Uyu musore ariko arishira hasi kuri niveau yaragezeko. Ntiyakwiye kwiruka inyuma yabahanzi akoma induru déjà ni umu Star none akirirwa akomera induru uyundi mu Star nkawe . Sorry niwe nyene yishira hasi . Sorry Pirate nagukunda nkanagukurikirana none mbona itiha icubahiro.
YOUTUBE COMMENTS