AKA KANYA UMUYOBOZI WA MAA23 AGABWEHO IGITERO MURUGO, UBUSHINWA BUKOREYE AKANTU MA23 N'U RWANDA
AKA KANYA UMUYOBOZI WA MAA23 AGABWEHO IGITERO MURUGO, UBUSHINWA BUKOREYE AKANTU MA23 N'U RWANDA
Advertisement

LEAVE YOUR COMMENT

YOUTUBE COMMENTS

@MuranashyakaEric Says:
Seburiya MWe mwafashande
@MuranashyakaEric Says:
Wasanga abaturage bamwikundira nyamara
@IsaacLion-p2x9p Says:
Urwanda rurantangaza pe! Ngo ingamba z'ubwirinzi, mu gihugu c'abandi !Mbega ko urwanda rubitse abashatse gutembagaza ubutegetsi mu Burundi.Uburundi buzane ingamba z'ubwirinzi mu rwanda! Mbakebure gatoyi, 1) Museveni ageze kure n'ubukuzi. 2)Kagame ni co kimwe na museveni. 3)Ruto,ntasubira gutwara. 4)Macron ntusubira gutwara ubufaransa. Mwibuke ivyo Kabarebe yavuze.ko mwateje akajagari,,
@IsaacLion-p2x9p Says:
Urwnda ruremera ko rufise ingabo muri congo ndetse rwarabisinyiye. Urwanda rwakoze icaha mpuzamakungu co gutera ikindi gihugu. None ninde yotangura gushira mu ngiro ivyo yemeye! Ni congo yatewe canke n'urwanda rwateye congo! Urwanda ruratanguye kubona ko rwihenze .Si 1996 wapi.
@IsaacLion-p2x9p Says:
Burya birashika mukibuka ivyo mushikiriza. Igihe cose mushikiriza amakuru.Muvuga ko ingabo z'uburundi zirutse zataye ibirindiro zahungiye mu Burundi. None ziracari muri congo gute! Zibangamiye umutakano zarahunze!
@GervaisKABASHA Says:
Ibyo mutazi neze nuko ziriya fdlr zahunze 1994 zagiye zisanga kuko hari imiryango yabo kandi abavandimwe bakatiweho imipaka en 1885 ndetse nabagiyeyo mu gihe cya migration muri za 1930, bagezeyo nkuko bari basanzwe basurana kuva ku marechal mobutu, bagezeyo babashyiramo ingagasi arinabo bavuyemo imitwe nka nyatura n' iyindi, kubavangura bizagora cyane fatshi atagize umutimanama ku gihugu cye n' abaturage be
@GervaisKABASHA Says:
Erega nkuko bisanzwe. Fatshi yohereza imari kwa trump ayinyujije kwa sebarundi kugirango abakongomani badakebuka ndetse na bene neva
@rindaishema7393 Says:
Jye nibaza ibi 1. Hagati y u Rwanda na Congo, ni iki cyarangiza intambara y Abanyekongo barwanya Kinshasa bashaka uburenganzira bwo kubaho? 2. Niba u Rwanda ruhanwa, Congo ikabogamirwaho, amasezerano basinyanye ubwo yaba afite gaciro ki? 3. Harabura iki ngo u Rwanda ruve muri ayo masezerano, niba umuhuza wayabasinyishije bigaragara neza ko abogamiye uruhande rumwe?. Mumbarize ambasaderi Olivier Nduhungirehe Minister.
@OdetteNshimirimana-q6j Says:
Abarundi bagiye kurahura umuriro bazowota
@ChristopheNduwa Says:
Abarundi bababereye intambamyi? Musaba ikigongwe kugira baveyo?
@ChristopheNduwa Says:
Mugume kw'ibanga bavandi
@ChristopheNduwa Says:
Mutanguye kumena amabanga

More Abantu Videos