says:
Mbabajwe nabanyamulenge bari kubirwamwo bazira ububeshi Abanyarwanda babashiyemwo
@anicetdoto6526 Says:
Ko numva mufite ubwoba?
@LeaIturonse Says:
Ewe marchall gushika ubu nturamenya aba dd?ivyo uvuga kobitekereza incabwenge, aba dd nibigugu mumitwe yabo namacakubiri gusa ntakintu kizima bopfa biyumviriye
@ghyslainnduwimana4323 Says:
Manke mureke tuzobana turabavukana tuvuga ururimirumwemwashako mwohora tubaneneza
@KaburiyembereJeanmarie Says:
ABA dd ntibashaka amahoro ku bacongomani babanyamurenge bafisikibazo co kubamara
@mariairakore1805 Says:
Abarundi n' abanyarwanda, twonse ibere rimwe ntaho tuzoshirana !
@MuhawenimanaJeanbosco-f2l Says:
Ndayishimiye nabwo ashobora kubyemera kubera kubana na m23 kuko nawe yamaze kwishyiramo ko arabanyarwanda ubworero azihanganire ibizamubaho mugihe azaba aturanye na m23.
@MusoreAlex-d7v Says:
Gasaro we uzatubarize abasesenguzi ico babona kugirango aka karere kabone amahoro arambye ,njewe mbona idiologie genocidaire ariyo yatwiciye akarere pe

More Abantu Videos