AKA KANYA MA23 ITEYE UVIRA BATANGIYE GUHUNGA M23 IGEZE HAFI Y'UMUPAKA W'U BURUNDI IGITERO HAFI?
AKA KANYA MA23 ITEYE UVIRA BATANGIYE GUHUNGA M23 IGEZE HAFI Y'UMUPAKA W'U BURUNDI IGITERO HAFI?
Advertisement

LEAVE YOUR COMMENT

YOUTUBE COMMENTS

@FredRwamahinja Says:
Uburundi burahuzagurika none bwikozeho
@FelouzManira Says:
Uri bwokoki Wewe?
@ShimirimanaElias-l1l Says:
Ubivuga wicaye mibo biroroshe Uwacu muzoze tuzobakira
@nshimirumukizajaphet5325 Says:
Claude babarire abo basore Uti courage unabatashe cane
@NsengiyumvaDjafari Says:
Uko nukuri koko nahahandi natwe tukabyinjiramo shaaa
@RichardMuyubahe Says:
Kirugwa na uvira ni 12K mitamba na Uvira ni 35k urikirugwa Warasa Iburundi Muntara ya Mutimbuzi. twirwaneho na M23 ziri Hafaho Imisozi yose iyirimo kd ningobwa kuko niwabo ❤
@Rudahushajeandedieu Says:
Ariko gasaro ko atigaragaza ra!nkukunyamakuru turamukunda ariko ntitumubona
@UwizeyimanaAbdulkharim Says:
Ariko ababasobanuzi. Bakoze ikihe gisirikare
@annointedmuragwa Says:
Haba Umusozi wa Munanira Kirungwa na Gafinda
@annointedmuragwa Says:
Kukirungwa
@UMWIZAOdette Says:
Courage Gasaro na Claude dukunda amakuru mutugezaho❤

More Abantu Videos