None se niba aho muri batabeshya, mwibagirwa ko muvuka muri Africa?
@iribagizavenantie1295 Says:
Sha haracyari ho impumyi koko, narinzi ko bahuha uwo barebana
@VanessaMunezero-x7n Says:
🇧🇮 Rwanda oyeee muri mpole ❤❤
@MUZUNGU-MU Says:
Nubundi uragaragara nk’umutesi kwibwa biroroshye
@valeriemanirakiza3244 Says:
Bjr Sabin.
Danmark ni bwo Bulayi par rapport yu bundi Bulayi uzi.
La qualitee de vie yi Danmark ni impecable.
Vraiment!.
Vyongeye les Danois na bantu bakunda igihugu cabo..
Aho ntaco ubonye.
Umu Danois wese arunva ko Danmark ari iyiwe.
Nta.kintu na kimwe;na kimwe umu Danois atokorera igihugu ciwe ;kuko nawe kiramukunda kabsaa.
Tu ne peux pas comparer nahandi
Nanjye barantuburiye kurubwo buryo
Ariko ndumva aruwo neza za
@TMPJUMJUM Says:
Yoooooo!!! Mbegabugome
@ntirenganyachristella6252 Says:
Yemwe aba scammer ngira hari imiti baguhuha.barafise akarimi gasosa ico bakubwira cose usanga arico ukanagira confience totale,uza kumvyibuka bakumaze. mpore mama, niwiyakire naho bomufata amahera yo ntayo bazogusubiza
@Passionateaboutagriculture Says:
Ndabasuhuje mwese ndi umu🇧🇮 ntuye muri Hongrie kubw'amashure mugubwe neza🦥
@emerinenimpagariste7600 Says:
Aba Diaspora ni aba generous .
Madam nibaza ko wohagarika gukurikirana uyo mu scammer , ubwo warariwe nyene .
Bizogutwara energy wokoresheje mu kurondera ayandi .
Sorry
@nadiavyukusenge4970 Says:
Ndagukunze Muvyeyi ko utahevye I Kirundi ciza Cacu.nanje ndi hano New York 🇺🇸🇧🇮
@nadiavyukusenge4970 Says:
Sabin nanje uzansure I New York!!!
@alinemunezero3227 Says:
Ubwo mwagize umukoshi wo kwibwa na Hon. Kinyoma kuko ni we akunda kwiyita umu lawyer mu guscamminga abantu, ababwira ko ashoboye vyose muri immigration, my gihe na High school atayize ngo ayiheze 😢
@ngendakumanawilly2159 Says:
Sabin azi ikirundi 🇧🇮 umuyagankuba 😅
@AdeKaginastories Says:
❤❤❤❤
@ntayorwa7896 Says:
Ariko se uretse ubujiji umuntu akubwira ko aguha viza ukemera😆 Viza zitangwa nambassade ibindi byose ni ubuscammers mubyirinde....
@louiseniyonkuru1793 Says:
Mpore mpore, natwe baradutu butiye uko nyene,,
Twebwe twari $500 ku mumtu umwe,, Twebwe ica tumye tu mwizera nuko ari umuntu tu bana ino muri canada.
Twibajije tuti umuntu wu mudame tu bana muri canada nti yoshobora ku tuzuruma.
Twa ra mwishuje gushika aho duheba.
@christinesemuto940 Says:
Iyo uvuga amazina yuwo mu Escro ejo atazatuburira abandi
YOUTUBE COMMENTS